Accueil > Inkino > FOOTBALL > Urutonde rw’ibihugu bizohura mu nkino zo muri Bresil, amasaha n’ikibuga (...)
Urutonde rw’ibihugu bizohura mu nkino zo muri Bresil, amasaha n’ikibuga zizoberako
jeudi 12 Ruheshi 2014
Ibihugu biri mw’ihiganwa ry’igikombe c’isi izohura uku gukwirikira, amasaha (yo muri Bresil) n’ikibuga. Turavye dusanga Uburundi buri imbere amasaha 5 igihugu ca Bresil.
1) Kuri uwu wa kane hatangura :
Bresil ihura na Croatie, 17h00 ku kibuga Arena Corinthians kiri i Sao Paulo
2) Igenekerezo rya 13 Ruheshi hazokina :
Mexique na Cameroun, 13h00 ku kibuga Estadios Das Dunas kiri i Natal, ibi bihugu biri mu murwi wa mbere (Groupe A).
Espagne na Pays Bas, 16h 00, i Arena Fonte Nova
Chili na Australia, 18h00 Arena Pantanal,
3) Igenekerezo rya 14 Ruheshi hazokina :
Colombiya na Grece biri mu murwi C, bizokinira ku kibuga Mineirao 13h00
Urguay na Costa Rica, 16h00 ikibuga Castelao,
Angleterre na Italie, 18h 00 i Arena Amazonia,
Cote d’Ivoire na Japan, 22h00, i Arena Pernambuco.
4) Igenekerezo rya 15 Ruheshi
Suisse na Equateur, 13h00 i Estadios Nacional
France na Honduras, 16h00 i Estadio Beira-Rio
Argentine na Bosnie-Herzegovine, 19h00 i Maracana
5) Igenekerezo rya 16 Ruheshi
Allemagne na Portugal, 13h 00 i Arena Fonte Nova
Irani na Nigeria, 16h00, i Arena da Baixoda
Ghana na USA, 19h00, i Arena das Dunas
6) Igenekerezo rya 17 Ruheshi
Belgique na Algerie, 13h00 i Estado Mineirao,
Bresil na Mexique, 16h00 i Castelao
Coree na Russie, 18h00 i Arena Pantanal
Igice gikwirikira uko ibihugu bizokina tuzobibamenyesha mu makuru yacu yo hanyuma
Cherif Nkeshimana
Messages
12 Ruheshi 2014, 20:31, par MAHORO
ARIKO AYO MASAHA NAYO MURI BRESIL. 17H AU BRESIL= 20H GMT
13 Ruheshi 2014, 08:21, par gapesi
Uraraba neza Swaziland ntirimwo, ahubwo ni ubuswise Switzland
14 Ruheshi 2014, 21:05, par KUBWIMANA Jean Marie
Nukuri nyene mudakoze,ntimuze mwibagire kuduha iyo programme ikurikira.Nanje ngiye gusenga ngo Ghana yanje itsinda.Ariko bagenzi mwonyizeza.Mwomenyera USA ikomeye.Mumpurize pe ndashaka ko Afrika yacu iterimbere mwirihiganwa.Mumfashe gusenga.
17 Ruheshi 2014, 13:27, par Mateso Charles
Ibihugu vyo muri Afrika biraboneka ko bikiri inyuma mu vy’umupira!! Iyo dushigikira turaba nyabuna ubuhinga kuko nta gitangaza kizoza kidafatiye kuri ubwo buhinga