Accueil > Inkino > Amahiganwa > Ibihugu bimaze kuronka imidari mw’ishiganwa rya "Jeux Olympiques"
Ibihugu bimaze kuronka imidari mw’ishiganwa rya "Jeux Olympiques"
lundi 8 Myandagaro 2016, par
Ibihugu vya mbere bimaze kuronka imidari mw’ihiganwa rya "Jeux Olympiques" ririko ribera mu gihugu ca Bresil vyamaze kumenyekana. Kw’isonga haza igihugu ca Reta zunze ubumwe za Amerika kimaze kuronka imidari yose hamwe 12.
1. Reta zunzubumwe za Amerika : Imidari y’inzahabu 3, imidari y’ifeza 5, imidari y’umujumpu 4. Yose hamwe ni imidari 12
2. Chine : Imidari y’inzahabu 3, Imidari y’ifeza 2, Imidari y’umujumpu 3. Yose hamwe ni imidari 8
3. Australia : Imidari y’inzahabu 3, Imidari y’umujumpu 3. Yose hamwe ni imidari 6
4. Ubutaliano : Imidari y’inzahabu 2, Imidari y’ifeza 3, Imidari y’umujumpu 2. Yose hamwe ni imidari 7
5. Korea y’epfo : Imidari y’inzahabu 2 Imidari y’ifeza 2 Imidari y’umujumpu 1. Yose hamwe ni imidari 5
6. Hongrie : Imidari y’inzahabu 2.
7. Uburusiya : Umudari w’inzahabu 1, Imidari y’ifeza 2, Imidari y’umujumpu 2. Yose hamwe ni imidari 5
8. Ubwongereza : Umudari w’inzahabu 1, umudari w’ifeza 1. Yose hamwe ni imidari 2
9. Suede : Umudari w’inzahabu 1, Umudari w’ifeza 1. Yose hamwe ni imidari 2
10. Ubuyapani : Umudari w’inzahabu 1, Imidari y’umujumpu 6. Yose hamwe ni imidari7
11. Chine Taipei : Umudari w’inzahabu 1, Umudari w’umujumpu 1. Yose hamwe ni imidari 2
12. Thailande : Umudari w’inzahabu 1, Umudari w’umujumpu 1. Yose hamwe ni imidari2
13. Argentina : Umudari w’inzahabu 1
14. Ububiligi : Umudari w’inzahabu 1
15. Kosovo : Umudari w’inzahabu 1
16. Ubuhorande : Umudari w’inzahabu 1
17. Vietnamu : Umudari w’inzahabu 1
18. Canada : Umudari w’ifeza 1, umudari w’umujumpu 1. Yose hamwe ni imidari 2
19. Kazakstan : Umudari w’ifeza 1, umudari w’umujumpu 1. Yose hamwe ni imidari 2
20. Bresil : Umudari w’ifeza 1
21 Danemark : Umudari w’ifeza 1
22. Ubufaransa : Umudari w’ifeza 1
23. Endoneziya : Umudari w’ifeza 1
24. Nouvelle-Zelande : Umudari w’ifeza 1
25. Korea ya ruguru : Umudari w’ifeza 1
26. Philippines : Umudari w’ifeza 1
27. Afrika yepfo : Umudari w’ifeza 1
28. Ouzbekistan : Imidari y’umujumpu 2
29. Ubugiriki : Umudari w’umujumpu 1
30. Pologne : Umudari w’umujumpu 1
31. Espagne : Umudari w’umujumpu 1
IGIHE
Messages
8 Myandagaro 2016, 14:52, par Lili
kwisi yose igihugu kitarabonaho umudari numwe cyitwa RWANDA . Ico gihugu kiyoborwa numwicanyi karahabutaka KAGAME INKORAMARASO.Abarundi bo bigeze kuronka umudari bawuheshejwe na NIYONGABO. Urwanda rwo ntanarimwe ubanza perezida Hitler KAGAME PILATO abatera umwaku.
8 Myandagaro 2016, 20:27, par AIZACK
Erega afrika ntiturimwo!mubihugu 31hakabamwo kimwe
9 Myandagaro 2016, 09:22, par turaje
uburundi bumaze kubona imidari ingahe? imidari urwanda rumaze kubona kubera president kagame urayizi was njiji we uvuga ibyo utazi , murembejwe numwanda numubuko warangiza ukavuga ubusa benenyoko bariko baramarana buriminsi hapfa inzirakarengane kubera ubuyobozi bubi
mwatukana mwagira gute ntacyo muteze kuzatwara u Rwanda kd ntimuteze no kurushikira , ingengabitekerezo yarabarembeje ntakindi mushoboye , baravuga ibyimikino ukazana kagame
ahuriye hehe niyo mikino wa njiji we ntukavuge ubusa rero.
9 Myandagaro 2016, 17:43, par Lili
Abarundi ngo bategereje imidali yokuba barabaye abambere kwambara ibyahi...aliko ubu nibwo ubugoryi nubujiji bwabarundi bitangiye kugaragara..
10 Myandagaro 2016, 08:24, par emile.sinzumusi@yahoo.com
Bangwe bangwe mwempi muravukana. Imbere y’abazungu mwese muri de petits pygmés.
20 Myandagaro 2016, 20:28, par Claude Jean
Lili Imikino Na Politique Ntaho Bisaniye Ukund Ubwicanyi Jana Nabwo Uturekere Ama Jeux.Naho Nd Umurund Kagame Araturusha Ptq We Ntubôako Uzokwikoza Isoni?