Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Gusozera amahiganwa y’imirwi y’abagendana ubumuga i bururi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > volley-ball > Gusozera amahiganwa y’imirwi y’abagendana ubumuga i bururi

Gusozera amahiganwa y’imirwi y’abagendana ubumuga i bururi

lundi 21 Nzero 2013

Kuruyu w’imana igenekerezo rya 20 nzero niho za nkino z’abagendana ubumuga zabereye i Bururi zarangira.

Muri sitting umurwi witwa RWEMBE w’i Muramvya watsinze umurwi INTARE w’ibururi amaseti atatu kur’imwe Muri Goal urukino rukinwa n’ibiragi umurwi MUZINGA matsinze ZEBRE IBITSINDO 16 kuri 6.

Iyo mirwi 2 isanzwe ikinira I bujumbura. Umukuru w’urunani rw’amashirahamwe y’abagendana ubumuga Gasiyano BAZOBIGOMBA yamenyesheje ko izo nkino zabaye muntumbero yo guteza imbere inkino mu bagendana ubumuga.

Agasaba Leta y’u Burundi kwemeza amategeko mpuzamakungu agenga ibimuga


Sylvere Bavumiragiye

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.