Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Kuva ubu ntabakozi bareta bazosubira guhembwa imishahara ibiri - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Kuva ubu ntabakozi bareta bazosubira guhembwa imishahara ibiri

Kuva ubu ntabakozi bareta bazosubira guhembwa imishahara ibiri

vendredi 29 Ntwarante 2013

Icegera c’ambere c’umukuru w’igihugu Sinunguruza Therence yatanguje kumugaragaro ubuhinga bwa none bwo guhemba abakozi(open-PRH) mu bushikiranganji bw’abakozi ba Leta.

Umushikirangaji w’abakozi ba leta amenyesha ko ubwo buhinga buzotuma ata bakozi bahemberwa abandi kandi kuva mu kwezi kwa kane uyu mwaka.

Icegera cambere c’umukuru w’igihugu avuga ko bivanye n’ubwo buhinga, hazoba ihinduka rinini


Dorine Irambona

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.