Accueil > Amakuru > u Burundi > Gervais Rufyikiri yoba yahunze igihugu?
Gervais Rufyikiri yoba yahunze igihugu?
vendredi 19 Ruheshi 2015
Amakuru ariko araca ku buhinga ngurukanabumenyi ko icegera ca kabiri c’umukuru w’igihugu Gervais Rufyikiri yahunze igihugu yabeshujwe n’umuvugizi w’ibiro vy’umukuru w’igihugu.
Kuva muri aka gatondo, igenekerezo rya 19 Ruheshi, abatari bake bakaba bandika ku mbuga ngurukanabumenyi ko, icegera ca kabiri c’umukuru w’igihugu Gervais Rufyikiri yahunze igihugu, ageze mu gihugu c’Ububirigi. Ayo makuru akavuga ko icegera ca kabiri yajanye na bamwe mu baserukira ibihugu vyabo aha mu Burundi, eka mbere n’uwahoze ari umushikiranganji w’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu Laurent Kavakure, nawe yahunze.
Ayo makuru yose yaciye abeshuzwa na Willy Nyamitwe, ku rubuga ngurukana bumenyi rwa Twitter. Avuga ko Rufyikiri ari mu gihugu c’Ububirigi, ariko ko atagiye ahunze, azogaruka mu ndwi iza, igenekerezo rya 24, nayo Laurent Kavakure akaba yitezwe kugaruka ku wa 25, ko ari mu gihugu ca Suisse.
IGIHE
Messages
19 Ruheshi 2015, 14:59, par EDISON NKURIKIYE
erega peter kuba yarigeze gufukamira Imana izabimurindira.nubwo yaba yarayikoreye amakosa yayigarukira hanyuma abamurwanya BAGASUBIRA INYUMA,ndavuga les NIYOMBAREENS,
19 Ruheshi 2015, 15:09, par rutumo jean
abatutsi vyanse musigaje kuvuga ko peter yahunze! igihugu nica bene gihugu si ca rufyikiri nimba yarihutuy nagombe ahunge arabe ingene bamusubiriz, abahutu bumutima turi maso. ngo mwanka amatora murabesh tuzoyakora. rebellion yanyu nayo turiteguy kubamesa atakinya, atagisoba eka atacamira.
19 Ruheshi 2015, 15:23, par La Vérité
Erega Vyose Birashoboka.None Babonye Aho Baca Bakagira N’uburyo Bwo Kugera Iyo Baja,ntacobuza Bigira.Erega Ubu Butagondwa Bw’abayobozi Bacu Buriko Butujana Habi Cane.
19 Ruheshi 2015, 15:24, par nyishu
Ukuri gutsind ikinyoma turindir uwavirindiriy azobibona
19 Ruheshi 2015, 15:27, par Bucumi
Nubwo boba bahunze muribaza ko bovyemera? Murababarirwa ntimubazi reka bigendere babonye ko bari mumazi amirabagabo.
19 Ruheshi 2015, 15:27, par cyriaque
ahaaaaa! biriko biraza nyamitwe iyonimitwe yokwikurayo ahubwo dusigaje kumvako nkurunziza yimanitse kuko atarinyamitwe na eduard na nyabenda na gerase abandi bose bamuhezeko imana arakunda uburundi abobicanyi irabadukiza ni falao ningabo ziwe bazoherera mukiyaga gitukura.
19 Ruheshi 2015, 15:28, par cyriaque
ahaaaaa! biriko biraza nyamitwe iyonimitwe yokwikurayo ahubwo dusigaje kumvako nkurunziza yimanitse kuko atarinyamitwe na eduard na nyabenda na gerase abandi bose bamuhezeko imana arakunda uburundi abobicanyi irabadukiza ni falao ningabo ziwe bazoherera mukiyaga gitukura.
19 Ruheshi 2015, 15:30, par Ndizeye9
Kuki baja kwivuriza hanze kandi bemeza ko bateje imbere Uburundi ?
19 Ruheshi 2015, 15:35, par Aime Josiask
None Uwo Nyamiswa Niwe Muvugizi Wa Rufyiki Ko ARiwe Yabibeshuje,konaheruka UWuvugira URwo Rwego ARi Melchior Simbaruhije,nyamyobo We Yitayemwo Gute?
19 Ruheshi 2015, 15:39, par La Vérité
Emwe Ni Yigire,iki Gihugu Ko Gitwarwa N’intahanurwa Nta Mahoro Kigiye Kuronka.Kubera Ko Abategetsi Bacu Bashize Ipampa Mu Matwi Imbere Y’impanuro Zirenga Ibihumbi Bahawe,ejo H’uburundi N’abarundi Ni Habi Cane,uwogira Uburyo Yokwigira.
19 Ruheshi 2015, 15:44, par pajo buja
Uyo mugabo nyamitwe atwarande ko yishir imbere ntabonako atacoyanze ibinyoma vyose avuga ntibifata non ntiyogezaho? vyukur twarushe.
19 Ruheshi 2015, 15:59, par ndayi
Icombonaco nuko uworonka ahaca yogenda kuko ikirikokirategurwa ntawukizi mbega uwobabizi kuva uburundi bubaho nubwambr muri PAF ivyuma vyaribwiger biruha naw nyamitw ntawutazi imvugoyiw ntiyokwigera yemera kobahunz nubwo vyobavyo.
