Accueil > Amakuru > Ubutungane > Gitega : Urubanza rw’abagirizwa ugushaka gutembagaza ubutegetsi rwahawe (...)
Gitega : Urubanza rw’abagirizwa ugushaka gutembagaza ubutegetsi rwahawe irindi sango
lundi 7 Ntwarante 2016, par
Urubanza rw’abagirizwa ugushaka guhirika ubutegetsi bw’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA ntirwumvirijwe nk’uko vyari bitegekanijwe kuri uwu wa mbere igenekerezo rya 7 Ntwarante 2016. Urwo rubanza rukaba rwahawe irindi sango.
Abapfunzwe bagirizwa ugushaka gutembaza ubutegetsi bwa Petero NKURUNZIZA kw’igenekerezo rya 13 Rusama 2015 basubiriye kurenguka muri sentare ntahinyuzwa, igisata gica imanza z’ivyaha. Urwo rubanza rwungururijwe ku rindi sango kubera hari abatari bwaronke umwanya w’ugusoma ivyo bagirizwa, hamwe n’ibirego bitari bikwiye.
Urwo rubanza rwungururijwe kw’igenekerezo rya 11 Ndamukiza 2016.
Bamwe mu bakurikiranwa, harimwo na Général Cyrille NDAYIRUKIYE yahoze ari umushikiranganji w’ukwivuna abansi, bakaba basavye ko bohabwa uburenganzira bw’ukurondera ababafasha kuburana.
Abo bagirizwa ko bashatse gutembagaza ubutegetsi bapfungiwe i Gitega, bakaba bagirizwa kandi ko bononye ibikoresho vya Reta, ivy’igisirikare, ivy’igiporisi hamwe n’ivya REMA.
Uwaserukiye Reta mu rubanza rwa mbere akaba atashimye urubanza rwaciwe, ari nakwo guca yunguruza.
IGIHE
Messages
7 Ntwarante 2016, 16:01, par kabizi
murakina nabo mungan mur politiq nkurunziza arabasumb
7 Ntwarante 2016, 16:03, par kabizi
murakina nabo mungan mur politiq nkurunziza arabasumb
7 Ntwarante 2016, 17:31, par manariyo
reka turindire icubutungane bugiye gukora ntawuhisha ukuri kuzwi nabose
7 Ntwarante 2016, 17:48, par Salum ramadhan
Gusa abobantu bararengana ubutabera butegerezwa guk6ra
7 Ntwarante 2016, 19:42, par Wawa ----
<< Nibabareke Babahora Ubusa.Rusake Niweyigije Abana Kunyamunzu . BUrya Iyo Atanyakuntebe Nabontabwo Barigushaka Kuyimukurako Nukoyariyayineyeko !!>>
7 Ntwarante 2016, 20:22, par Lion
Nibahanwe Kuko Kudahana Imbwa Kugwiza Imisega.
7 Ntwarante 2016, 23:25, par kabirya
abo bantu bashaka kudutwara umu presida twiherewe narurema niba bamanike baramenje barakabura impundu nk’imbwa
8 Ntwarante 2016, 09:41, par Batwenga
Mwitonde Mubafate Neza,buca Kabiri Bakarekurwa Ariko Biravugwa Ko Niyombare Araho Igitega Kumushasha,kandi Arababona
8 Ntwarante 2016, 10:03, par tari
Abobantu bakwiye kurekurwa kuko ntakibi bakoze izonintwari kuko barwaniye amateka namategeko yigihugu cacu ahubwo uwarakwiye gupfungwa ninkurumbi nakarwi kamushigikiye kuko aribo bahonyanze amategeko bakongera bakica abantu nubu bakiriko nibabarekure nyabuna nabo baronke umwanya wokwitegurira ibiganiro kuko abo nipfungwa za politike nkuko mubizi umuntu wese yiyamirije manda3 yabaye umwasi wa nkurumbi
8 Ntwarante 2016, 10:19, par gezaho
uwuzokwagirwa nicaha azohanwe azoba ari muri bamwe bo muri 1993 ariko murabe neza ntihagire uwo murenganya kuko n’imana ntivyemera
8 Ntwarante 2016, 10:20, par gezaho
uwuzokwagirwa nicaha azohanwe azoba ari muri bamwe bo muri 1993 ariko murabe neza ntihagire uwo murenganya kuko n’imana ntivyemera
8 Ntwarante 2016, 10:27, par eric
s’il faux changer la constitution et accord accord :
1.UN MANDAT PRESIDENTIAL DE 10ANS NO RENOUVALABLE .(HUTU PUR 6ANS-TUTSI PUR 4ANS)
AUX ELECTIONS PRESIDENTIELLES,TOUT PARTI POLITIQUE DOIT PRESENTER AU PEUPLE UN HUTU PUR ET UN TUSTI PUR.UN PARTI POLITIC GAGNANT UN PRESIDENT HUTU SERA AU POUVOIR POUR 6ANS ET UN TUSTI DE MEME PARTI POLITIC GAGNANT SERA AU POUVOIR 4ANS.MAIS L’UN SERA VIS PRESIDENT DE L’AUTRE.
