Accueil > Poritike > Imigambwe > Hoba hasohotse imitahe yo gufata bamwe mu banyeporitike bateguye (...)
Hoba hasohotse imitahe yo gufata bamwe mu banyeporitike bateguye imyiyerekano
lundi 20 Ndamukiza 2015
Imigambwe iri mu rugamba rwo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza yasubiye guhamagarira abanyagihugu bo mu gisagara ca Bujumbura mu myiyerekano.
Iyo migambwe imenyesha ko itageza kuva muri ayo mabarabara mu gihe umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza atovuga ko kwitoza yabihevye. Muri iyo myiyerekano yaba Chauvineau Mugwengezo umukuru w’umugambwe w’iteka wa UPD Zigamibanga, canke umushingamateka Oscar Ndayiziga yotowe mu mugambwe CNDD FDD mu ntara ya Muramvya, nawe ari mu biyamiriza ikiringo ca gatatu c’umukuru w’igihugu, bamenyesha ko batumva iburagizwa bagiriwe n’abaporisi mu myiyerekano yo kuri uyu wa 17 Ndamukiza uwu mwaka.
Basaba ko abaporisi bobacungerera umutekano, bakareka kubapompa amazi canke ivyuka bikoroza amosozi. Basaba kandi abayimiriza ikiringo c’umukuru w’igihugu gusidukana n’iyonka mu mabarabara y’igisagara ca Bujumbura, kuri uyu wa mbere, igenekerezo rya 20 Ndamukiza, kandi bakavuga ko batageza kuva mw’ibarabara, Petero Nkurunziza atavuze ko atazitoza.
Hagati aho, abari mu runani ADC Ikibiri bo mu ntara ya Ngozi bakaba baragize imyiyerekano kuri uyu w’Imana basaba ko abapfunzwe borekurwa, kandi umukuru w’igihugu, akareka kwitoza ubwa gatatu, abo bakaba batakomwakomwe, igiporisi ahubwo kikaba carabacungereye, umutekano.
Abariko barategura iyo myiyerekano rero yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu c’umukuru w’igihugu, bikavugwa ko boba basohorewe imitahe n’umushikirizamanza mukuru wa parake ikukira igisagara ca Bujumbura Archade Nimubona yo kubahagarika, aho abashobora guhagarikwa ari Onesime Nduwimana yahoze ari umuvugizi w’ugambwe CNDD FDD, Leonidas Hatungimana yahoze avugira umukuru w’igihugu hamwe na Leonce Ngendakumana, umukuru w’umugambwe FRODEBU akaba anarongoye urunani ADC Ikibiri.
Aristide Nizigire
Messages
20 Ndamukiza 2015, 10:22, par yrw
nibabafate ahubwo bagomba gukura reta noguhitegeko umujuruwigihugu ngonavuge batabirekuriwe nibarindire igihe kigereabivuge mugabobashaka kwiha ubutegetsi kunguvu kandi bagahamagarira abenegihugu mwibarabata kumisi yibikogwa bafisamakochameshi cane igiporisi kibahache basubiye mumayira guteshibikorwabandi kandi babatere nakarangi kabafate neza
20 Ndamukiza 2015, 10:30, par imbere ni heza
ABO BAGABO NIBA ATARI ABASHINGANTAHE,KOMWUMVAVBAFISE ABANYWANYI BENSHI, NIBIPANGE BAHIGANWE NA PETERO NKUEUNZIZA BAMUTSINDE BICIYE MU MATORA.KUJA MW’IBARABARA NTANTAMBWE BAZOTERA. UWABIBAHANUYEVYARABASUTSE.AKARORERO KO MUCIBITOKE NFIRA NTIKABANYUZE! NTIBAKORAKO.
20 Ndamukiza 2015, 11:23, par MUNEGWA
Leonce Oye! Dr Minani oye! Onesime,Leonidas muherutse kuva ibuzimu mukuja ibuntu Oyeee! Duhaguruke twese twiyamirize intwaro ya peter yagahotoro,ubusuma,ubwicanyi n’ayandi manyembwa akorana nakagwi gato tubwirizwa gusambura.Ngo NKURUNZZA ahubwo NkurumbiTUVE KUGAKANUKTWAGUHAZE HASIGAZY KN O TUKUDAHWLeonce Oye! Dr Minani oye! Onesime,Leonidas muherutse kuva ibuzimu mukuja ibuntu Oyeee! Duhaguruke twese twiyamirize intwaro ya peter yagahotoro,ubusuma,ubwicanyi n’ayandi manyembwa akorana nakagwi gato tubwirizwa gusambura.Ngo NKURUNZZA ahubwo NkurumbiTUVE KUGAKANUKTWAGUHAZE HASIGAZY KN O TUKUDAHWA
20 Ndamukiza 2015, 12:05, par Gasaya
je iyintworo irantangaza,erega umugani wa mkombozi bapfunze abantu ntibaba bapfunze ivyiyumviro vyabo;mbehoho baribuka kwimana ibaho?nabo gusengerwa pe!