19 Ruheshi 2015, 16:04, par Deogratias SINZINKAYO
Muri ibi bihe hari ibihuha vyinshi kandi vy’agaca-vutu. Biragoye kumenya amakuru y’ukuri mu gihe n’ivyitwa ko ari amasôko y’ukwizigira atagitinya gutangaza ibinyoma kugira ngo yikamire mu coze. Yamara ikinyoma kimara umusi ntikimara umwaka. Ukuri kuzomenyekana. Twihangane.
19 Ruheshi 2015, 16:04, par Nijewe
Harabuze nabamwe baha akayabukamahera umutegetsi yiyadukije agahunga yobanyeramahera bagaca bagumayo nkareba kohoboneka ikibanza cuyundimuntu nawe akabararyako.
19 Ruheshi 2015, 16:07, par bima yes
na gaciyubwenge yagiye bavuga ngo ari mukaruhuko ngira bazogarukana
19 Ruheshi 2015, 16:09, par Bwirwawumve Ubeho
Turabahaye ikaze mu buhungiro! N’abandi nibihungire bave i Babuloni kuko hagiye gukomvomvorwa!
19 Ruheshi 2015, 16:14, par Rukundo
NSAVYE ko mutosubira guca ivutu abarundi mukoresheje iki kinyamakuru.abahunga nibisanzwe.
19 Ruheshi 2015, 16:15, par Kigeme
Mbega Hamwe Abo Bategetsi Bokwigumirayo Vyogenda Gute?Erega Bimwe Bavuga Ko Hoba Hagiye Gutera Ingwano Bizoba Arivyo Kuko Bobo Babona Kure.
19 Ruheshi 2015, 16:19, par Claude
Sha Muraraba Neza Basha Mumenyeko Willy Atoshoka Yemera Kuko Ni Umutegetsi,ategezwa Kuvuga Amajambo Yubaka Ntiyoca Agumura Abantu Sawa Mwese.
19 Ruheshi 2015, 16:29, par Niyongabo
Asha vyahaye ariko naho muhunga muzotegerezwa kubibaza
19 Ruheshi 2015, 16:45, par Bakari
@rutumo jean
"abatutsi vyanse musigaje kuvuga ko peter yahunze ! igihugu nica bene gihugu si ca rufyikiri nimba yarihutuy nagombe ahunge arabe ingene bamusubiriz, abahutu bumutima turi maso. "
Reka gutuka abahutu sibo bipfuza kwimika umwami Nkurunziza! Aho abandi bami bari babagejeje barahazi! Aho bahora babagomeza ingomero z’inka ntibahibagiye! Risubize iyo urikuye!
Abashaka kumwimika bari nico bashaka gushika ko ataho gisaniye n’ineza y’abahutu!
19 Ruheshi 2015, 17:04, par Hanurwa wunve
NiMugire,indero,kurubuga,nacanecane,Abo,bitwaza,Amoko,Uwahoze,arumuboyi,azosubira,kuba,Umuboyi,uwahoze,arigisuma,Azoguma,ari igisuma,Nkurunzinza,ntaco,azobafasha.
19 Ruheshi 2015, 17:12, par BURIHABWA ARCADE
Turiyamirije abo bansi b’igihugu barota babesha ibinyoma mbe ntibibukako uburundi tubusanghye? barabesha turabandanya kubatwara milele na milele .
19 Ruheshi 2015, 17:15, par Baobab
@EDISON NKURIKIYE
"erega peter kuba yarigeze gufukamira Imana izabimurindira."
Aho niho ugeza mu vyiyumviro? Biracakugoye ndakurahiye!
19 Ruheshi 2015, 17:22, par fatukobiri
Uyomugesera,asubiriye kuvuga,ivyubwoko hamwenomufata yaba,umuhutu yaba,umututsi turibamwe,saba reta yuburundi,ikwiriikirane,abavuga kubijanye nubwoko,kuko,inimerozabo zirazwi namazina yabo.
19 Ruheshi 2015, 18:32, par Ismaël Niyongere
Nimube Mureka Kubesha Muz Murvga Ivyomwatohj Murk Kugumura Abanyagihugu
19 Ruheshi 2015, 18:37, par NDAGIE PIERRE
NONE IBIBERA MUGIHUGU CUBUNDI TUBIHE INTUMBERO IYAHE IYO NKURU NIYO CANKE SIYO ?BANDANYA MUDUTOHOREZE MUDUHE AMAKRU AHUMURIZA BISHITSE MUHUMURI ZE ABA NYWANYI MBE IMYIYEREKANO YARAHAGAZE IMARADIOGUTE
19 Ruheshi 2015, 18:38, par niko james
ariko yemwe abatutsi murabanka none muzobashira he ko imana yabaremye agakomye kwose ngona batutsi emwe murabesha mutegerezwa kubana muvyanke canke mubikunde, none rufyikiri yoba yahunze abatutsi ?
