Accueil > Amakuru > Amashuri > Giteranyi : Amajambo yavuzwe na musitanteri yatumye bamwe mu bigisha (...)
Giteranyi : Amajambo yavuzwe na musitanteri yatumye bamwe mu bigisha bahunga
vendredi 5 Ruheshi 2015
Ishure ry’intango rya Kinanira muri komine ya Giteranyi rimaze iminsi ivyirwa vyahagaze, inyuma y’aho abigisha baho bahungiye.
Abigisha batandatu bakaba barahunze kw’ishure ritoya rya Kinanira muri iyo komine ya Giteranyi intara ya Muyinga. Abo bigisha bahunze nk’uko amakuru ava muri iyo komine avyemeza, bakaba batavuga rumwe n’umugambwe CNDD FDD. Amakuru yo kwizera akemeza ko igihe musitanteri w’iyo komine Laurent Nduwimana yagendera ako gace ka Kinanira gasanzwe kari ku rubibe rw’Urwanda na Tanzaniya, yavugiyeho amajambo y’iterabwoba. Akaba yabwiye abaho, ko abahunze bose ari imiguruka, nayo amasaka meza yasigaye mu gihugu.
Abo bigisha rero batari mu mugambwe CNDD FDD bikavugwa ko baciye batangura guterwa ubwoba, mw’ijoro hakaza abantu bababwira ko bazobakorerako. Ku va bahunze, rero ishure rya Kinanira abanyeshure ntibiga, bikavugwa ko bagira bashireyo abatagira akazi, kugira basubirize abo bagiye. Kuri ivyo vyose, musitanteri w’iyo komine ntituramuronka, co kimwe n’uwutwara indero muri iyo komine.
IGIHE
Messages
5 Ruheshi 2015, 13:20, par Sinita
Erega nicogituma nahahunze jewe musitanteri uwe nvuye kurugendo narimwo mugihugu cubwongereza mumiryango yambwiye kobazomesa arikumwe nimbonerakure kumuhaniwe ariko azobonibara igihe imana yashavuye
5 Ruheshi 2015, 13:45, par Bucumi
Mbega yemwe umugambwe CNDD FDD uribaza ko ari abantu bazocirirwa imanza nkabandi? Canke! Wibaza ko ico gihugu ari icabo? Canke! Bamwebamwe nibareke kwiteranya kuko ejo canke ejo bundi bazicuza!
5 Ruheshi 2015, 14:24, par ntare yishamba
uwo musitanteri narindire azobibona mbega umutware ameze gutyo yoba akiri mumabanga?narindire azo sigarana na buramatari sawa intare yishamba irihanganye !!!
5 Ruheshi 2015, 14:55, par kabizi
mbe musitante urakomeye mbe hoho ntuzohava uha aka ibatari aba dd ivyo bishomeri birahatomboreje nanje baranteye ubwoba sinzohava kuko aba dd mushigaje umwanya urume rumara kubutegetsi
5 Ruheshi 2015, 19:41, par john
emwe avuge canke areke abigisha bashigikiye iyo ntwaro y’abanyonyezi ni bake ivyo babahenze ni vyinshi.nibagire bagende,abo bigisha nibajinyike l’année touche à sa fin.
5 Ruheshi 2015, 20:11, par hfhvjc
abakeneye akazinibenshi nibagahe abagakeney abonabi nibahe muvyabo bazononako bihenze usanga arabaryoherwa nukuba impunzi
5 Ruheshi 2015, 22:33, par akimana
benewacu dukomere tugwanire igihugu cacu,iki gihugu nica twese ,aba bagabo ba ba dd ntibibaze k igihugu arica base babaraze.gusa dutimbe tubagwanirize hamwe
6 Ruheshi 2015, 07:41, par kirokira
uwo ni umusaruro woguha akazi abantu batagira ubwenge. umutware mwiza atwarira bose uretse uwo ashobora kwita abo arongoy ngo n’imiguruka. ntawukunda guhunga ariko womowe uromoka. cndd nituveko iraturuhishije, umutwe utagira ubwenge uruhisha amaguru
6 Ruheshi 2015, 20:24, par Itonde
Mbg uw musitanteri azojahe mumisirimbere.nagende buke kko ibihe bihibindi ejo tuzobana
8 Ruheshi 2015, 12:58, par MINANI Evariste
Erega iyo umuntu agosoye umuguruka ukaguruka, ibisigaye vyose kurutaro ntibiba ari amasaka meza, amabure, ibihomba n’amasaka aboze birasira ntawuzi ico uwo musitanteri ari canke azoba mu misi iri imbere yitonde rero.
8 Ruheshi 2015, 12:58, par MINANI Evariste
Erega iyo umuntu agosoye umuguruka ukaguruka, ibisigaye vyose kurutaro ntibiba ari amasaka meza, amabure, ibihomba n’amasaka aboze birasira ntawuzi ico uwo musitanteri ari canke azoba mu misi iri imbere yitonde rero.
8 Ruheshi 2015, 14:00, par keza
ignorant,poor leader,primitive!!
14 Ruheshi 2015, 21:08, par Ndihokubwayo Ernest
Icomvuganukoabobigishabogarukakumurimo
20 Ruheshi 2015, 05:58, par Ndayisaba Alphonce
Yemwabatware bacu none barashizingani abatari mumugambwe CNDD FDD bomogwe!!
20 Ruheshi 2015, 05:59, par Ndayisaba Alphonce
Yemwabatware bacu none barashizingani abatari mumugambwe CNDD FDD bomogwe!!
25 Ruheshi 2015, 18:13, par minani damien
Navuga yuko uwomustanteri akwiye kuremesha siyokugumura naburya mugiteranyi twarabantu twifashe natwe tuzota twomoke nibahindure imvugo abobategetsi
29 Ruheshi 2015, 20:54, par Kirovyi
Musitantenukameze
7 Mukakaro 2015, 16:55, par samuel ndomba
Uwo Laurent Nabogozwe Kuko Ashaka Kuzana Ivyirindwi Na Kabiri.
12 Mukakaro 2015, 09:01, par JAKE
NOVISE.MUGITERAYI.HARIHO.IBIRWANISHO.BAFASHE.MUGITERAYI.KUMUTUBAWANO.NWE
15 Nzero 2017, 19:44, par Richard Valérie Amiable
Egoo