20 Ndamukiza 2015, 13:13, par egide burundi
emwe! karashiz ingani uwerekanye kwadashigikiy Leta ace aba umuyobe.nta mvura irwa ntihite,umusi numwe bigahinduka
20 Ndamukiza 2015, 13:18, par niyokwizigira egide
mana kizuburundi
20 Ndamukiza 2015, 13:24, par KUBWAYO
Ahubwo twatahuyeko hagire hajeko SENTARE MPUZAMAKUNGU izocira imanza abatwaye iyi leta (NKURUNZIZA,EDWARD,ADOLPHE NDAKUGARIKA,na BUNYONI) hamwe n’indongozi z’imbonerakure mu ntara n’amakomine.
20 Ndamukiza 2015, 13:53, par ndiho
kwisi hose imyirekano itunganijwe neza irarekuwe ko kuko nuburyo bumwe mugushikiriza iciyumviro ariiko kumushikiranganji wintwaro yohagati mugihugu yagumye asemerera ko bagomba kubimenyesha none gayemwe uko sugukengera inzego zigihugu kuki banka kubimyesha ikindi abo banyagihugu muriko muragomorera mwibarabara bazobazwa nde? mbe hoho kobagomba gufata abo bahutu bibimenabanga gusa abo batutsi v,p,b,a,p,r nabandi tuzi baguma binyegeza mumashirahamwe kugira bitwe babibazwa naho arukunyegeza amabi bakoze mugihugu komutabakorako?
20 Ndamukiza 2015, 13:57, par ndiho
kwisi hose imyirekano itunganijwe neza irarekuwe ko kuko nuburyo bumwe mugushikiriza iciyumviro ariiko kumushikiranganji wintwaro yohagati mugihugu yagumye asemerera ko bagomba kubimenyesha none gayemwe uko sugukengera inzego zigihugu kuki banka kubimyesha ikindi abo banyagihugu muriko muragomorera mwibarabara bazobazwa nde? mbe hoho kobagomba gufata abo bahutu bibimenabanga gusa abo batutsi v,p,b,a,p,r nabandi tuzi baguma binyegeza mumashirahamwe kugira bitwe babibazwa naho arukunyegeza amabi bakoze mugihugu komutabakorako?
20 Ndamukiza 2015, 14:54, par NTUNGWANAYO Paul
Uyo mushingantahe ashaka kumukira abanyagihugu bamwizigiye bakamutora aribagiwe ko iyaguhaye ariyikwaka nashikirize ubutegetsi abanyagihugu kuko nibo babumuhaye bitorere uwo bashatse
20 Ndamukiza 2015, 16:41, par nduwimana
LEONIDAS HATUNGIMANA....ONESIME....MURI IBIHEMU KANDI MWEBWE NTACO MUZOVAMWO.
MBEGA UWO NDAYIZIGA WEWE NI BITU GANI....!UWO NTITUMUZI NI UMU PARVENU......!!!!!!!
20 Ndamukiza 2015, 17:07, par Lead
En toile de fond, une confrontation non-voilee entre 2 camps DD: celui de Radjabu et celui de Nkurunziza, le premier (en tete duquel se trouve les frondeurs) ayant ete exclus des listes communales et provinciales soumises a la CENI. La marmite petera de l,interne.
20 Ndamukiza 2015, 17:19, par Nuwera
Aba polisi bigihugu barakomerekejwe nabarimwiyo myiharagamvyo, nikogifata abakoze iryobara ryokuvisha amaraso babajana kubafunga kugirabababaze icatumye bajamunabarabara kandibagakorerayo ibikorwa vyokuvisha amaraso, uburero bamwe muribo murabo barikobaravuga ababaha inama zibigiyegukorwa biciye bwiyo mwigaragamvyo ubworero nimwabona abanye politike bahamagarira abenegihugu kujagubisha amaraso muzomenyeko araho bizobabivuye.
20 Ndamukiza 2015, 17:21, par Rabelais
Ihohoterwa n’ihagarikwa nkumboneza z’indi migambwe mubihe vy’amatora vyamye bibaho!Ariko bazohagarika igihugu cose,ahubwo n’urugamba rutoroshe ?Hama novyuga kobatocika intege ataruho ihangiro rishitweko?Amakosa arikuruhande urwahe?Ndashimiye imyifoto igipolosi cerekanye muntaraya Ngozi kuri uyu w’Imana!