19 Ruheshi 2015, 18:40, par Bushahu
Reka Bihungire Nn Ko Imana Ibahay Bakaronk Aho Baca! Nibukbuk Knd Ni Kabiri Na Rimw Mukumva Nzobonariba Na Nkurumbi Nabo Bateshaguj.
19 Ruheshi 2015, 18:52, par ERIC DESIRE KIYANGE
ABONABAGOMBA KO UBURUNDIBUSUBIRAMUKAGA MBEGANONE YOBAYAHUNZE AKABIMENYESHA IGIHUGU? UBU TWARAHINYUYE KO ABO BABITUBWIRA KO ARABAHUNZIB AMAHORO IMANA IHEZAGIRE UBURUNDI NABARUNDI BAJABUKE IKIRARO ABONABAGOMBA KO UBURUNDIBUSUBIRAMUKAGA MBEGANONE YOBAYAHUNZE AKABIMENYESHA IGIHUGU? UBU TWARAHINYUYE KO ABO BABITUBWIRA KO ARABAHUNZIB AMAHORO IMANA IHEZAGIRE UBURUNDI NABARUNDI BAJABUKE IKIRARO BARIKO
19 Ruheshi 2015, 19:02, par LiLi
ibili muli icyi guhugu ni hatali.
19 Ruheshi 2015, 19:08, par dd
Naho atari mugihugu,ntawoshiragati mu ryinyo yizey ijana kw’ijana ngo azogaruka
19 Ruheshi 2015, 19:15
Wiri Nyamitwe Ategerezwakubihakana Kuko Sebujayohava Amukura Nabahoramuri Ceni Bemeyekobahunze Haciyigihe .Babonyeko Bitakinyegezwa Ngobikunde.
19 Ruheshi 2015, 19:16, par RUBUTO
IVYA NYA MITWE NI NYA MITWE NYENE!NIMBA IYO NKURU ARI YO MURIBAZA KO YOKWEMERERA ABANTU NGO YAHUNZE.WAIT TIME WILL US THE TRUTH.
19 Ruheshi 2015, 19:28, par JEAN
EMWE JENDABONA HAGIYE KUBABA AHO MWOKWEMERA IVYO NYAMITWE AVUGA NTIMUZI KWIMVUGO ZIWE ARIBINYOMA GUSA IYAVUGA KOBARI MUBURUNDI AHO AMAKENGA YAHERA NAYAHANDIHO BIRAGOYEKWEMERA EMWE MURADUTOHOREZA NUMVISINKURU ZIVUGAKO NUMUKURU WINTWARAMIHETO ATAKIRI MUBURUNDI ARIWE PLIME NIYONGABO MBEGA YEMWE BIZOHERERAHE?
19 Ruheshi 2015, 19:32, par Kirama
Bovyemeragute Kandi Babahereyeko Nkibuji.Emwe Ejonihabi.
19 Ruheshi 2015, 19:47, par Hamisi
Harababura Icobakora Bagasara Mbegaho Bohunga Myunvise Kwari Ijuru Ryoba Ritobotse? Mbega Komuvuga Abahutu Abatutsibo Ntibohunga?
19 Ruheshi 2015, 19:57, par Kirama
NdababwiruKuri Kofarawo yansekurekura ....... Agiyeguhonera Mukiyaga Gitukura Ningaboziwe.
19 Ruheshi 2015, 19:59, par ghkk
@bakari uvuge ureke murumirwa imigambi yanyu vyanse ikibazo s abatutsi ambara harabavye nguhe akabanga mugabo
19 Ruheshi 2015, 20:04, par SAMSON MISHARIRO
NTAGO VYOSHOBOKA KO BAGENDA
19 Ruheshi 2015, 20:11, par Ndayiragije Prosper
Bantu mutanga Ibitekerezo Za Mugerageza guhina Imvugo.Erega Womengo Nukwishima ku bandi.kandi mucafuza imigambwe muvamwo.Reka politike tuyihebere beneyo dufatane munda,twe dupfa ubusa rwaruka.
19 Ruheshi 2015, 20:25, par MUTIMA
ABAFIS IYO BAJA MWIGIRE DUSIGARE TURACUNAGURYA.MANA,DUKIZE IYI KALISI.
19 Ruheshi 2015, 20:43, par kavakure
uwuwucanye arawota. iyo wokeje inyongori wokora ubusurira.
19 Ruheshi 2015, 20:45, par DONATIEN
UFISE IYAJA YOGENDA ARIKO UHUNGA UBWOBA URUPFU MUKAJANA ICIZA TWOTABAZA IMANA .MANA WAVUZEKO UZODUTABARA,TUGEZE KUNKOMBE Y’URUZI INGORERO UDUTABARE.
19 Ruheshi 2015, 20:48, par misago mlsh
Nukubesha nimubihariree ababeshi
19 Ruheshi 2015, 21:00, par miburo eric
emwe ivyiburundi namayobera!icika ihinda.nayo guhunga yamaze guhunga.nabandi bagiye gutyo.
