Accueil > Amakuru > Ubutungane > Général Zenon Ndabaneze yasiguye icatumye aja mu mugambi w’uguhirika (...)
Général Zenon Ndabaneze yasiguye icatumye aja mu mugambi w’uguhirika ubutegetsi
mardi 12 Ndamukiza 2016, par
Urubanza rw’abashatse guhirika ubutegetsi kw’igenekerezo rya 13 Rusama 2015 rwabandanije muri sentare nkuru ya Gitega, igisata c’iyungururizo. Kuri uwu wa kabiri, humvirijwe Général Zenon Ndabaneze yari intwazangabo mu giporisi c’Uburundi.
Mu nsiguro yatanze, Général Zenon Ndabaneze yasiguye ko yagiye mu mugambi w’ugushaka guhirika ubutegetsi wari wateguwe na Général Godefroid NIYOMBARE, mu ntumbero y’uguhagararira amasezerano y’i Arusha, hamwe n’ugutegura amatora atekanye. Général Zenon Ndabaneze yamenyesheje kandi abacamanza ko icatumye aja muri uwo mugambi, ari uko yari amaze kubona ko hari abaporisi bamwe bamwe bari bamaze guta umurongo, bakica abanyagihugu.
Général Zenon Ndabaneze yumvirijwe inyuma ya Général Cyrille NDAYIRUKIYE yumvirijwe kuri uwu wa mbere, bompi bakaba badafise abashingwamanza babafasha kuburana.
Sentare nkuru ya Gitega yamenyesheje ko izobandanya kwumviriza gushika kuri uwu wa gatanu abanyororo 28 bagirizwa ugushaka guhirika ubutegetsi.
IGIHE
Messages
12 Ndamukiza 2016, 15:05, par Kuri
AVUZE UKURI GUKWIYE KANDI ICO MUKWIYE KUMENYA NUKO GRADE ZABO BAZOZIGUMYA IMANA IBAKINGIRE KANDI NTAJORO RIDACA
12 Ndamukiza 2016, 16:40, par N damiani
Ibacirigwe GU Gupta ntakindi gihano bakwiye izonyanka burundi
12 Ndamukiza 2016, 17:26, par gwasa
jewe uyomugabo zeno yamye adashoboka kuva kera ,iyo baca baraswa ubu ntankurikizi ziba zihari ejo narababonye kuko mba igitega bafise akanyaro kadasanzwe vyarambabaje cane kubabona ahubwo nukuraba neza kuko umengo harico bishimikije.
12 Ndamukiza 2016, 17:37, par john
Nta General mbonye, General bicaza hafi iyo agwana gushika afuye,
12 Ndamukiza 2016, 17:56, par tari
Murintwari ntibabatere ubwoba nabuyoya yagifashe avuye mwipirizo ahubwo naho muri ntimurambirwe kuko ivyomuvuga nibintu vyumvikana kandi igikorwa mwashatse gukora Nico kibereye intwazangabo koko ikibabaje nuko kitakunze ubu abanyagihugu tuba twiruhutsa jewe nubu mbabazwa nukubona uburundi bufise abasirikare babitumwako bajagutabara mubindi bihugu ahorukanvye mugabo bakareka abanyagihugu bigihugu cabo bakaguma bagandagurwa bunyamaswa nibabarekure mwitahire turazi kwabo batakiri abacamanza ahubwo Ari ibiseheranda gusa mbega ahobabagiriza Ngo mwarishe abantu kuva mupfunzwe murabambariza hari umusi batagandagura abantu jewe ikimbabaje suko mwabigize ahubwo nuko bitakunzi akajagari kose nububwicanyi nuko igihugu kitagira inzego
12 Ndamukiza 2016, 17:59, par LILI
WOWE WIYITA GWASA AHUBWO ULI UMUSWA. REBA KALIYA GASODA NAKO UKUNTU KALIMO KAREBA BALIYA BAGABO . WASANGA NAKO KATACYILIHO ABAHUTU BARAKALIYE.
