Accueil > Poritike > Imigambwe > Gerard Nduwayo arakeza umukuru w’igihugu yatowe
Gerard Nduwayo arakeza umukuru w’igihugu yatowe
samedi 25 Mukakaro 2015
Gerard Nduwayo yaserukiye umugambwe UPRONA urongowe na Concilie Nibigira mu matora y’umukuru w’igihugu,arakeza umukuru w’igihugu yatowe ngo arongore Uburundi,mu matora yo kuwa 21 Mukakaro.
Gerard Nduwayo amenyesha ko yemera intsinzi y’umugambwe CNDD FDD mu matora y’umukuru w’igihugu,agakeza umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yasubiye gutorwa ngo arongore Uburundi.
Uwo yaserukiye umugambwe UPRONA asaba uwatsinze amatora,gushinga Reta y’ubumwe ihuriwemwo na bose.
Mwomenya ko umugambwe UPRONA waje mu kibanza ca gatatu mu matora y’umukuru w’igihugu yo kuwa 21 Mukakaro,inyuma ya CNDD FDD wabaye uwa mbere,n’Urunani rw’Abigenga Amizero y’abarundi rwabaye urwa kabiri.
IGIHE
Messages
25 Mukakaro 2015, 14:20, par Uwubizi
Ng´uwo rero uwo bita umuja!!!
25 Mukakaro 2015, 14:42, par omer
erega no mu bindi bihugu niko bigenda uwutsinzwe akeza uwatsinze,uwutsinzenawe agatwarira bose
25 Mukakaro 2015, 14:57, par Birahinduka
Hagupfa Ata Jambo Ur Umugabo Wopfum Ukena,abasezi Ntibar Hake Pe
25 Mukakaro 2015, 16:59, par None?
@ Uwubizi, niwewe urumuja wintumva, nonewagira batsinde aribabiri? mbentuzi kohaburanababiri hagatsinda umwe?
25 Mukakaro 2015, 17:53, par nzigamasabo
niyisabire akazi nyene ariko ikibuga umenga kiranyerera.
25 Mukakaro 2015, 18:42, par Priorité
Nkurunziza yaraye yerekanye ukuri kwamye ko akiri Sebarundi mu Gihugu. Nibarabe rero ingene hojaho Gouvernement d’Union nationale, iyo Reta iheze yigire hamwe, ikibazo nyamukuru c’ IMPUNZI n’ IMPFUNGWA za politique ZOOOSE, na cane cane abegwa n’ikibazo kijanye n’ikiringo kigira 3 ca Nkurunziza. Ivyo bihavuye, bace bigira hamwe neza, ingingo zijanye n’amatora y’umukuru w’Igihugu muri Constitution nationale et ce, au niveau de son intelligibilte et de son application, kugira turyumve kumwe twese atagusubira kuriryanirako canke kuryicanirako.
25 Mukakaro 2015, 20:06, par kazozo
Urumugabo yemera aho intahe ishize.Atarizombwa zikonwa zibweja.
25 Mukakaro 2015, 21:12, par Alikwegera
Uu numutu wumugabo pe !!! ndetse na agathonrwa akimaa kumenya ko umugorewe yali yishwe na NIYONORE AFATANYIJ NABAI MULICOU ETAT yahise ahinduka avga ko kibazo atali nkurunziza ko ahubwoiibao ai abanamahana bashaka kwigarulira burndi !!!!
25 Mukakaro 2015, 21:18, par Mwizigirwa
Wewe Nahumukeza Uribuka Bene Wanyu Barimumahanga Ko Batazoherayo Kurya Yarwanijabandi Agabe Nawenyene Bashobora Kumurwanya.Nahimana Yobitaraza.Kumucirurubanza
26 Mukakaro 2015, 05:12, par Kevin
Ivyisi ntimuzopfa mubimaze mwihora ubusa,mukeze urabe ko woronka ubufu b’umwana.
27 Mukakaro 2015, 03:40, par paul
Nduwayo arambabaje kweri. None kuki utabivuze mbere?
27 Mukakaro 2015, 07:04, par Nzendab
Uwo Mushonji Ntakind Atar Gushra Gusa Amez Nka Jean De Dieu Mutabazi.
27 Mukakaro 2015, 17:00, par PCE
Nahora nibaza ngo Kissinger ( Niko twita Gerard Nduwayo muri université) numunyabwenge tucigana muri kaminuza yuburundi mu myaka ya 1982 na 1986 , ariko nsanze ari ikigugu gikwiye . Twahora twibaza ngo ubwishimwe yari afise bwanyegeza ubwenge ariko nsanze yanyegeza ubujuju nubu ventriote. Iwe inda isumba umutwe. Aragahumirwa
30 Mukakaro 2015, 02:46, par kibayi Jesus
Uyo ni igihwarashi ni umukungu araha mu Bagabo .Mugabo imana imana iramukunda ko asigaye yiyugumura akongera agahisha ibirenge vyiwe vyishwe n-amavunja.
Iyo iva haragukwirikirana!!!!!!
30 Mukakaro 2015, 05:49, par NDAYIZEYE PASCAL
NONEWASAKUVUGENGWIKI?MWEBWEGUTSINDANTIBIGISHOBOKA AKAZIKANYU NIGUKEZABATOWE 1kg DE RIZ UZUKIRONKA JESU AGARUTSENAWUZOTWARA NTIMUSUBIRE GUTA UMWANYANGO MURIKOMURITOZA
30 Mukakaro 2015, 13:42, par PCE
Nduwayo na wenyene azomeswa
30 Mukakaro 2015, 18:51, par eric
Uwo Nduwayo Nageragez Kwishikana Wosanga Ahava Aronka Kirya Kibanza Ca Bazombanza.
31 Mukakaro 2015, 03:01, par old king
Rwasa ndamutahura
1er Myandagaro 2015, 07:03
la honte ne tue pas.