19 Ruheshi 2015, 21:01, par gikona
wucane uwote
19 Ruheshi 2015, 21:03, par gikona
wucane uwote
19 Ruheshi 2015, 21:14, par Gerard
MANA NAHAWE HO KUDUKIZA FARAWO TWEBWE ABADAFISE IYO BAHUNIRA
19 Ruheshi 2015, 21:21, par navuganeza!
hasigaye guhunga willi nyamitwe bena edward nuko babuz ubuhungiro mugabo nibamuhanure peter asokor hakirikare abarundi turonkamahoro
19 Ruheshi 2015, 21:34, par fabien
ivyo nibihuha kbs kugira bahuvye amatora
19 Ruheshi 2015, 21:40, par GAKE
NONE NASHAKE AGENDE.ICO COTUMA AVYIYUMVIRA MWUMVA TWOBIMUKURAMWO CKE ABO BAKUJIJE IGIHUHA WOSANGA ARI ABAGENZI BIWE.
19 Ruheshi 2015, 21:47, par Niyongabo jules
Ahubwo musengere basigaye kuko basa nabatakiriho Amen
19 Ruheshi 2015, 21:52, par Boulot-Star
erega nyamitwe n’umusazi, narindire ejo aho bukera azokwisanga mumazi, asigaranye na kakagwi k’abicanyi.ahuabwo dusaba amakungu kuza arakwirikiranira hafi abategetsi bahunga, kuko birashoboka ko bagenda batwaye amatungo y’igihugu kandi ko boba barafashije peter muguta igihugu mumanga zatumye abarundi dutakaza ivyacu tugahunga stop nkurunziza laisser ce mandat aux autres
19 Ruheshi 2015, 22:05, par LiLi
nyamitwe nawe araza kugenda
19 Ruheshi 2015, 22:22, par giraneza
bakari,ukoresha ubuh buhinga kugira umeny ko umuntu ar’umuhutu canke umututsi uravye ivyanditse?indome nizo wabonye ko ar’intutsi?tubwire tubimenye.canke abatutsi nibo bakoresha imbuga ngurukanabumenyi?warariye uburozi bw’amacakubiri gerageza uburuke
19 Ruheshi 2015, 22:28, par Délicia
abagize icobavugakuriyinkuru mwesendabashimiye uretse<rutumo jean>mugenzi urikebukamwenasowanyu ubusigihecamoko!hama abomwiteguriyekumesa:uruciramukaso rugahitananyoko.vibuzimu uje ibuntu!
19 Ruheshi 2015, 22:38, par Dukuze
Mbega willy yoba arumuvugizi wa leta canke wibiro vy icegera ca kabiri c umukuru w igihugu?ariko vyose biva kuriw.reka tubirindire kandi bikunze nyene kuvugwako yahunze azoshikiriza ko arivyo canke atarivyo.
19 Ruheshi 2015, 23:08, par Léopold
ivya nyamitwe birazwi, ariko mbonye munyamacakubiri amusumba yitwa rutumo, yemwe ni rutumo nyene,ha kwishima woshimwa nabandi, kandi ntakwishimira ubwoko, kuko sibwo bwica hica intwaro mbi!
19 Ruheshi 2015, 23:25, par gildas
bemeze kuko bafise intumbero
19 Ruheshi 2015, 23:26, par fabien
mbere willy nyamitwe burya si conseiller wa president akongera akaba president lui meme .none ga basha ntimubona ko willy ariko arabesha none yabaye umuvugizi wa rufyikiri kuva ryari?mbe rufyikiri ntafise uwumuvigira ajewe communication mu biro vyiwe? nagomba kubabwira ko jewe nemera neza gane ko yahunze.kuko mwibuke nigihe gaciyubwenge yahunga bavuga ngo yagiye kwivuza.mube maso rero
19 Ruheshi 2015, 23:57, par Olivier NTEZEYOSE
nibidakunda uwariw wes yokwihungira kuk uburundi ubu nurudubi gusa kandi abo baswa baguma bazanamwo ubwoko nababono gus imana nivyose izoturinda abo banyamyoma bigira ngo barasenga sana.
20 Ruheshi 2015, 01:25, par fidelité
Ariko mana yanje abatutsi muri inzigo,ubu murota abategetsi bose b’aba dd bahunga,vous les encouragez meme comme si ari urukundo mubafitiye naho ntibamenyeko ari ukugira baje kurya ubugura nkamwe,mbega bamwe mumaze iminsi muhayagiza ngo babaye abashigantahe,abagabo b’ijunja n’ijambo ko bitandukanije n’abagenzi,ubu barihe?Bariko bagwara akabonge dans un coin,ba mureka gukokeza!Ubu Niyombare iyo mutaja ngaho ngo mumuhende aba ari mu gihugu,none ubu ariko arayerera mu gihugu ari en danger,mbega mwa bahutu mwe ko mwananiye ihanura ntimwumva!!!Raba ubu godefroid bariko bamugereka à la tete d’une rebellion kugira abo batutsi nibatwaduka batwica bavyitirire umuhutu,mwe ntimubonako bariko babahenda?
Ikindi ntimubonako bashaka ko abahutu bamara benewabo,muhagabire,mbe ko buyoya atoja à la tete de cette rebellion,atinya iki mwe bahutu mudatinya?
Kumbura mukanure nyabuna,mwebwe ntimubonako ubu batanguye kuvugako ngo abantu bishwe mu myiyerekano bishwe nabo kwa rwasa ,aho ntaco bibabwira,alors que tuzi ko bishwe n’abatutsi!
