Accueil > Amagara y’abantu > Ibice 11 kw’ijana vy’abigeme bakiri bato bibungenga inda badashaka
Ibice 11 kw’ijana vy’abigeme bakiri bato bibungenga inda badashaka
dimanche 12 Ndamukiza 2015
Ibice 11 kw’ijana vy’abigeme bo mu Burundi bafise hagati y’imyaka 15 kugeza ku myaka 19 baratwara inda batipfuje.
Ivyo biri mu matohozwa yakozwe n’ishirahamwe SACADE, aho iryo shirahamwe ryabonanye n’abigeme 500 bafise kuva ku myaka 10 kugeza kuri 24 mu gisagara ca Bujumbura, ku civugo kigira giti :’’ Rwaruka erekana inyifato runtu’’. Abo bigeme bakaba bari bavuye mu ntara cumi z’Uburundi. Urwaruka rero rusabwa kuyaga ibijanye n’irondoka rijanye n’amagara meza. Ukwo kuyaga rero, bikaba vyotuma n’urwaruka rushobora kutabandanya rurwa mw’isanganya ry’ugutwara inda batipfuje.
Tukabamenyesha ko bamwe mu bigeme batwara inda batipfuje bakunda guta abana baba bibarutse, abandi nabo bagahitamwo gukorora izo mbanyi mu gihe bishobora kubagirira ingaruka mbi, hamwe n’abandi bahitamwo gufata imiti yotuma badashobora gusama inda, mu gihe baranguye ayo mabanga batipfuje.
Aristide Nizigire
Messages
12 Ndamukiza 2015, 09:10, par umutwa
None bazirya mu biharage canke bazinywa mu mazi?
12 Ndamukiza 2015, 09:10, par umutwa
None bazirya mu biharage canke bazinywa mu mazi?
12 Ndamukiza 2015, 11:01, par rupande
Baraheba urya munyenga barabe ko harizo bazosama! Oooh,mubabwiye ngo bazoze barayaga ivyo bintu? Yooh murabasutse erega uko umukobwa avyumva niko abishaka akabitanga kurya kwigikoko. None yoca avuga ko ikivuyemwo atagishaka?
12 Ndamukiza 2015, 20:09, par SOSITHENE
NAHOBIRUKOMBONAABABIJEJWEBOGERAGEZAKUKOVYARENZINKOMBE HARAHOSERUGOAVYARA NUMWANANAWAGASHIRAMWO URUMVAKWARINGORANE RERO IGIPORISICOGERAGEZA KUKOAHOMPEREREYEHARIGEZUMUKOMANDAYABABASHA ASANZAHOBAHAGAZEYARAMAKOFEMURICOGIHEWAZAWUMVANGONGAHEKOMANDABACABATAHAKA NAHOBIRUKOMBONAABABIJEJWEBOGERAGEZAKUKOVYARENZINKOMBE HARAHOSERUGOAVYARA NUMWANANAWAGASHIRAMWO URUMVAKWARINGORANE RERO IGIPORISICOGERAGEZA KUKOAHOMPEREREYEHARIGEZUMUKOMANDAYABABASHA ASANZAHOBAHAGAZEYARAMAKOFEMURICOGIHEWAZAWUMVANGONGAHEKOMANDABACABATAHAKARE
13 Ndamukiza 2015, 17:06, par NDUWIMANA
TUDAHENDANYE NI HATARI BOBO BIBAZA KO BABA BARIKO BARYA UMUNYENGA ARIKO NUMUNYENGA WA KANYA GATO MWABIGEME MWE....NIMWIHANGANE NIHAGERA MUZOKWISANZURA MUREKE GUTERA IBIBAZO ABAVYEYI BANYU
GUTWARA INDA SI BIBI ARIKO BIRAGOYE.
WASHATSE TUMA BASI MUKORESHA AGAFUKO....!
13 Ndamukiza 2015, 17:57, par nduwimana
sosithene uzokwige kwandika ibisomeka inernet c’est pour les intellectuels!!!!!!!
14 Ndamukiza 2015, 19:52, par Vila
Rreka reka biraryoshe sha nabo baba baryohewe kugira basameee ...barareka gupanura amaguru barabe ko zinjira
16 Ndamukiza 2015, 11:46, par Masate
Nibagerageze kwihanganira ibiryohera abakuze kirazira kwumviriza indya zabakuze utaragera! Nayo ahandi ho bazobamura hariho ibitandero bitagira ico bitinya