Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ibiganiro vyaheze bapfunditse ibizoshikirizwa abakuru b’ibihugu - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Ibiganiro vyaheze bapfunditse ibizoshikirizwa abakuru b’ibihugu

Ibiganiro vyaheze bapfunditse ibizoshikirizwa abakuru b’ibihugu

jeudi 14 Mukakaro 2016, par Egide NDUWIMANA

Abari mu biganiro bashize hamwe ivyo bazoganirako mu biganiro bizokurikira, umuhuza akaba agiye gushikiriza icegeranyo c’ivyo bumvikanye, mu nama y’abakuru b’ibihugu vya Afrika y’ubuseruko yimirije kubera i Kigali mu gihugu c’Urwanda. Abo bakuru b’ibihugu nabo bakazosabwa kugira ico babivuzeko.

Mu minsi itatu yari iheze Abarundi bari i Arusha mu biganiro, umuhuza yumvirije mu mirwi abaserukiye Reta, abaserukiye urunani CNARED, amashirahamwe y’urwaruka, amashirahamwe y’abakenyezi, hamwe abarongoye amashengero. Abari mu biganiro bashize hamwe bumvikana ku rutonde rw’ingingo umunani rw’ibizoganirwako mu biganiro bizokurikira.

JPEG - 34.8 ko
Abahoze ari abakuru b’igihugu c’Uburundi bose bari bitavye ivyo biganiro

Izo ngingo umunani bashitseko akaba ari umutekano (guheza ubwicanyi bubera mu Burundi), ivyokorwa kugira amategeko yubahirizwe, ingene amasezerano ya Arusha yokwubahirizwa hamwe n’ukurabira hamwe ikibanza ahabwa, ibijanye n’intwaro rusangi hamwe n’ugukora poritike atawukumiriwe, ingene agateka ka zina muntu kokwubahirizwa mu Burundi, ingene hoshirwaho Reta ihurikiyemwo bose nk’uko vyasabwe n’abakuru b’ibihugu bo mu muryango wa Afrika y’ubuseruko, ibijanye ubutunzi bw’igihugu, hamwe n’imigenderanire Uburundi bufitaniye n’ibindi bihugu n’abagira neza.


IGIHE

Messages

  • Ivyo Bazoganira Vyose Ntibubahuke Ngo Bakomakome Mutama Wacu.Twaratoye Twarahejeje.Mbe Ashatse Gutembagaza Ubutegetsi Bo Ntaco Bazovugwako.

  • CNAREC NI BOKOHARAMU yo muburundi. ubundi hashikirana abantu bafitanye ibibazo kandi bari mungwano. None CNAREC izagenda iraritse amazuru ngo bayishyire muri LETA,.... Buyoya we turamushaka ikiziga kimwe na sinduhije mujeri.

  • Nejonejobundi,uzewamewiyamiriza,uwaguhakije,oyakabisa,ntimukwiye,kwicarana,nabicamyi

  • JEWEMBONA BAGIYEKWIRIRA AMADORARE GUSA NTAKIZOVAMWO CINGIRAKAMARO NAWE UZOBUMPINYUZA

  • JEWEMBONA BAGIYEKWIRIRA AMADORARE GUSA NTAKIZOVAMWO CINGIRAKAMARO NAWE UZOBUMPINYUZA

  • jewenumvarisawa ariko abaharanira retafatakibanza batayizaba muburundi ntitwibagireko senared nabitwakobatwaye uburundi kuntwarozabozaheze nibobarota retafatakibabanza

  • Nivyiza Cane Turashimyeko Bumvikanye Nakare N’akabere Kari Kayaze!Tubipfurije Guterimbere Nk’umuzinga.

  • Salut tout le monde. En fait mkapa ntimuzi neza ivyiwe. Bukebuk muzobona uwariwe. Mwomenya qu il fut parrain waba DD au maquis. La suite murayibona

  • WANKA COSE UGATAHUKIRA IKIMANYU ABO BAGABO BAZO SIGARA BICUZO ICO BATEREYE UBURUNDI EREGA UBU U BURUNDI BUFISE ABAGABO BASHITSE UBUGABO ABA CNDD FDD BAZOREKURA YESU AGARUTSE NONE NIRYARI?NIBATEKEREZE.

  • Ngw,Ingene Hoshirwaho reta ihurikiyemwo bose?None nabatabirekurirwa nibwirizwa shingiro Mushaka bajemwo?Murihenda basha!Nigukwirikiza ivyanditse ivyobindi ntawovyemera!!!

  • Nubwo harimwo ivyomwashizemwo muzosanga arivyo birimu Burundi nkontwaro rusangi, ndashimyeko mutacishijemwo ijambo ryitwa papa Burundi inyenyeri y’Afrika H.E president Nkurunziza president wa republic yu Burundi.