Nawe ashobora guhunga kugira anezereze abantu bamwe bamwe,ariko mwese mumenye ko igihugu abantu batabuze ntihagire abazoza banezerwa n’utuntu duto nk’utwo,
20 Ruheshi 2015, 03:48, par bitariho
nyakubahwa mukuruwigihugu uraraba uduzamaboko hakirikare abobarikobakwerekako bagukunda nibobakashako utakaza nutwowarondeye uhagabire ubunandibarinyuma uzosanga usigayewenyene
20 Ruheshi 2015, 04:13, par ongeya
Ahubwo numugabo ndamweye pe,arakabona ahunze kuko azi ico ahunze,reka y’ihungire nakare ntaco yarakirindiri mu Burundi ntagisigayeyo atari umugambi wogusesa amaraso ntakindi,muta ugize ico umara niwihungire ntibaze bakubaze amaraso azoseseka waragiye..ariko rero wotera akamo amakungu ugasigura ivyo uzi kubwicanyi buteguwe mu gihugu kuko muvyo wahunze vyoba birimwo
20 Ruheshi 2015, 05:07, par caritas inamahoro
willy nyamitwe ntimumuzi??ivyavuga ntimubizi???iyo nimitwe nyene ariko arafundikanya kugira bisubizeko agahuzu.muga ntibitevye kuja ahabona.ukuri kuzotsinda kabisa.
20 Ruheshi 2015, 05:10, par caritas inamahoro
willy nyamitwe ntimumuzi??ivyavuga ntimubizi???iyo nimitwe nyene ariko arafundikanya kugira bisubizeko agahuzu.muga ntibitevye kuja ahabona.bazoza bariyomora atawubabwiye igihugu gisigarane beneco.abo bari abacangero bokwoza ibigega.ukuri kuzotsinda kabisa.
20 Ruheshi 2015, 05:48, par salum
Mbe turetse Rufikiri Willy Nyamitwe wewe na Edouard Nduwimana ntibahungiye muri Belgique?
20 Ruheshi 2015, 05:49, par Raba ntuhendwe
Abobantu bahunga kandi igihugu baragitaye mumanga,twemereko mugih2nd vice president amaze ko atamakosa yabonye ubu akabariho ayabonye? Cankaboyeko ahoyarasoroma vyaheze ati:"ntaconsha nokora, crise nayigumane abatagiriyobaja"iyahungakare harico twari kumenya.
20 Ruheshi 2015, 06:28, par BOSC@
NIYIGIRE ARABONAKO BOMUGIRIRA NABI,GUSA MUBURUNDI PITA AZOSIGARANA NA BA DD NABANYAGIHUGU BATOBATO MAIS LES INTELLECTUELLES BAZIHUNGIRA BOSE!MANA FASHA UBURUNDI KKO BUGEZE AHUMWANSI ASHAKA!
20 Ruheshi 2015, 06:34, par sokora.com.org
mbe kwaba dd bavuga amatora azoba vyaciye muyihnzira?ya democratie cank? yigikenye cank?barabashuka! azobagute abotutavuga rumwe naba dd tugumaduhunga? vyongey nabagenzibo banka gukoramaraso barahunga emwe icabona nimana yomwijuru tuzobiraba bagarama bavyuka amatora ntazoba nabivuz icabona niyo mwijuru}ufis icuterera kwiyinkuru andika sokora.com.org
20 Ruheshi 2015, 07:05, par N.CHADDY.
MBEGA KO HARIKO HARAHUNGA ABAFISE ABABACUNGERERA UBUZIMA TWEHO ABANYAGIHUGU BATO BATO IVYACU BIZOHERERA HE?
20 Ruheshi 2015, 07:21, par nahimana
Yesu nashimwe benedata bo kururu rubuga nimukomeze. Gusenga ntimuhakomeze critic kukw, lmana yishurira kugihe. Irateba muga yishura vyiza nimurindire mwihanganye. Vyose bigiye guhera vuba. Abahutu, abatutsi, abatwa twese turab, lmana. Hashigwe hejuru. Yehova shalom. hatsindwe shetani nabamukorera bose. Yesu yongere, ahabwikuzo, imyaka yose, amen.
20 Ruheshi 2015, 07:22, par nahimana
Yesu nashimwe benedata bo kururu rubuga nimukomeze. Gusenga ntimuhakomeze critic kukw, lmana yishurira kugihe. Irateba muga yishura vyiza nimurindire mwihanganye. Vyose bigiye guhera vuba. Abahutu, abatutsi, abatwa twese turab, lmana. Hashigwe hejuru. Yehova shalom. hatsindwe shetani nabamukorera bose. Yesu yongere, ahabwikuzo, imyaka yose, amen.
20 Ruheshi 2015, 07:28, par BORROW
Inkuru zica ku rubuga ngurukanabumenyi facebook zitera ubwoba kuko vyinshi ni imvugo za politike umwe n’uwundi yandika afise ihangiro ashaka gushikako...
