Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ibiganiro bihuza abarundi vyatanguye i Entebbe mu Buganda - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Ibiganiro bihuza abarundi vyatanguye i Entebbe mu Buganda

Ibiganiro bihuza abarundi vyatanguye i Entebbe mu Buganda

lundi 28 Kigarama 2015

Ibiganiro bihuza abarundi vyatanguye kuri uno wa mbere igenekerezo rya 28 Kigarama 2015,i Entebbe hafi y’umurwa mukuru w ‘Ubuganda Kampala.

Ibirori vyo kwugurura ibiganiro vyitabwe n’impande zose zaronse ubutumire harimwo Reta y’Uburundi,umugambwe CNDD FDD,urunani CNARED,amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike.

Ku ruhande rwa Reta y’Uburundi,bagumye bamenyesha ko badashobora kuganira n’urunani CNARED kuko rutazwi n’amategeko kandi ruri inyuma y’abahungabanya umutekano.

Ku ruhande rwa CNARED,umuvugizi warwo Pancras Cimpaye yitavye ivyo biganiro nk’umuvugizi wa CNARED yabwiye itororokanirizo ry’amakuru ry’abafaransa AFP ko ico basaba ubwa mbere ari uko ubwicanyi buhagarara kuko ata biganiro bishoboka mu gihe abantu bariko barapfa.


IGIHE

Messages

  • nihaganire umurundi wese avyifuza kuko n, iyo leta yanka abandi ngo ntibemewe, nayonyene ntiyemewe kanatsinda niyo yica benshi. bibuke ko nabonyene leta yariho kiryagihe yemeye ko baganira iriko irica abantu yongera ibaha amazirantoke.

  • Amanze ahagatike ubwicanyi wenyene be na cenarde yabo, hanyumsa Natwe tuzoheze tubasekeze badahagaritse gutera reta, hanyuma ubwicanyi buhagagrare. Kandi ntimuze muza gutegeka reta ivyoyokora.

  • ivyomwagiyemwo ngonibiganiro muzoganiribindi inzego zitorewe nabenegihugu ntimuzemukomakome....icibagiwecoco nimanda yanyenicubahiro umukuru wigihugu yatsindiye izubariva, iyomanda nimukorubone, turabingize ntimuzemkoreko.....!

  • Nibaganire Turonke Amahoro

  • Je Mbona Kumafoto Umenga Barihagarariye Gusa !! Abarundi Baragoye Bagowe Udakubise Mumutwe Ntibumva. Je Ndi MUSEVENI Boganira Baboshwe Atarukwo Ntakizovamwo. Cank Bageze Na 2025 Bakiyaga, Arukurya Nukunywa. Umurundi Umubwire UMWAMBIRO, ICAKURA, IGISABISHO, N’UMUNYENGA ntabindi

  • Je Mbona Kumafoto Umenga Barihagarariye Gusa !! Abarundi Baragoye Bagowe Udakubise Mumutwe Ntibumva. Je Ndi MUSEVENI Boganira Baboshwe Atarukwo Ntakizovamwo. Cank Bageze Na 2025 Bakiyaga, Arukurya Nukunywa. Umurundi Umubwire UMWAMBIRO, ICAKURA, IGISABISHO, N’UMUNYENGA ntabindi

  • Ndabasaba Bayage Bahuza,kugira,i Bujumbura Hongere Kuba,nyabangendwa.

  • Nibaganire,kumbure Ibujumbura Hosubira Kubanyabagendwa.

  • Ibiganiro N iyonzira Yonyene Yotorera Indyane Ziri Muburundi.Nahogushaka Kwiyamiriza Cnard,ninkabana Bavukana Bashaka Kugaburitongo Bamwe Bari Mumahanga,abarimumahanga Batashe Bagaca Babimiriza Ngo Ntibavukana. None Cnard Ntigizwe Nabarundi? Harumunyamahangarimwo? Leta Niwemere Kuko Ntabwo Warigufatigihugu Iyobitaba Ibiganiro.Kand Menyako Amaraso Aseseka Ubudasiba.Mudadaj Imana Iyababaza.

  • EWE MANANA TABAR A ABARUNDI N’ UBURUNDI! BASENZI MUNYUMVA SENGERE ABAGANZA HAMWE NABANYE POLITIC BAREKE KWINUBANA. BANYE POLITIC MENYEKO MUVUKANA IKIGIHUGU ARUMURIMA WISANGI IMANA YABAHAYE. NAMWE MUGANZA MURARABE MUSENGE MUSIGUZIMANA KUKO IBIBAZO BIRIMUGACE KABUJUMBURA MURIKO MUVYITA BITO,MUMENYE NUWUKOMERETSE KWINO UMUBIRI WOSE URASHIKIGWA.NTIMUBE NKA FARAWO YAGIYE KWEMERA UMWANA WIWE APFUYE. MUMENYE KWABO BARENGAMAJANANE BAMAZEGUPFA, IMBERE YIMANA NTACO TWABARUSHA.MBERE WOSANGA NAHO DUFISI VYUBAHIRO BATURUTA.EMERE TUGANIRE IZINDYANE ZIHERE.NATWE MUDUSUBIZE UMUGAMBWE WACU MWAHAY JACQUES BIGIRIMANA NAMATORASUBIGWEMWO.MBE DUFISINTEBE NKIZO TUTATOYE IYODUTORA NTIMWACA MUTSINDWA?