  • Imana niyo nkuru kandi izi ibikwiye. Ndayisaba gukuraho ibigawa nayo igashiraho ibishimwa. Ikureho ibibi izane ivyiza. Mubiganiro ntize yemereko havamwo ibibi ariko haze havemwo ivyiza. Ubwatsi burasha bukabisa ubundi .

  • EMW GERAGEZA ARIKO JEW IBINTUVYABARUNDI NDABIMENYEREYE NTAKINTU KIZOVA MURIVYOBIYAGO REKA MBIRINDIRE

  • Reka guterana amajambo yemwe .Ahubwo bishimire Imana ibahuje turabe ko twogira umutekano hose mu gihugu c’uburundi . Murazi kurira uwundi aririmba!!!

  • Yemw nubw har icumvakanwek,je mbona uk ibiganir bigend biteba bamw nukugir bagume birira yamadorare guse!mbay ndashima ahandih igugu c,uburund umeng ni ucubusimbirahamwe.

  • None GA yemwe ko abadukurira bumvikanye kuri izo ngigo zose , bimaze iki guterana amajambo aho kubasengera bakazokoreshwa n’Imana muri ivyo biganiro? Reka umwera I’ve ibukuru ushwar igihugu cose

  • Akonakamari kokurya amadoral .jenibazako ibihugunamashirahamwe mpuzamakungu ntawuziyo bigana!!!asangwa bagifisamategeko bashizeho ya demokrasi ntanahamwe vyemewe kuwakoze kudeta igirigwa ibiganiro,uwayishoboye itarase bamukuraho kunguvu kukwiyongendo yarataye igihe.none nibataruburyo bwokwirira amafaranga nikigituma bababantahompagaze??tanzaniya ibitse abasirikare hafi 45 mubagize kudeta none ububarashaka guhuzabarundi babitse umwansi wademokrasi!!!!? Kuki batabafashije yatariki bakabiyamiriza nonubu bakaba aribobababitse??cankebashaka uwomugambi ugayitse ukwirehose! Nuwutangayo mafaranga nawe ngirasayamugora kurondera,ikibazo nukobadafasha abashonje nabagwayi nabafisibindibibazo.kuribo intambara ibonetse baba bejeje ,jewe iconibaza amategeko akurikijwe mubueundi tuzohindura Leta2020 hasubiye kubamatora-niho demokrasi izoba icubahirizwa mumategeko.atarukonaho amakungunahore yiteguye gutabara ahabaye amakudeta nibatihagararako mugutegura kazoza karimbere.

  • Ko mutasizemwo ibijanye n’ubutungane ingene Nkurunziza n’akarwi kiwe bokurikriranwa nabandi bona bagirizwa ubwicanyi?Aho hoho ntaco mwoba mudukoreye.

  • ICOGIHUGU CUBURUNDI CAMAGITWAGWA NABAMUJERI GUSA KIRETSE NDADAYE NA NTIBA NA DOMITIEN.ARIKABANDI BOSE NIBINYWA MARASO GUSA.NA PITA YIYITUMUSENZI NYAKUMENEKERA MUGAHINGA NICOKIMWE NA BUYOYA,NAKAMWE GAHERUKA GUKWEPUBUTUNGANE KAGASANDABA.MWEBWE BANYAGIHUGU BABARUNDI MWIRIGWA MUGWA MUVYUKA MUTOTEZANA MWEBWENAMWEBWE MWUMVA NAMWE MWAHAWIKIHE KIBANZA CANKAGACIRO MURIVYO BIGANIRO?KEBANUKE RERO!

  • Ngo mufise abavabo? Ndabasetse !!!!!! ahubwo mufise imbura mikoro usibye ubwicanyi harikindi mwokwiyimvira?

  • Nivyiza ariko iyi reta yi caduka ya Nkurunziza, ni kurweho nta yo dukeye twamaze guhaga kwama turahamba. jewe umusi izireta zivyaduka zofudika nogira umusi mukuru wukwezi kwose kuko yo ba aritsinzi kubarundi bumutima. abo nabo bivugisha ngo bashaka umutwe wa Buyoya na Sinduhije, murihenda nguruciraso rugahitana nyoko. burya Sha wewe wi yita Tari uriko usema agatwe ka Nkurunziza kuko abo wifuza kubona umuvyimba wabo Nkurunziza niwe azobatangurira.