20 Ruheshi 2015, 07:49, par niyonizeye
kohatanguyeguhungaabategecsibumunzegozohejuru.uburundi.bugiyekubaubwandekarashizeinganimandayagatatuidusamburireigihugu??nimwikubiteagashi.kukotwarituzeye
20 Ruheshi 2015, 09:16, par ndayishimiye
ibyobyose.bitegwa nabampemayuzuye mwamenye.kabanabigihungu barikobarapfiranabi.mugwana korera marariyayigikatu.ibamerenabi mwibukeko arukwanbur’agacyiro.igihoungu eseubundi musigaye intwarombi irapuu nuwokubaterer,avoka koko ubundi katabahamahorongo muyasarure. haa.....
20 Ruheshi 2015, 09:30, par mokombozi
Wewe yarose ahahungira kandi murundi niyigire ntanico yagirizwa mbega Nkuru wewe azojahe kwaguma nubu yica uwuzoramba azobona ivyiwe.
20 Ruheshi 2015, 09:37, par ndayizi
burira ntibutera kumpeshi.Wait and see
20 Ruheshi 2015, 10:26, par KING STAL
NONE NIMBA YAHUNZE’NIVYO MUREKE YIGIRE,NONE MWEBWE;IYI NTWARO NTIMUYIBONA?NATWE TUBUZE IYO TUZA,AKAGISIGARAMWO,KO ATAHANUGWA,NTAMWAMI,YATWAYE,BAHUNGA
20 Ruheshi 2015, 10:51, par ndorimana
sivyo murahumba
20 Ruheshi 2015, 11:03, par nibitanga
mbega muburundi bazovugisha ukuri ryari gayemwe buca bibatekurukana burira ntibutera kumpeshi
20 Ruheshi 2015, 11:36, par rukundo
https://m.soundcloud.com/albcontact/bucumi-moise-1st-part-french
20 Ruheshi 2015, 12:10, par Nduwimana Donatien
Mon cher ami"Bitariho"plz imvugo yivyamacakubir irashaj caaaan nukur yihagarik,jew ndi umututs ariko ico nokubwira nuko haguhungir kwa Eduard Nduwimana nohungir kwa Mbonimpa.tur bene burundi twese ntaho tuzoshirana.rek twibanir nkabavukanyi.nukur ndasavy amacakubir ntakibanza afise.
20 Ruheshi 2015, 12:11, par Nduwimana Donatien
Mon cher ami"Bitariho"plz imvugo yivyamacakubir irashaj caaaan nukur yihagarik,jew ndi umututs ariko ico nokubwira nuko haguhungir kwa Eduard Nduwimana nohungir kwa Mbonimpa.tur bene burundi twese ntaho tuzoshirana.rek twibanir nkabavukanyi.nukur ndasavy amacakubir ntakibanza afise.
20 Ruheshi 2015, 12:12, par Nduwimana Donatien
Mon cher ami"Bitariho"plz imvugo yivyamacakubir irashaj caaaan nukur yihagarik,jew ndi umututs ariko ico nokubwira nuko haguhungir kwa Eduard Nduwimana nohungir kwa Mbonimpa.tur bene burundi twese ntaho tuzoshirana.rek twibanir nkabavukanyi.nukur ndasavy amacakubir ntakibanza afise.
20 Ruheshi 2015, 12:15, par Nduwimana Donatien
Mon cher ami"Bitariho"plz imvugo yivyamacakubir irashaj caaaan nukur yihagarik,jew ndi umututs ariko ico nokubwira nuko haguhungir kwa Eduard Nduwimana nohungir kwa Mbonimpa.tur bene burundi twese ntaho tuzoshirana.rek twibanir nkabavukanyi.nukur ndasavy amacakubir ntakibanza afise.
20 Ruheshi 2015, 12:39, par Vyamungu Jean
Sivyizako Abantu Babaho Ubuzima Bwibinyoma N’ibihuha Kuko Buca Rimwe Kikazimangana.Nakare Barayamaze Bati: Ikinyoma Kimara Umusi Umwe Ntikimara Umwaka.Hagezaho Twese Abarundi Twiyamiriza Abansi Bacu Atakindi Barota Atari Gutuntuza Imitima Y’abenegihugu Arijo Kandi Ntibitangaje Kuko Nikobama Nakare Ngo Ntawugutuka Agutorera.Igihanurwa Nicumva Icerekwa Nikibona .Nibagezaho.