  • NIMUGANIRE ARIKO MANDA YA MUTAMA YATSINDIYE,BIN’UMURANGO BABONA NTIMUKOREKO.UWIPFUZA GUKORAKO TUZIHURIRA.RETA MFANTAKIBANZA NTIGISHOBOKA NTANIYIZOSHOBOKA.

  • NIMUGANIRE ARIKO MANDA YA MUTAMA,NTIMUKOREKO,IVYEREKEYE RETA MFATA KIBANZA NTIBACIYUMVIRE.

  • Bareke Kusamaza Abarundi Twarushe Nibiganiro Ataco Bivamwo Imana Ifashe Uburundi

  • Bareke Kusamaza Abarundi Twarushe Nibiganiro Ataco Bivamwo Imana Ifashe Uburundi

  • Bareke Kusamaza Abarundi Twarushe Nibiganiro Ataco Bivamwo Imana Ifashe Uburundi

  • Izo ntozo zabategetsi ngo ni Reta, @maso uranyibukije kirya gihe ingene baduhekuye izo nkora maraso, zishe Richard umugenzanje. abandi zibaha amazirantoke. Uburundi ntamugisha buzogira bukirongowe nabamenja.

  • uburundi ntibwisonera .birababaje gukinagiza igihu imana yaduhaye.
    None abo ba bagaza,ntiba,buyoya,ndizeye bashaka iki.?
    abo vyananiye nibo bashobora kutwereka uko uburundi bubishobora?
    dukeneye une jeune geneoration nka ba nyamitwe nabandi
    kuganira naho ntakibazo

  • Nimuganire Ariko Cnarede Ntiyiyumvir Leta Mfatakibanz Kuko Mutama Twaramutoy Mandat Ategerezwa Kuyimara.

  • Nimuganire Ariko Cnarede Ntiyiyumvir Leta Mfatakibanz Kuko Mutama Twaramutoy Mandat Ategerezwa Kuyimara.

  • Niyumvira Ko Leta Yivuna Uwo Wese Amuteye Kandi Uwuteye Leta Aba Ateye Igihugu.Pancras Nasabe Nimba Bashaka Ibiganiqo Babuze Iyo Migwi Itera Igihugu Nicogituma Amantu Bapfa Abandi Bagahunga.Jew Ubu Ndibaza Ko Abo Batavuga Rumwe Na Reta Gutera Igihu Batoshira Mumashi Ariko Boja Mubiganiro.Kuko Ubu Atarukumara Imisore Y’uburundi Kubera Bo Ntagihu Bazopfa Bafashe.Sinkakera

  • we pancras narinziko userukira ishirahamwe ridaharanira ivyicaro,none ndabona nawe wakaniye muri politike!

  • we pancras narinziko userukira ishirahamwe ridaharanira ivyicaro,none ndabona nawe wakaniye muri politike!

  • FOREBU iri he?CNARED ishoboye iki ou bien inegocia sur base de quoi? mbona bose ntaco bariko barakora kereka kurya fraie de mission bamwe za leta abandi za ONU sha abarundi baracahona.

  • JEWE.NDAFISE- IKIBAZO ABO BARI MUBIGANIRO MUBIHEVYA MWAVUGANGO. ABAZUNGU NGO NIBO BATUMYE MURYANA, EGO UMUNTU. YOVUGA KO ATABWENGE MWARI BWAMENYE NUBU NTABWENGE MURAKAGIRA . UKUSHAKA KOBAKUGIRIRANEZA- GIRIRA NEZA ABANDI. UGUTWARA SIKWOKUBAHO. MURASHIMA ABATWAYENEZA. KOMUSHIMA. ABATWAYE IMISIMIKE. MUGACA MUBICA ,ABATWAYE IMYAKA MYISHI NTIMUBASHIMIRE.? UHEREYE, KURI" PEREZIDA BAGAZA. YATWAYE IMYAKA CUMINUMWA NUYUMUTAMA NYAKUBAHWA. PEREZIDA PETERO NKURUNZIZA MURIGA UKUMENYA NOGUTAHURA NTIMURABISHIKAKO. NABO BARAKOZE BAKOZE MUMAJAMBO ARIKO URUPFU GWBO. RUGATAHUZA BESI. GIRA IKIBABAGWE CABANDI IMANA . IFISE VYISHI IZOBABAZA KUBO MURONGOYE. IBITABARYOHERA MUMBABARIRE.MURAKOZE MUGIRE UMWAKA MWIZA WAMATA NUBUKI

  • AMAHORO . ARUTA IVYOVYOSE MUBONA BIBAKIJE UBUTEGETSI . NTIBUZOBAKWIRA . MWESE. ARIKO UMUNTU ASIMA ASHISHOJE UBURYOBWOSE MUBWITONZI YOSANGA ARI UMUTEGETSI IYO ASHIMA. HARIHO NUWUBUHARANIRA ARIKO ABUSHITSEKO NTABISHOBORE.

  • Abanye Poritike Nibaduhamahoro, Bareke Kwica Abantu Manda Yagatatu Abanyagihugu Batavyemeye Nibayihebe

  • NTABIGANIRODUSHAKANUMUHA WINKOZIZIBIBI

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.