  • Nivyiza ko ukubahiriza amasezerano yarusha aritegeko atari igisabo wawundi ati uraba wumva birenge niwe ubwirwa nkurunziza nabe arikura hakiri kare kuko ayo masezerano atomora neza ko atamurundi numwe arekuriwe gutwara ibiri ngo birenze bibiri ikindi ivyo bindi bisigaye ngo vyademokarasi umutekano intwaro ibereye nibindi vyarahejeje kuvurwa mu masezerano yarusha igisigaye nukuvyubahiriza ntakindi ahubwo icocumutekano ninkenerwa mbere kirihutirwa rwose ahubwo umuhuza yagomba kubayamaze gusaba irungikwa mumaguru masha ryazanteko 5000 bishobotse zikanongerwa ziza guhagarika ubwobwicanyi no guta muriyompi abobose babufisemwo uruhara ikindi kubijanye nimigenderanire nukuraba ibihugu vyaba ivyo murafirika nakure uruhara bifise mugushigikira nkurunziza ngwahonyange amasezerano yarusha gushika naho ivyo bihugu bimuha ifashanyo zo kumara abarundi bose betemerako ahonyanga ayo masezerano kuko biriho mbere bimwe murivyo biramaze kunurwanurwa ikindi nukuraba uruhare rwibihugu bishigikiye ko ayo masezerano atohonyangwa mbega bo bakoziki mu gukingira ayo masezerano kugira ibintu ntibigere ahovyarinze kugera ikindi nuruhara rwibihugu vyo mukarere mbe vyovyo vyakoze iki kugira ibintu ntibegere aho vyarinze kugera kuko hariho igice co murayo
    Masezerano aho basaba ivyobihugu gufasha kugira ayo masezerano yubahirizwe ikindi nuko hoca hashingwa umurwi wigenga wabasivira na basirikare wozokwama ugavye kuburyo hagize uwundi muntu asubira kwiyumvira gutatira Ayo masezerano uwo murwi woca utamumvuto bidatevye benuwo muntu ntabwo dukeneye guhora iyarusha ico dukeneye nishirwa mungiro atakirinze gusabwa ibiba vyumvikanyweko

  • ESEMUBAMUGIYE KWEREKANA KOMWANBAYE AMAKOSITIME MUBURUNDI NTATWARORUSANGI IHARI ABANYAGIHUNTAMAGABURANYATUGIKENEYE NTABATUTSI NABATWABATWARAMUBURUNDI DEMOKARASI IRIHO NAMATORA IBINDMWIZE VYO ESENTANUBWENGE MUKIGIRA TUZITORERA NTABUSINBIRAHAMWE DUSHAKAMUBURUNDI UWUTSIZWE NAZEYEMERA IZORYARYA MURACITEZE AMAGABURANYAMA MURUNDI ABANTUBIZEBAMWEBAMWE NIBIROFA AMATORA AZANGOHABIKI NIBAJEKURIMA NTAMUNTU AZOTWRA MUBURUNDI ADATOWE NDABABWIPE KURATA INDAKUNBUGA BIHAGARARE NGOMWARI MUMANAMA YAHE?

  • hari ikinyamaku canditse ko abobagabo amakoti bagiye bambaye bayahawe na louis michel,kuko bageze habi:rero sinumva nkuyo ntiba ukuntu mbona ariko yanika amenyo imbere ya buyoya,nikoti yintirano akibagira amavyi yatewe nawe,aho bitaribwabonete kw’isi habandi bategwa amashugwe,we nawe ugategwa amavyi!ntacoroshe!!

  • Yewe nimumbarire uwo ni Ntibantunganya umutwe wiwe afise uumutwe mengo numwana yavutse nyinawiwe yarariwe nayamibu yomugihugu vya America yitwa ZIKA!!!???
    Yewe wewe upfuye gatatu,
    Umva kuva ukiri umwana gukomeza ugakira ukiga bitaribibi ahohose warimubibazo, ukiri umugabo abushitse atireka tumuhe ubukuru uyumugabe maze abana bizigo sukumwirukako bamutera amazirantoke yemwe bagiye kuruhuka bakuye ishenzi kuntebe yubukuru bwigihugu maze arabahebera, arakomeza arinanata maze ibintu mugihugu birahinduka noneho ati Ntibantunganya yarabaye umukuru wigihugu atirero sumuntu asanzwe ati ategerezwa kuba umushingamateka maze biba ukwo, babandi bafitaniye isano nabigeze kumutera amazirantoke atikotubona mengo atanguye kutuvyurana izuru uwotwarahiye kwatazoturyana ivyiza vyomugihugu, maze abana bamwinjiramwo bamwerekako bamukunda cane gusumba abantubose maze bamusaba gutuka nokwiyamiriza incutinabagenzi nawe mukubikora yivayo none ubutamabwiye abuririye mumagirwa nkayo yakuriyemwe sinje nohahera hohera abatazi gutandukanya icatsi nururo. Urambabaje Ntibantunganya S kandi atacinohindura ariko rekandaguhereze Imana Mushoboravyose ishobora kukubwira uti taha mugihugu cawe atumusi wawe nakugeneye utaragera uzobaho arinaho wageze arinaho uri mu Rwanda ntiwomenya icagukubise.

