Accueil > Amakuru > Mu makungu > Haiti : Umukuru w’igihugu yahejeje ikiringo atagira uwumusubirira
Haiti : Umukuru w’igihugu yahejeje ikiringo atagira uwumusubirira
lundi 8 Ruhuhuma 2016, par
Uwahoze ari umukuru w’igihugu wa Haiti, Michel Martelly yahejeje ikiringo ciwe c’imyaka itanu, ariko akaba yasize igihugu kitagira uwukiramutswa.
Michel Martelly, mw’ijambo rya nyuma yashikirije, yamenyesheje ko yemera ko bimwe mu bikorwa atashoboye gushikako bikamutuma kwicuza, ari ukuba adashoboye kubisikanya n’uwumusubiririye mu kibanza, bivuye ku biringo vy’amatora y’umukuru w’igihugu vyabandanije kwegezwa inyuma.
- Michel Martelly, yahoze ari umukuru w’igihugu wa Haiti, Michel Martelly
Mu kurindira ko hatorwa umukuru w’igihugu w’imfatakibanza, umukuru w’inama nshingamateka niwe aca aba araramutswa igihugu.
Umukuru w’igihugu w’imfatakibanza azotorwa azoba afise ikiringo c’amezi ane, mu kurindira amatora y’umukuru w’igihugu nyezina ategekanijwe kw’igenekerezo rya 24 Ruhuhuma 2016, uwuzoba yatowe nawe ace arahira icese kw’igenekerezo rya 14 Rusama 2016.
IGIHE
Messages
8 Ruhuhuma 2016, 16:05, par franc
Numugabo ntiyirirwa agwana navopposition niba anayifise.ariko yarakwiye kuja ahandi murivafrica akababwire ukuntu igihugu kirekurwa
8 Ruhuhuma 2016, 16:12, par JAMARH
UWOMUNTU ARAZAMATEGEKO YEMERA AKAVAHO ATAWUMUSUBIRIRA IYABANATWETWUBAHA AMATEGEKO ABENEGIHUGU NTITUBA TWAMANA INTEKERA UWOMUNTU ARAZAMATEGEKO YEMERA AKAVAHO ATAWUMUSUBIRIRA IYABANATWETWUBAHA AMATEGEKO ABENEGIHUGU NTITUBA TWAMANA INTEKERA UWOMUNTU ARAZAMATEGEKO YEMERA AKAVAHO ATAWUMUSUBIRIRA IYABANATWETWUBAHA AMATEGEKO ABENEGIHUGU NTITUBA TWAMANA INTEKERA UWOMUNTU ARAZAMATEGEKO YEMERA AKAVAHO ATAWUMUSUBIRIRA IYABANATWETWUBAHA AMATEGEKO ABENEGIHUGU NTITUBA TWAMANA INTEKERA UWOMUNTU ARAZAMATEGEKO YEMERA AKAVAHO ATAWUMUSUBIRIRA IYABANATWETWUBAHA AMATEGEKO ABENEGIHUGU NTITUBA TWAMANA INTEKERA UWOMUNTU ARAZAMATEGEKO YEMERA AKAVAHO ATAWUMUSUBIRIRA IYABANATWETWUBAHA AMATEGEKO ABENEGIHUGU NTITUBA TWAMANA INTEKERA UWOMUNTU ARAZAMATEGEKO YEMERA AKAVAHO ATAWUMUSUBIRIRA IYABANATWETWUBAHA AMATEGEKO ABENEGIHUGU NTITUBA TWAMANA INTEKERA UWOMUNTU ARAZAMATEGEKO YEMERA AKAVAHO ATAWUMUSUBIRIRA IYABANATWETWUBAHA AMATEGEKO ABENEGIHUGU NTITUBA TWAMANA INTEKERA KUMUTWE,
8 Ruhuhuma 2016, 16:44, par CédricBlack
Uwo muPrésident turakwiye kumuha umudari w’inzahabu kuko ico kintu akoze gikora bake kur’iy’isi akwiye kubera akarorero abandi ba président nacane cane abo muri Africain.
8 Ruhuhuma 2016, 16:55, par JOSEPH
INTWARI NKIZO NIZO TWARI DUKENEYE MU BURUNDI,JEWE NOMWATA INTWARI UMUNTU AVA KUBUTEGETSI ATAWUMUSUBIRIYE AHUBWO NIBAMWONGERE C’EST ÇA LA VRAI DEMOCRATIE ABATEGETSI BI BURUNDI NITUVYIGIREKO.
8 Ruhuhuma 2016, 16:58, par Muhuza Wimvuga Kuri.
Urumugabo Wukuri Kandi Ibihugu Bimwe Bimwe Vyo Muri Afrika Vyari Bikwiy Gufatirakarorero Mubihugu Birangwamwo Démocratie Mwibisikanya Dyubutegetsi.
8 Ruhuhuma 2016, 17:09, par Jean Marie
Numugabo Wijunja Nijambo Uwonikwiye Kubumuhuza Wuburundi.Kukwarabikwiye Nuwambere Twumvise.Uwobazuwundi Yomutumbwira Bakaza Guhuzabarundi.Ibaze Namwe?
8 Ruhuhuma 2016, 18:22, par cumacindubaruba
mwico gihugu nta évenement 1961,1965, 1972, 1993, 1988 yigeze ibayo natwe akabi nakabibi kavuye mwiyo mwaka nayubundi abarundi ntakabi dufise kiretse abapanze ubwicanyi iyo mwaka nubu arivyo bikituzinditse.
8 Ruhuhuma 2016, 21:32, par Tuze
Ngira ntazi peter Nkurunziza iyo ari yari kumubwira ingene abigenza.
9 Ruhuhuma 2016, 08:44, par ndishimiye
uwo,muperez,da kabisa arekura atararonka uwumusimbura iyabanza kubaza bagenzib vwari vwiza kuba yarekuye kukiringo ce cageze vwarivwo ariko atararo nka uwumusimbura hari abagambanyi bo seka
9 Ruhuhuma 2016, 11:03, par claire
VOILA UN PRESIDENT CIVILISE.