Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Gitega : Amashure y’igenga abandanya kuduza amafaranga y’ishure - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Amashuri > Gitega : Amashure y’igenga abandanya kuduza amafaranga y’ishure

Gitega : Amashure y’igenga abandanya kuduza amafaranga y’ishure

mardi 9 Nyakanga 2014

Abavuyeyi barereye mu mashure y’abigenga mu ntara ya Gitega, basaba abayobozi b’amashure yabo, kureka kuduza amafaranga y’ishure mu gihe bavuga ko ayo mahera aja ageze ku bihumbi 6o.

Bamwe mu bavyeyi bakavuga ko uretse ubukene usanga bwugarije imiryango imwe imwe, ayo mafaranga ari menshi cane. Ivyo abavyeyi bakaba babivuze mu gihe amashure buca atangura mu gihugu cose, umwaka w’ishure w’2014 ushira 2015 ukaba uzotangura mu ndwi imwe gusa. Ikindi abo bavyeyi barereye mu mashure y’abigenga mu ntara ya Gitega bavuga,akaba ari abana bahitira mu mashure, bagirako bagasabwa ayandi mafaranga.

Ikibazo c’iduzwa ry’amafaranga y’ishure mu mashure yigenga kikaba kitavugwa mu ntara ya Gitega gusa, ivyo bikaba bivuigwa no mu mashure amwe amwe yo mu gisagara ca Bujumbura.


Aristide Nizigire

Messages

  • Erega nimbahariho aboshoborakuyaronka harabandibotoyaronka jewe ukombona nukuri nibareke kutwica nukuri murazi kubukene bwugarije none bashaka batoyibacu babeindaya abandi babe ibisuma•

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.