20 Ruheshi 2015, 13:02, par xf
ufite amaguru niyiruke ishamba rirahiye
20 Ruheshi 2015, 13:11, par Hakizimana Joël
Ntibikabe
20 Ruheshi 2015, 14:09, par Ben
FIDELIT-WEWE KUKI URI INJIJI CANE UKIGENDERA KUVYA MOKO? UGOMBA KUZUBAZA ABARUNDI?URIHENDA KANDI UGOMVYE WOBIREKA KUKO UBU TWESE TURAZINANYE ,INTWA YITWAGA IYABATUTSI IMAZE KUVAHO ABAHUTU TWARI TUZI NEZA KO TUGIYE KURUHUKA,ARIKO KUVAHO ABITWA BA NKURUNZIZA BINJIYE MU GIHUGU KANDI ARI ABAHUTU,NONEHO ABAHUTU TWAR’ISHWE ZA MUYINGA,GATUMBA,GITEGA,HAFI YA HOSE MU GIHUGU NONE GA SHA FIDELIT-NIWEWE WIYUMVISHA KO UFISE UBWENGE BWO GUHENDA IMILIYONI ZABARUNDI NGO IKIBAZO N’ABATUTSI?NA NKURUNZIZA YAGERAGEJE BIRAMUNANIRA AHO YABUZE ICO ABWIRA ABARUNDI,AZANA POLITIQUE ISHAJE YAMACAKUBIRI ABARUNDI BASEZEREYE KEEEERA AGERAGEZA KUZUBAZA ABAMUHINYUYE NGO ABARIKO BARANGA IKIRINGO CIWE CA 3 NGO ARI BABANDI BISHE NDADAYE?SASA PETIT FIDELIT-ABAHUTU,ABATUTSI,N’ABATWA,KUBA BARAFASHE IBARABARA BAGAHEBA AKAZI KABO,UBUZIMA BWABO,MISTA SIMIKINOOOOO NUKO BABABAYE SASA INGORANE S’AMOKO INGORANE NI IKIRINGO CA3 CA NKURUNZIZA ABO BAGABO BIGENDERA NABO NIBAGENDE ARIKO NIMBA HARICO BAGIRIZWA?IYO INTWARO ABARUNDI BARIKO BIYAMIRIZA NIMARA KUVAHO BAZOZANWA BABIBAZWE.......NTITUZOHEBA IMYIYEREKANO .REKA MBARIRE N’ABANDI BATARAZA MU IMYIYEREKANO WANGU (WANGA GUSESA AMARASO KUBW’IGIHUGU CAWE,IMBWA Z’IKAYASESA NONE NAWE NGWINO .......INKOTANYI NIZO ZAVUZE NGO
....WENGI WAFE WACHACHE WABAKI WAJENGE INCI...NONE TWEMERE BADUTWARE NKIPUNDA?CANKE AMAKINGA ADAFISE IFIRE ....NOOOO...... JEWE AHO GUPFA BANYICA BANSA MUNZU IWANJE ......BAZONSANGE MUMYIGARAGAMVYO
20 Ruheshi 2015, 15:54, par NSENGIYUMVA ALEXIS I BURAZA PROVINCE GITEGA.
NONE KOBAVUGAKO GERVAIS RUFYIKIRI YOBAYAHUNZE BAMWEBAKABIBESHUZA NONEVYOBAVUGANIVYO? YOBARIMUBURUNDI?HOHO IVYOBAVUGAVYOBAVYAVUYEKUKI?
20 Ruheshi 2015, 16:01, par Durkheim Idrihadje
ivyo nivyo gukurikirana petit a petit turabe ikizovamwo kuk urukurukuru niyonkuru
20 Ruheshi 2015, 16:31, par GABRIEL BANGIRINAMA
Uyu Mukino Wa Cndd Fdd Na Oposition Uraturambiye,abatagira Iyabaja Canke Uburyo Burengeje Duteze Umutwe Nkabamobwa.Abarundi Dusigaye Dutunzwe Na Rasiyo Yibihuha Bikura Umutima.Na Hawe Wewe Mana Yehova Tweza Amaso .
20 Ruheshi 2015, 17:36, par Albert
Ntibibitangaj Nibugurur Amaradio Niho Radio Munwa Izohagarara Abarundi Turakeney Amakuru Yukur
20 Ruheshi 2015, 20:20, par barakana jean bosco
reka imana yikorere ivyayo
20 Ruheshi 2015, 20:24, par didace
vyari vyatangaje cane abanyagihugu .twari twasimvye imitima,kwumva ko abategets bakurubakur bahunze.ok murakoz kuturemesha
20 Ruheshi 2015, 20:40, par Niyomukiza.
Yagiye iyongweyamukuyemunamankuruyinararibonye.wibazakwitomwishe.niyigiremurundi.kuvahobariribaramuburagurije.nagendentibamtgirenkabandi.aboturabazi.ntawobatubwira.
20 Ruheshi 2015, 21:30, par Bikorwa Gabriel
None Oyo Bagiye Guikora IKi?Sinavyumva Nikuki Bagiye Muri Iyi Minsi Ko Twumva Bavuga Vyinshi?Ivyo Bitwereka Ko IBivugwa ARivyo Ko Hagnda ABumva Vyinshi Kuturusha
20 Ruheshi 2015, 21:50, par Flora
Ntibikabe Kumuvyeyi Wacu Yogenda.
20 Ruheshi 2015, 22:06, par niyogusaba
ntabundi buhungiro dufise aha mwi si atari kumana!nne urupfu narwo rurahungirwa mu mahanga?nta si idahamba!
21 Ruheshi 2015, 07:03, par LEONCE
KO BATAVYEREKANYE KR RTNB UWUGIYE MU NAMA BAVYEREKANA. ? ???