CES PRESIDENTS AURA DES POUVOIRS MAIS LIMITES MAIS PAS ADMINISTRATIVES.
2. UN 1ER MINISTRE MIXTE(INVANGE) DE DEUX ETHNIES,SERA NOMME PAR CES PRESIDENTS ET ACCEPTER PAR LE PARLEMENT.
C’EST LE 1ERE MINISTRE QUI DEVRAINT ETRE RESPONSABLE THE TOUTE ACTIVITE ADMINISTRATIVE QUATIDIENNE DU GOUVERNMENT EN FONCTION DU PLAN DE DEVELOPMENT DU PARTI ELU. IL EST RESPONSABLE DE CORRUPTION, ECHEC ET REUSSITE ET IL DOIT AVOIT UN MANDAT 5ANS UNE FOIS RENOUVALABLE.
3. AU PARLEMENT,GOUVERNMENT,ARMEE,POLICE, ADMINISTRATION HAUTE NIVEAU ,TANT QUE LES HUTU PUR SONT LA MAJORITE DE NOTRE POPULATION, IL EST ABSOLUMENT IMPORTANT QUE ILS REPRESENTER A 60% HUTU PUR,30%TUTSI,10%MIXTES ET BAGANWA,BATWA
NB: HUTU-TUTSI DEVRAIENT SAVOIR QUE NOUS SOMMES LE MEMES ABSOLUMENT.
SI NOUS NE SOMMES PAS LES MEMES ON PARLERAIENT DIFFIRENT LANGAUGES!!CE QUI NOUS DIFFIRE NOUS POUVONT CREER UN BON SYSTEM OU UN TUTSI ET UN HUTU NE SE SENTE PAS INFERIEUR A L’AUTRE.
JE PENSE QUE MA CONTRIBUTION VA AIDER MON PAYS
8 Ntwarante 2016, 10:28, par Murembwe
Rucira mukaso rugatwara nyoko
8 Ntwarante 2016, 10:28, par Murembwe
Rucira mukaso rugatwara nyoko
8 Ntwarante 2016, 10:28, par Murembwe
Rucira mukaso rugatwara nyoko
8 Ntwarante 2016, 11:45, par Frank
None a name bye sham a jury biguhe ntabikorwa vyiterambere babona.nama mbona ingorane hamwe nivyagenze nabi gusa.ndashima amakuru baduha ariko nibongereko ivyiza by Mugihugu haba irwanda canoe my Burundi
8 Ntwarante 2016, 18:58, par N damiani
Izontovyi nibarindire ugu gupfa nigorubakwiye kukonabicannyi mubandi
8 Ntwarante 2016, 18:59, par N damiani
Izo ntovyi nibacirwe rwugupfa
11 Ntwarante 2016, 13:29, par junja
Aya mategeko y uyu witwa eric ntaho ataniye n,ayaba NAZI ba Hitler kabisa