Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Bamwe bariyamiriza amafoto ya Cristiano Ronaldo yambaye "Caleçon" z’uruganda (...)
Bamwe bariyamiriza amafoto ya Cristiano Ronaldo yambaye "Caleçon" z’uruganda rwiwe
mardi 5 Myandagaro 2014
Umukinyi Cristiano Ronaldo yatanguje uruganda rukora rukongera rukagurisha impuzu zo munsi (caleçons). Utwo duhuzu two munsi twanditseko izina ryiwe, eka na wenyene ariyerekana akambaye..
Cristiano aherutse kwugurura uruganda rukora rukongera rudandaza impuzu zo munsi (caleçons). Izo "caleçons" ziriko zidandazwa zanditsweko izina rw’uwo mukinyi mu mpfunyapfunyo "CR7". Igikorwa co kuzitangaza (Publicite) niwe ariko aracikorera. Aboneka yifotoje yambaye izo "caleçons". Muri Reta zunze ubumwe z’Amerika bavuga ifoto yambaye izo "caleçons" zitabereye na gato kubera ibihimba vyiwe vy’irondoka biboneka cane. Bamusaba guhindura agashirako izindi foto aho ataboneka ari gusa.
Abashaka kugura izo "caleçons" bashobora kuzisaba baciye ku murongo "CR7underwear".
Cherif Nkeshimana
Messages
6 Myandagaro 2014, 07:02, par Claude w
Jew mbona kwatangorane biteye.kukubera arigutangaza ivyashara vyiwe.uwuvuga koyagize nabi nkuwomuha ati dandaza amavuta yokwisiga kugira bamenye koyafata yobigenza gute?jew ngejeje ngaho
6 Myandagaro 2014, 11:40
None nagirango mu kugira publicité y’ama caleçons berekana ingene zifata neza kubera jewe nasanze le sexe masculin arizo préférence zabo sinon Ronaldo ndazi ko ar’umukristu ariko muri publicité y’ama caleçons mbona umengo ntakosa ririmwo ahubwo aragira n’iza sexe féminin, uravye ingene zikoze urabona ko ari impfasoni cane tuzomushorera guko turamukunda cane gose
12 Mukakaro 2015, 19:27, par ERIC
NABE YISONERA
31 Myandagaro 2015, 18:49, par THIERRY
NAKOMEZE ADUHEREZE ATUZANILE AMABOKA
27 Nyakanga 2015, 11:49, par Hakizimana Isaac
Mbonyuko atakonsa birimw nkuko akeneye gutezimbere ibintu adandanza kugira abantu babigur ndumva yuko atari bib mubintu yob adutangariza ndamushigikiye tuzo guma tumushorera can
30 Nyakanga 2015, 10:26, par HACIMANA DESIRE
NAMUKEJE KAKORANEZA EKAMBERE SIZOMPUZU GUSA AKORANEZAGUSA ARAZINOGUTERA NEZA IBARO UMUPIRA MUKIRUNDI
23 Gitugutu 2015, 21:59, par 79279915
ishimwe benny
10 Kigarama 2015, 17:09, par Sup Sitar
Twaridugunze None. Uratumaramaje
1er Nzero 2016, 23:18, par Wasafi
Kweri Anapendeza
2 Ndamukiza 2016, 13:43, par INNOCENT
AHUBWO NAKAMARAMAZA ARABAZA MESSI UKUNTU BAMBARA
16 Ndamukiza 2016, 06:57, par kijana
naj ndayikeney vuba bwango nazirungik muburundi ntafisindeg?
20 Ruheshi 2016, 23:04, par Hahirwusaba David
Aramaramaje Uwomukinyi
13 Mukakaro 2016, 18:49, par javie
kubwanj nka javier buraniro ntangorane ukoyambay KOS
1er Myandagaro 2016, 15:44, par Bukuru Venant
Oya Ivyo C.Ronaldo Aza Aragira Sivyo Aba Ariko Aradusevya Mubamukurikira Murakoze!
8 Gitugutu 2016, 14:13, par WILLY
AYO NA MAKOMATERI NI BAMUREKE
18 Kigarama 2016, 09:32, par Nkeshimana Hugo
Cr7 Nakomere Nakomere Yitandukanij Naband Bakiny Turazkeney Muburundi.
18 Kigarama 2016, 09:34, par Nkeshimana Hugo
Cr7 Nakomere Nakomere Yitandukanij Naband Bakiny Turazkeney Muburundi.
23 Nzero 2017, 15:57, par Méthouc.r.7 <<méthoucel>>
None Twozironka Gute?
5 Ruhuhuma 2017, 19:16, par Chadral Hakizimana
Uko Nukwirata Kugira Tubone Koyatokeshej
8 Ntwarante 2017, 17:32, par RUKUNDO
Musanzwe Njye,ndamufanape!Ariko Numva Bamureka.Nonese Karububyobwe.Bamurekake Kabisa.
8 Ntwarante 2017, 17:32, par RUKUNDO
Musanzwe Njye,ndamufanape!Ariko Numva Bamureka.Nonese Karububyobwe.Bamurekake Kabisa.
12 Ntwarante 2017, 17:16, par Diliman
Nanj Ndamufana Sana Jew Mbona Ko Bo Mureka Kuko Abigirabibona Vyos Biva Kuriw
12 Ntwarante 2017, 17:17, par Diliman
Nanj Ndamufana Sana Jew Mbona Ko Bo Mureka Kuko Abigirabibona Vyos Biva Kuriw
15 Ndamukiza 2017, 19:51
Ahubwo Uwomukinyi Ntamaramara Yarataye Isoni Asigaye Gukina Ahenye No Saba Messi Ko Yo Mwereka Ingene Bambara
4 Rusama 2017, 18:16, par NKESHIMANA Laurent
Nukwibona.Yibazako Atawozironka.
7 Ruheshi 2017, 10:57, par Nsanzamahoro Dieudonne
Biratangaz Kumunku Nka Ronaldo Yifotoza Nkuko
14 Ruheshi 2017, 15:39, par Aloys
AHUBWO UWO MUGABO ARI SERIEUX KUKO NAJE NZOCA NDAKAGURA. URAZI INGENE ARI KEZA
19 Nzero 2018, 02:37, par Nkunzimana.ERik
jew.sindabishima.Ronrud.arishima.ndabaramukije.mwese
27 Ntwarante 2018, 19:51, par Niyonzima Gilbert
Ahubwo yifotoje ifotonke
haha naje ndamufana
maningi
ukuntu ndamukunda
6 Ndamukiza 2018, 14:15, par Ab Dour Muyinga
Ebana Criano Ronardor Ndamwemera.Yarararavy Kurya ,aricamamar Muvyinkin .Vrm Ashak Yimenyekanishe Nukut Duhuzu.Nivyiza
23 Rusama 2018, 13:46, par Rémy
Ifoya Ya Christiano Ronaldo