21 Ruheshi 2015, 08:26, par uwimana jb
Abarundi barazi gutohoza amakuru nivyo cank sivyo uburundi buri mubigeragezo bitoroshe sitwe tuzobona turavuye mu bihe vy amatora amatora aheze benshi bazohindura ingendo
21 Ruheshi 2015, 12:28, par evode
bareke bazovuga baruhe
21 Ruheshi 2015, 13:23, par NDARUHEBE MANDELA.
reka turindir kuriyo genekerezo ntaza tuzoca twmera ko yahunz.ark imana nigarukire uburundi n’abarundi kk turagow pe !!
21 Ruheshi 2015, 14:29
nkuri kuba yohunga vyonshimisha kuko ibishobora kwaduka nyuma yibi tubona bishobora guhitana benshi bakazorengutswa mumasentare atandukanye canke nabafa bafe kandi atabuze icomubeshaho nincabwenge no mubihugu vyaburaya ntakazi azobura mukurindira uwuza gusiga uramurindira ko badahanurwa.
21 Ruheshi 2015, 20:25, par Radi Soleil
Yayaya Guhunga Murabikka Kweri?Uruhinja Ntirurira Cn Kko Burya Rubagwapfuy Namw Uwutazi Agapfa Ahaya Ko Uruhinja Ryapfuy"tuzoba Turaba Igaruka Ryabo
22 Ruheshi 2015, 10:51, par Dusome
Nukuri tuba dukeneye inkuru nyazo na cane cane zikavurwa nabo zerekeye babifitiye ubutenganzita. Ivya nyamite nivyo kuguma abesha abantu ukamango nibijuju. Yamenyereye ivyo mmuko dd mais ikinyoma kimara umunsi ntokimara umwaka.
23 Ruheshi 2015, 10:22, par nzisabira
reka turindire iryo garuka ryabo ikinyoma kizoca kija ahabona
23 Ruheshi 2015, 15:59, par shimiriman.amois
none.gervais.rufyikiri.yarahunze.cankenububeshi
23 Ruheshi 2015, 18:35, par kanyana
nimuze twige kuùg inkur dufitiy ivyemezo.siko?
23 Ruheshi 2015, 20:22, par BAGABO.ONÈSIME
BAGABO.BAMAMA!AKARINYUMA.KARAHIRA.TUZOKWIGWAH?
23 Ruheshi 2015, 21:10, par Simba,k
Nahoyohungayoba,agiyehageze,natwetwabuze,iyotuja,ahubwo,imana,imuje,imbere
24 Ruheshi 2015, 22:51, par urahinyutse
nyamitwe we subira uvuge ko azagaruka hhhhhiiiiiiiii
24 Ruheshi 2015, 23:17, par ghjj
komera nyamitwe uri umugabo uvuga ukuri
24 Ruheshi 2015, 23:29, par Nsavyimana
ngo yoba yatangaje kuri radio france 24 ko yatanze imihoho?
24 Ruheshi 2015, 23:52, par Nyamaguru
ari muri mission azagaruka le 24 juin arihe Pi!!!!!! nyamitwe
25 Ruheshi 2015, 00:00, par dghjs
@ fidelite rufyikiri n umuhutu n umututsi bucumi ni umututsi cankw n umuhutu onesime n umutwa canke n umututsi na abandi bashi uzasanga ahubwo abahutu aribo mu bazwi bahunga ari benshi gusa amoko shira inyuma kavakure arihe yaje wamukurahe hhhhhhaaaaa
25 Ruheshi 2015, 07:59, par Himbazimana Claude
Ivyo Nivyo????
25 Ruheshi 2015, 10:13, par MFATIE
KO NYAMITWE YAVUGAKO RUFYIKIRI YOGARUTSE EJO UBWO NTIYIBESHE?NIZEREKO ABARUNDI TUTAGIHENDWA NA BAVUGA UKO.
25 Ruheshi 2015, 12:33, par CALIXTE
HAAAA!!! NIBAHUNGE BAZOGARUKA TUTABAHAMAGAYE
25 Ruheshi 2015, 21:11, par kanyana
ndibo sinorota ngaruk haaaa,nibar
26 Ruheshi 2015, 15:01, par kavakure
Ashaaaa igihugu kigeze habi naho bokwihungira birakwiye natw 2rinyuma tzohava bahunga.
28 Ruheshi 2015, 06:20, par Nduwimana Arcade
Abarundi Biratugora Kuvugisha Ukuri.Arko Siko Bizokwama.Kandi Nizindimpunzi Ziracari Inyuma.
29 Ruheshi 2015, 06:19, par Niyongendako Ernest
nibareke kubesha yarahunze noneho yaravyiyemereye avuga ati :<<ntamutekano muburundi uriho ikihari nintambara gusa.>>
4 Nyakanga 2015, 05:31, par mwene harimesjnnn
Urigitabanga c’umugabo sha murindi zina rikubereye uri banya hurima. Wananze amasobe usanze wahonyoye amavyi.
7 Nyakanga 2015, 19:18, par irakoze jean
nanje ndiwe sinogrk aaah ubundi nahi mana.
9 Ndamukiza 2016, 09:39, par HATUNGIMANA Gervais
NONE GERVAIS RUFYIKIRI yagiyeajanyen’umuryangowiwe ubuhohoakora akazikamezegute atunzweniki
25 Rusama 2016, 20:38, par Gervais
None Ubu Gervais Rufyikiri Ari Hehe?