Accueil > Amakuru > Ubutungane > Gitega : Umukuru w’umugambwe MSD yashikanywe mw’ibohero ryo mu (...)
Gitega : Umukuru w’umugambwe MSD yashikanywe mw’ibohero ryo mu Rumonge
mercredi 10 Ruheshi 2015
Umukuru w’umugambwe MSD mu ntara ya Gitega, abarizwa mw’ibohero rya Rumonge, akaba yakuwe mw’ibohero yari asanzwe apfungiwemwo, igikubikubi.
Epithace Nshimirimana, umukuru w’umugambwe MSD mu ntara ya Gitega, yakuwe mw’ibohero rya Mpimba, aca ajanwa mw’ibohero rya Rumonge, aho amakuru ikinyamakuru IGIHE.bi gifise, yashikanywe muri iryo bohero, igihe c’isaha imwe z’ijoro. Epithace Nshimirimana, akaba yafashwe 12, Rusama uwu mwaka, afatwa n’abantu atamutahe bamweretse, ndetse muri abo bamufashe, hakaba harimwo abaporisi yemeza ko bamuboreje igufa.
Epithace Nshimirimana rero aho apfungiwe mu ntara ya Rumonge, umuryango wiwe, ukaba wemeza ko amagara y’uwabo atifashe neza, ndetse bagatinyira rwose no ku mutekano wiwe.
IGIHE
Messages
10 Ruheshi 2015, 18:50, par mutabazi
Izo mburakimazi nibazikanyaga. Periode ya 72 bashaka kugarura bamenye ko ari ntamurundi wabyemera
10 Ruheshi 2015, 20:09, par akimana aline
epithas nabandi banwanyi b msd.ntibacikivutu.bihangane.ntamvura idahita.ejo himana niheza.
10 Ruheshi 2015, 20:27, par dom harpagon
ahubwo iyo bamucira uwo guherayo ! izo ntozo zishaka guhonya abantu nkuko zabikoz guher 1972 zinywa amaraso yabarundi ! ubuho mumenye kwatar nkakare twaraciye ubwenge tuzobamesa nkuko mumaze kubibona !
10 Ruheshi 2015, 20:30, par Kayitessi
Babafate Canke Bareke Ikiringo Capetero Nkurunzinza Cagatatu Babe Barakura Mumutwe Kubera
10 Ruheshi 2015, 21:47, par kajondi karim
Murahumba basha ukuri kuzojahabona mwice gushika ariko muzoherera irahe tu aba tuzobikubitirira teenyene sha mutitwaza 72 mbehoho ubu nubwoko bwose imigambwe yose murahumba sha
11 Ruheshi 2015, 04:49, par J MARIE
niyaba yarakoze ikosa nibamuhane kubera ntirwitaha
11 Ruheshi 2015, 04:49, par J MARIE
niyaba yarakoze ikosa nibamuhane kubera ntirwitaha
11 Ruheshi 2015, 05:06, par cyriaque
mutama epitace ndabona uriko ugira umwimenyerezo (stage) kugira urongore intara yagitega uyikure muminwe yabansumire INDA ihangane ntamvira idahita baromoka ntagisivya.
11 Ruheshi 2015, 08:09, par niyongere
Arihamwe twoshira Imana imbere twese hatavuyemwo numwe uburundi bwokira
11 Ruheshi 2015, 09:08, par james
Ihangane uzovayo kuko ibohero rirababaza cane. Ntihagire uwuryipfuriza uwundi.
11 Ruheshi 2015, 10:13, par Fedas
SIKO BIZOHORA KANDI SIKO BIZOKWAMA!UBUTUNGANE NIBUREKE GUKORESHWA NUMUHARI CNDD-FDD NIBUKORE BWIGENGA!KESHO BITABADILIKA!
11 Ruheshi 2015, 12:27, par ncutiyanje
Ubu butegetsi nibubi kweli, ariko bizohera kandi nabo bazohereza ubuzima bwabo mugasho.
11 Ruheshi 2015, 17:14, par sakala
Tumenyereye twumva ubutenge bwi ubuja butway umuntunkuko benshibaragandaguwe nuwo dufisubwobakwazobankabandi uhoraho azomurinde
11 Ruheshi 2015, 21:39, par Alfred Ndezwenayo
Umuntasigayatwarwankimbarwa,ugasangantanamakoshafise,bukeyukazawumvangobamubuzahoyarikandiyishwe,uwowewemwihende!
12 Ruheshi 2015, 08:18, par BUTOYI ERIKE
ndagusavye wihangane kare bavuga ngo abatutsi ngobaratumaze non nubu nibo baduhereje mumabohero non komuhaye muryana murabahutugusa mubona tuvahetukajahe imana izobahana kuriki gihugu cayo musambura
12 Ruheshi 2015, 08:45, par ineziratunga
uwo bisabwako muzomukuramwo amatora aheze kuko abo nibo bazana imigumuko mugihugu
12 Ruheshi 2015, 13:30, par lil-k najeremie.tura
nimupfunge kuko arikoatera akavuyo muburundibarikobaratera umutekano muk mu burundin’ibamupfunge nyen mbesmpakaamatora ahez arinkanje nobanza nkamukubita kuko arababaje.
12 Ruheshi 2015, 21:42, par Elias
Nashaka Kwandiki Ntuntuye Mbwira Jeremie Nti Imana Iguharire Kuko Utazi Icukora Nkaca Nkebura Wewe Nongera Nkebura Nabandi mutihanye Vuba Birabasha Inkoni Y Imana Iraje Kubahana.Ngwahwe Wamunyavyahawe! Ewe Pita Ihane!! Mbonyupfa Wishwe Nabagusutse Npo Niwitoze 3émme Mandant Narangiza Ndabipfuriza Kubana Nimana Muvyomuvuga Nivyomukora.
13 Ruheshi 2015, 06:34, par Noella
Kirazira kwifuriza uwundi inabi kuko iyisi ntisakaye. Nawe ejo vyogushikira.
14 Ruheshi 2015, 02:32, par Jimi
Nibakoramatohoz amez kuvyo bakeney bimwagriy amategek akwirikizwe
16 Ruheshi 2015, 13:27, par Hanugwa Wumve
Ndakurahiye Uwo Mukuru Wa M.S.D Ntamezi 3 Agiy Kumara Mugasho!Bigiy Guhinduka Vuba!Gusa Wa Mvugakuri We"ukomeze Kugendera Ukuri N’ubuntu Imana Irakubona Knd Tuzogusabira!
16 Ruheshi 2015, 16:52, par nduwimana
kudakubita imbwa vyorora imisega.yagomba kudukwegera.