20 Ndamukiza 2015, 17:25, par mutama 2
Wewe womenya ivyo uvuga utazi no kwandika ikirundi, ewe Burundi ugeze habi, ngo ni babafate babatere irangi? ngo mucibitoke? ba mureka kwigira ibintazi twaramenye abapfuye abaribo basha.nuko mutamaramara ata soni mugira basha ntimwari kuronka iyo munyikira. haragezeko ktdahwa aho twahagugiwe ni kera ré ré .
20 Ndamukiza 2015, 17:55, par KARIKURUBU
Imvo nyakuri yo guhagarika imyimenyerezo nuko abanyamerika bategetswe ku nguvu kwinziza imbonerakure muri nya myimenyerezo hama UMUZUNGU ASUBIZA ADOLPHE KO ATAZANWE NO KWIGISHA IMIHIMBIRI IGISODA. Baca bafunga imizigo yabo buno nyene, eka amakuru yasakaye ku mudubugu avugako ibimodoka vyari vyazanye imbonerakure vyaciye bisubira inyuma mu bucagucagu bwo kuri uno wa gatanu w’indwi iheze
20 Ndamukiza 2015, 20:08, par Patrique Munezero
Oya Ahubwo Uwo Mugabo Nateshw Ate Guko Ashaka Guta Mukaga Igihugu C’uburundi
20 Ndamukiza 2015, 21:01, par NDAYISENGA André
AKO NAGAHOMERA BUNWA KKO IMIGAMBWE IRABURABUZWA AKO CNDD FDD YO YAMA MUMYIYAMAMAZO,URWO RUGENDO BITA NURWAMAHORO SIVYO NAMBA,ABO NABO NTIBAHIRAHIRE BAFATWE KKO NTAKOSA BAKOZE,NTIBAHORWE IVYIYUMVIRO VYA POLITIQUE.MURAKOZE.
20 Ndamukiza 2015, 21:02, par NDAYISENGA André
AKO NAGAHOMERA BUNWA KKO IMIGAMBWE IRABURABUZWA AKO CNDD FDD YO YAMA MUMYIYAMAMAZO,URWO RUGENDO BITA NURWAMAHORO SIVYO NAMBA,ABO NABO NTIBAHIRAHIRE BAFATWE KKO NTAKOSA BAKOZE,NTIBAHORWE IVYIYUMVIRO VYA POLITIQUE.MURAKOZE.
20 Ndamukiza 2015, 21:40, par mpozenzi
ndaryoherwa caane nivyiyumviro mushikiriza abantu mwese mwiyamiriza umukuru wigihugu ataho vyakabonetse,kuva na kera uwahemuka ku mwami yitwa umumenja bagaca bamwangaza bakanyaga urukombamazi ivyatunze vyose,none ubu musigaye mudahwa umuntu abarundi mwarengejwe murakwiye icobasubiza kumurongo,ariko rero ivyo mukora vyose mumenyeko INTAGOHEKA ataho zagiye aho bukera zizobasubiza kumurongo kuko INYENZI YISEMA YIKWEZE KUMURUNDI WISAKE kandi uwushaka kwambara urusato rwintama tuzorumwambika.
Ikibwirwa nicumva.
20 Ndamukiza 2015, 23:22, par GOGO
MBEGA ABO BAGABO IVYO BAROSE MUMYAKA BAMAZE BAKORANA NA NYENICUBAHIRO PETERO NKURUNZIZA,NTACO VYABSAMARIY? NIBA MBONIMPAMMURWENGEZO NA MBONIMPA.
21 Ndamukiza 2015, 01:23, par vuganeza
Ahubwo ngo hari iyindi myiyerekano yari prévues ce lundi,hari uwomenya iyo vyahereye?hari abazopfa barushe!!
21 Ndamukiza 2015, 11:47, par Nwari
@mpozezi nimba arumwami ramuha nyoko ncanke mushikawe ntiwuva ko uzoba utomboye?nayo nimba wiyumvira ko harabo uzosubiza ku murongo birakugoye??kuko wewe nuwo mwami wawe buca musubira ku murongo ndakenda nyoko rindira indwi,zibiri
21 Ndamukiza 2015, 14:09, par Ndabazi
Ariko namwe muri umuti wa menyo.Mbega ko batarafata abishe Ndadaye si abatututsi .Ababahutu nimubeshwe kuko muri abahutu nyene.Mbega murabona site zanditseko Tutsi .org?
25 Ndamukiza 2015, 20:18, par Minani evariste
None abo bagabo bigize akabishe mugihugu cacu bibaza ko kitarimwo abagabo bijunja n’ijambo?
24 Gitugutu 2015, 06:37, par Félicien
Musenge Gusa Uwuhoraho Aratubona