Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Gwyneth Paltrow yatowe kuba ariwe mugore mwiza kw’isi
Gwyneth Paltrow yatowe kuba ariwe mugore mwiza kw’isi
jeudi 25 Ndamukiza 2013
Nkuko ikinyamakuru c’abanyagihugu kibimenyesha ngaho muri Leta zunze ubumwe za Amerika, Umukinyi rurangiranwa Gwyneth Paltrow w’imyaka 40 y’amavuka, niwe yatowe kuba ari umugore mwiza kuruta abandi kw’isi yose.
Uwo muvyeyi w’abana 2, akaba yarigeze gutahukana agashimwe kitiriwe Oscar i Hollywood mu 1998 mw’ireresi yitwa « Shakespeare in love », umuririmvyi Beyonce akaba ariwe yaheruka kukaronka mu mwaka wa 2012.
- Gwyneth Paltrow yatowe kuba ariwe mugore mwiza kw’isi
Joel Sengurebe
Messages
25 Ndamukiza 2013, 06:30, par RUKUNDO
UYU MUGORE EGO NI MWIZA ARIKO MBONA ADASUMVYA UMUGORE WANJE. NGIRA NTORE UMUGORE WANJE DUGENDE BASUBIREMWO AMAHIGANWA NDAZI MADAME WANJE NIWE ACA ATAHANA IKIBANZA CA MBERE.