12 Ndamukiza 2016, 18:01, par Avec
Mugenzi Gwasa, ntakindi bishimikije atari kubabarabwiwe nu Bubiligi ngo buzoruhuka bubahaye igihugu, urumva nkabantu babarundi bakoronejwe nu Bubiligi numvise bubabwiye ko buzokora ukobushoboye kwose ngobubahe igihugu bacabumva mengo n’Imana ibivuze. Nashaka kukwibutsa ko umubiligi umwe yitwa Michael Louis yarivugiye mwikoraniro ryabantu ko yababajwe nokubona kudeta yaraburijwemwo ngwariko azokomeza ngwazoruhuke aruko prezida wuburundi Petero Nkurunziza atari kubutegetsi arimuzima canke yapfuye uburero turimwunyaka yokugira ububiligi bumaramazwe bitosheje kuburyo bizokwandikwa mumateka ubuturiko turakina unukino wabakene nabakire abafise inkomezi ziyisi nabatazifise ( Dawidi na Goriyati) ntakidashoboka mbere ya Mungu wait you ’ll see.
12 Ndamukiza 2016, 18:58, par gwasa
lili sinzuwambwiye ko uri umuhabara wa niyombare?niyompamvu wataye umutwe ko umugabo wawe atabaye president yooo!ndagutwenze kandi urarushe!
12 Ndamukiza 2016, 20:16, par NUKURI
AVUZE UKURI NTAJORO RIDACA ABOBITWAZA DAUDI NAGORIYATI MWISHINGE MUKINISHA IMANA MWICA ABAYO IZOBAHANA MWIHANE
13 Ndamukiza 2016, 12:08, par Paul
Mbe LIli Womenya Ko Inkona Itaruzwa Amase Yakera Ntahoma Urutaro Tekereza Nyakubahwa Abatware Urazi Amakuba Twabony Guhera 72 Gushitsa 88 Na 93 Maze Ntanamahirwe Muzosubira Gutwara Igihugu Uburundi Bugona Buri Maso Kandi Nabarundi Baraciy Ubwenge Ico Babony Barabonye
13 Ndamukiza 2016, 13:49, par Vivi
None Ubwobu d d Bwazakurekereza Inkonda Kubutegetsi Ngontibazihanagura?
13 Ndamukiza 2016, 15:18, par oscar
ABARUNDI BAMENYE KO COUP D’ETAT ITARI IYA NIYOMBARE. YARI IYA CYRILLE NDAYIRUKIYE. ABANTU BAKWIYE KUMENYA KO IBIHE VYA 1965 - 1972 - 1988- 1993 KO ATARIVYO BIHE TURIMWO. IVYO KUGIRA AGAKINGIRIZO ABAHUTU KUGIRA BISHIKIRE KUKUMARA ABANDI TWARABIRENGEYE
14 Ndamukiza 2016, 10:29, par Leonard
Nitwa Leonard
14 Ndamukiza 2016, 17:02, par serge
abo bagabo nintwari pe njye mbabonye nabasororera kandi igihe kimwe bazabishimirwe, biratangaje kubona n’abapolisi batabara abanyagihugu bakifatanya nabasirikare muri coup d’etat abitwa abasoda bikingiranye mubigo abandi bayererana ibibunda bitarasa none ubu bakanuye amaso benewabo bicwa nabo rubariho n’abagiye somaliya ntibifuza gutaha kuko batizeye aho bazahisha udufaranga bazahembwa, none alexis avugira muri hotel ngo nta rebelion afite abasore bashiriye kunkota sha abarundi muri abarundi koko, mana weeee........
20 Ndamukiza 2016, 16:45, par nijipis
vous qui se croient hônete, laissez la justice à Dieu qui voit tous.Et n’oublier pas ceux qui se consideraient comme les rois de la terre burundaise surtout en s’immaginant qu’ils sont immortel en tuant sauvagement les autres qui ont des idées contraire dans la politique actuelle,mais ils ont quité cette monde avant les autres.Repond alors à cette question: qui peut nous donner la situation de ces gens envers le tout puissant? CHANGEONS PLUTOT NOS MAUVAIS ACTES TANT QUE NOUS AVONS ENCORE DU TEMPS.