  • YVOBA YVIZA BAGANIRIYE BAGAHUZA ABARUNDI TUGEZE HABI

  • Mamaweee! Leta Dufis Irakomey. Uwo Ni Umukenyuro Namwe Mwanike Amenyo Ngo Leta Ihurikiyemwo Bose.

  • Nibumve abo baginga
    Turasaba leta gutangira amatohoza kubishe Ndadaye. Buyoya we umunyororo uramutegereje

  • Abarundi twipfuz’amahoro turarambiwe, nokwaman’agafuni gahamba.mwe mufis’umutima wubuntu fasha tuve muntambara.nayabamenja batagisonera kiremwa muntu.bakubitw’intahe mugahanga.

  • Les 3 ventriotes Burundais. Ehhh nibanike iyo midigi namazuru abakunamye ngo barashaka ibiganiro. Ce sont les 3 ventriotes de haut niveau

  • JEWE NARABABWIYE KONDIKURE YANYU KUVA 1975 ARIKO IBIBA HIYO NDABIZI. NTIBANTUNG NDAYIZ NIBIKORESHO VYA BUYOY,SINDUHJE NA RAJAB @ AHO UMUKECURU ATOYE URUHINDU AHITA URUGANDA>< BAZI KO BAZOSUBIRA KUBUTEPETSI @ BARUMDI BARUNDIKAZI B"UMUTIMA FATANE MUNDA .@ INKONA NTIYARUZWA

  • ibyuburundinagahomamunwa.tuzotegeezakugezaryari

  • Kuvyobiganiro Vyiharusha Twipfuzayuko Abarundi Twokwicarahamwe Kubarwanyareta Barabeneza Ivyabaye Irindwinakabiri Ntibisubrekutubako Igihugu Twifuzako Cotemba Amata Nubuki Ukaba Umutima Wa Africa Koko Mukoz

  • nimuke muzeh nkurunziz, yitwarire imana yamuduhay turushe. abo banye politike biyumvira kwabobantu bica kwari bankurunziza?umutima urabesh, nabimana ubifisemwo uruhara wese irazi vyose. amaraso yasesetse yabo ataremye hari humusi izokubaza abayo bandanya wica nta mwami atwara imana itamugeny, mwiteranya ku mana kubusa no kubantu nabariko barabura ababo,mubiter itabandikiye muzopha ataco mubonye mugomb mwobireka isi irikumuhenuko ntimuyishimir imana yashavuy namwe muzobazwa ivyo mwakoze vyos.

  • enda abanye politik mwibuke kwatamuntu avuguruza icimana yandikiye umuntu noho muzokwica abarundi bose itakwandikiy gutwara uzopha udatwaye amaraso muriko muramena yabantu mutaremye naho uzopha uzozuka ubibazwe muzi yuko nkurunziza yatowe nabantu habanje kumutora ijuru. rika kwiteranya ni mana ahuri hose ntiwa yisize. mugomba mwohindura kwica siko kusinyura ivyimana yandits. abo mwica bos ijuru riraharura nturye uryame ngo nta wukubona.imana niyizi ibikorwa ahatabon

  • Erega buyoya ntabandi yoronka ahenda atarubwo bujuju buhagaze imbere yiwe koyigira ngo yarize amashure yokwica azogaruke ngaha ibuja tubimenye abo yishe 93 tubamuvomemwo

  • EREGA,ABATWARA,UBURUNDI,CANKE,NABAZOBUTWARA,NIBAMENYEKO,ATANYAGUPFA,NANYAGUKIRA,NIBAKURIKIZE,IRAGI,RYANYAKUBAHWA,MELCOL,NDADAYE,NIHO,BAZOMENYA,UKO,UBURUNDI,BWOTWARWA

  • EREGA,ABATWARA,UBURUNDI,CANKE,NABAZOBUTWARA,NIBAMENYEKO,ATANYAGUPFA,NANYAGUKIRA,NIBAKURIKIZE,IRAGI,RYANYAKUBAHWA,MELCOL,NDADAYE,NIHO,BAZOMENYA,UKO,UBURUNDI,BWOTWARWA

  • abobavuga ngobamuhawe nimana nibwabudede ntabandi ngonumusenzi akaguma yica abantu nyenembega nta sang agira car àtombe

  • MBEGA BUYOYA AHO YATWARIYE UBURUNDI NAMBA ATACOYARONSE NTACO AKIRONKA NAMBA ATACO YUNGUYE UBURUNDI NTCO AKIBWUNGUYE AHUBWO AREKE ABASHAKA AMAHORO BAYASHIKIRE. IMANA ISUMBAVYOSE.

  • BUYOYA TURAMUZI NAREKE KWIYO ROBEKA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.