Accueil > Amakuru > Poritike > Uwutwara igendereza ry’Uburundi yakombowe
Uwutwara igendereza ry’Uburundi yakombowe
mercredi 18 Ruhuhuma 2015, par
- Le Général Major Godefroid Niyombare vient d’être démis de ses fonctions de Directeur Général du Service National du Renseignement, juste trois mois après sa nomination. Il est renvoyé avec son chef de cabinet ainsi que le responsable de la sûreté intérieure.
IGIHE
Messages
18 Ruhuhuma 2015, 18:43, par janvier
haaaaaaaaaaaaaaaaaa nabadoooooooooooo muzosanga ari kura subiza fin de fin mugihe abansiiiiii hahhahahaha ariko ariko ibombora bombora cndd-fdd eka muri interahabiriiiiiiiiiiiiiiiiiii
19 Ruhuhuma 2015, 08:51, par muhorakeye
le burundi n’a pas besoin des patriotes
19 Ruhuhuma 2015, 09:09, par Karahindiduri César
Komera kwibanga, ugiye nk’Umugabo
19 Ruhuhuma 2015, 09:09, par Karahindiduri César
Komera kwibanga, ugiye nk’Umugabo
19 Ruhuhuma 2015, 09:49, par sam
Uyo ni president wacu musha mushaka mwomwubaha CNDD irabakenyura mwanjavyizzkikibiri
19 Ruhuhuma 2015, 09:55, par NGARAMBE Pascal
NIWIGIRE MUTAMA WEWE NTACO WAGIRIZWA,AGAHENGWE TWARI DUFISE MUR’AYA MEZI ATATU WARUHAMAZE,KARAKWIYE.IVYAWE BIRIHO BIRATEGUWE.UKW’AGUKUYE NIKO TUZOMUGIRA MUMISI IRI IMBERE
19 Ruhuhuma 2015, 10:07, par gihoko
pour moi le petit citoyen, l’important c’est me laisser vivre en paix.
19 Ruhuhuma 2015, 11:18, par nkunzimana
Bamweretse ko uburundi burimwo abagabo.nayo nkuru atanguy kwikeka abatamushigiBamweretse ko uburundi burimwo abagabo.nayo nkuru atanguy kwikeka abatamushigikiye.
19 Ruhuhuma 2015, 13:46, par MUNUKO
reka kurenganya abomwagoranywe;ahaaaaaaaaaaaaaaaa?
19 Ruhuhuma 2015, 16:58, par kwizera
hahahah niyombare numugabo pe mwamukuye iyo yari yibereye ngo azobashigikira?yarabakenyuye sha aba dd sibose ari babi mwagira mumutembane abasumvya agahanga ndabe iyo muzohungira inkota y’Imana niyaza gutabara
19 Ruhuhuma 2015, 17:00, par nintunze georges ari muri kenya
Ahubwo mbona uwu nyene ariwe akwiye kuba umukuru w’igihugu. Jewe ndamuzi ino muri Kenya avuga ijambo ry’umugabo. Numu CNDD abushitse akaba numusoda w’ibanga
19 Ruhuhuma 2015, 18:16
GABANYE AMARANGA MUTIMA. IKIBONEKA NUKO AFISE IKIMUKUYE GIKOMEYE KITANEZEREZA ABAMUKURIRA. TURINDIRE TUZOBIMENYA. KAZIMA ATAWUKWIDOGEYE GENDA AMAHORO
19 Ruhuhuma 2015, 18:37, par kurikiraneza
Bene data uyo Godfroid n’umwicanyi mubi. Ico mutazi ntaco muzopfa mu menye. Reka nda bibutse. Ninde yishe aba FNL Bo muruziba muri 2010? Bamwe nyangoma yavuga agaca ahigwa bunyamashwa? Umu DD wese Ni mubi kuko Ari mu mugambwe wabicanyi n’abasuma.
19 Ruhuhuma 2015, 18:37, par kurikiraneza
Bene data uyo Godfroid n’umwicanyi mubi. Ico mutazi ntaco muzopfa mu menye. Reka nda bibutse. Ninde yishe aba FNL Bo muruziba muri 2010? Bamwe nyangoma yavuga agaca ahigwa bunyamashwa? Umu DD wese Ni mubi kuko Ari mu mugambwe wabicanyi n’abasuma.
19 Ruhuhuma 2015, 19:42, par Karuhariwe Gilbert
Muvyukuri Imana Niyo Itanga Igaha Uwo Igomvye Ikaka Uwigomvye Ntibitangaje!!!
19 Ruhuhuma 2015, 21:59, par sibomana
Birababaje kubona umwene gihugu ariwe yama ariko akosora umutware, vyerekanako abatware dufise batazi icobakora,koyamukuye amwagiriza iki?yaramaze gukora iki ko yihutiye kumukura?ivyo vyerekanako umukuru w’igihugu adafata umwanya ukwiye wogusesangura ingingo agomba gufata,ivyo bitera umudugararo mugihugu.NIYIKEBUKE igihugu s’ikibuga c’inkino!!!!!!!!
20 Ruhuhuma 2015, 01:33, par rumuri
murahumba ntaho yagiye rindira ndabahaye two weeks muzoraba umwanya agiye kujamwo ashobora nokuba president
20 Ruhuhuma 2015, 01:33, par rumuri
murahumba ntaho yagiye rindira ndabahaye two weeks muzoraba umwanya agiye kujamwo ashobora nokuba president
20 Ruhuhuma 2015, 08:09, par ndayi
niyigiramahoro kubera yabonye kwitoza kwa nkurunziza ubwagatatu bizosesa amaraso meshi yabanyagihugu nayo akokarwi gashigikiye ikiringo cagatatu ntigakunda igihugu kuko agahirahira gusubira kwitoza ntankeka amaraso araseseka ahunge atagirahaca.
20 Ruhuhuma 2015, 10:37, par bizoza
Abashingantahe dushaka mu Burundi ninkabo.komera NIYOMBARE.
20 Ruhuhuma 2015, 10:50, par Juma
Peter naje muri athletisme kuko
23 Ruhuhuma 2015, 13:54, par Budirigiza
urumugabo vy’ukuri. nakumbure atinye ivyo bamubwira kuko ni ukuri
26 Ruhuhuma 2015, 00:31, par Jean Michel
Uhoraho namuzigame nigiheciwe nimuri zanzirara zimana zirenga ibihumbi zogutabara Abahora bamwumva Bamumenye ivyo nibigeragezo vyumwanya muto Abarundi twitwaririke Kumusengera kugirango ivogikombe kimurengane kuko Imbere Biragaragara kwari hezaza Imana Idahinduka nimurinde Imuhe kwihanganira amageragezwa kk nayigihe gito.
5 Ntwarante 2015, 16:26, par LONGIN
mutama niwigire ukowamye nikukiri ndabibonye natwe wariwagiye tutakwase ubona wogaruka kuba chef detat major?AYOTUBONYE SIYO AHUGIRIYE.HASIGAYE HAKORUBWOKO GUSA
9 Ndamukiza 2015, 19:59, par GORDIEN
MUBURUNDI IMANA IRAKWIYE KUTUGARUKIRAPE!KARACIYINGANI UWUVUZUKURI WESE ACAHAMWA!MANA DUKINGIRE.ARIKO ABAGABO BARACARIHO.TURAGUSHIMIYE KUBUTWARI BWAWE.