Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ibikorwa vy’ubudangaji vyasubiriye muri World Trade Center ahiciwe abantu (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Ibikorwa vy’ubudangaji vyasubiriye muri World Trade Center ahiciwe abantu (...)

Ibikorwa vy’ubudangaji vyasubiriye muri World Trade Center ahiciwe abantu 3000

mercredi 17 Myandagaro 2016, par Egide NDUWIMANA

Ibikorwa vy’ubudandaji vyarongeye kwugururwa ku nyubakwa zibiri nshasha z’amagorofa za World Trade Center mu gisagara ca New York, ahabereye ibitero vy’iterabwoba kw’igenekerezo rya 11 z’ukwezi kw’icenda umwaka w’2001.

Amazu y’amaduka hamwe n’amazu y’uburiro ashika kw’ijana yarongeye kwugurura kuva kuri uwu wa kabiri. Abadandariza muri ayo mazu bakaba bafise ivyizigiro ko hazohurumbirwa n’abanyagihugu b’i New York bose, ndetse na bamukerarugendo, nk’uko VOA dukesha iyi nkuru ibivuga.

Tubibutse ko abantu bashika ibihumbi bitatu aribo bahitanwe n’ivyo bitero vy’iterabwoba muri ico kibanza ca World Trade Center, haraheze imyaka 15.


IGIHE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.