Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ibikorwa vya Festicab 2013 vyatanguye icese - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Amareresi > Ibikorwa vya Festicab 2013 vyatanguye icese

Ibikorwa vya Festicab 2013 vyatanguye icese

samedi 8 Ruheshi 2013

Iryavuzwe ryatashe, isabukuru y’amareresi ku ncuro ya gatanu mu Burundi yaraye itangujwe icese kuri Hotel Club du Lac Tanganyika ku mugoroba w’ejo igenekerezo rya 7 Ruheshi 2013 imbere y’abarorerezi, abakunzi b’amareresi n’abafashe mu mugongo itunganwa ry’iyo sabukuru iba uko umwaka utashe igahuza abahinga b’abarundi n’abandi mvamakungu.


Paterne Nsengiyumva

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.