Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Ibintu abasore bakwiye kwirinda bagitangura kuresha
Ibintu abasore bakwiye kwirinda bagitangura kuresha
jeudi 24 Nzero 2013
Hari ibintu abantu badakwiye kuza baravuga iyo bariko bararesha
1.Nko kuvuga ngo:
-Mukobwa, mwarantwaye umutima.
ivyo biboneka ko umengo ni icese ariko sivyiza kubivuga ugitangura kuresha.
-Urashobora kumpenda ariko umengo ndamaze kukubona ahantu.
Aho,umukobwa aca abona ko umubeshe kuko iyaba arivyo aba avyibuka.
-Urazi ko usa n’umuntu twahora dukundana!
Ivyo ni bibi cane kuko abakobwa ntibakunda gusa na gato n‘abandi kuko uc’umengo wamukunze kubera basa n’uwo yahora akunda.
-Tuzogira mariage ryari?
Iyo ugitangura kuresha,kirazira kwihutisha ibintu.
-Ndafise ibintu vyose vyotuma ubaho neza.
ni vyiza kuvuga amajabo aryoshe ariko gushiramwo indenzarugero no kubesha ukavuga nivyo udafise.
-Umugenzi wawe yaranyanse none, nshaka basi ndabe ko wewe vyokunda.
Aho vyerekana ko utamukunda na gato ko uje iwe kuko uwundi yakwanse.
-kubwawe, noja nkumpera y’isi.
imbere yo kuvuga amajambo menshi, ubanza kumenya ivyo akunda si abakobwa bose bakunda umuntu bajana kumpera y’isi bataramumenya neza.
-ooooh! maman wanje azogukunda.
Gutangura kuvuga ivya maman wiwe ata kintu muragerako biratuma umukobwa yibaza ko uri “umuhungu wa nyina”.uca umengo azokwemera maman wiwe akwemeye canke ko agukunze kugira maman wiwe aryoherwe.
-hmmm!biraboneka ko woba uri umuntu mwiza.
Aho uba umweretse ko umukundiye taille yiwe canke igihagararo ciwe.
Grace Irimbere
Messages
18 Ndamukiza 2015, 18:32, par Emmanuel-bururi
Jew Mfir Randev Y,umukobm Nshak Ko Dukundan Arik Nabuz Iy Nzoher Mukumubwir Iciphuz Canj.Ni Muntoz Imitwe.Saw
18 Ndamukiza 2015, 18:33, par Emmanuel-bururi
Jew Mfir Randev Y,umukobwa Nshak Ko Dukundan Arik Nabuz Iy Nzoher Mukumubwir Iciphuz Canj.Ni Muntoz Imitwe.Saw
18 Ndamukiza 2015, 18:35, par Emmanuel-bururi
Jew Mfis Randev Y,umukobwa Nshak Ko Dukundan Arik Nabuz Iy Nzoher Mukumubwir Iciphuz Canj.Ni Muntoz Imitwe.Saw
24 Rusama 2015, 21:36, par Ndayishimiye Fabrice
Mfise Ukobwa Ndik Ndaresh Arik Namusavy Urukundo Mur Sms Nashak Muntoze Imitw Sawa
21 Gitugutu 2015, 15:29, par bosco
nkundanye numukobwa ariko ntanyitaho
6 Kigarama 2015, 21:13, par desire
jew hari umukobw ngomba kuresh nabu uko nomutangura none niyo twabonana nzomuhera he?
3 Ruhuhuma 2016, 09:59, par nahayo ibuganda
nfise umukobwadukundanye iyotubonanye ubwobabucabufata non kugirabuherenzobigenzagute?
3 Ruhuhuma 2016, 10:00, par nahayo ibuganda
nfise umukobwadukundanye iyotubonanye ubwobabucabufata non kugirabuherenzobigenzagute?
3 Ntwarante 2016, 22:26, par modeste nyabenda
kubwanj ntakwiyemer kumukobw Kand Gukunda Umukobwa Sagahato Iyakwanse Uramureka Harababesha Kugira Amukund Bishitse Ukamutwara Ntabe Akibona Bimw Wemera Mucamubananabi Ivyo Rero Sivyiza wovugisha ukur akagukunda atagisabwe
30 Ntwarante 2016, 16:52, par Bimenyimana Schadrack
Je Niyumvira Ko Vyovana Numuntu Aho Atuye Imibereho Yiwe.
16 Ruheshi 2016, 14:05, par NAHUMUREMYI GORDIEN
NONEJEWEKONABUZEMUMFASHIJE IKI?
16 Ruheshi 2016, 14:07, par NAHUMUREMYI GORDIEN
NONEJEWEKONABUZEMUMFASHIJE IKI?
9 Nyakanga 2016, 06:57, par Nzoyihaya Pacifique
Ko Shakakuza Kuyaga N’umukobwa Tumenyerany Kand Akaba Afis Amanyama Ndobigenza Gute?
9 Nyakanga 2016, 07:03, par Nzoyihaya Pacifirue
Jew Mfise Umukobwa Tugomba Gukunda Ariko Ndabuze Aho Ndamuca Namajambo Arahera Duhuy Nn Ndokora Iki?
25 Gitugutu 2016, 17:39, par NSENGIYUMVA YVES
HARI UMUKOBWA NASAVYE KO TWOKUNDAN ARABINYEMERERA ARIKO ACA AMBARIRA KO AFISE ABANDI NOKORA IKI KUGIRA ANKUNDE MUNTOZE IMITWE MURAKOZE
6 Kigarama 2016, 13:04, par niyomahabonye Georges
akabazo jewe ndumuhungu nipfuza gukunda ndacafise ubwoba notangura gute?
9 Kigarama 2016, 14:24, par Bimenyimana
None Jewekontazikuresha Mwonfa Shaiki ?
3 Nzero 2017, 21:14, par Pisco john
mfise randevu yumukobwa tutazinanyi mwofashiki uko nzobigenza ninamushima canke nintamukunda
3 Nzero 2017, 21:31, par pisco john
Mfise randevu yumukombwa tutazinanyi ntarabona numusinumwe namurangiwe numugenzi nshaka mufashe ukuntu nzobigenza ninamukunda
6 Ruhuhuma 2017, 10:50, par Ntacobintwaye Neos Desire
Non ko namubuz mwofashik kugira ndamuronk?
6 Ruhuhuma 2017, 10:52, par Ntacobintwaye Neos Desire
Non ko namubuz mwofashik kugira ndamuronk?
7 Ruhuhuma 2017, 23:58, par Clement
Jewe Ndashaka Gukunda Ariko Ndabura UwoNiyumvamwo None Nzomuronka Gute?Jewe Uwo Nakunda Kandi Niyumvamwo Yaragiye Kumugabo ?Nanje Nimunfashe Ngire Uwo Nokwiyumvamwo
6 Ndamukiza 2017, 04:18, par Jeanclaude
NAmunyigishe Kuresha
18 Rusama 2017, 05:05, par Manirakiza Christophe
Nanj Mumfashij Iki Ko Uwo Dukundany Agombampebe Nomubwira Gut
20 Rusama 2017, 14:41, par Georges Ndayishimiye
None Nayah Majamb Wokoresh Kugr Akwemere?
6 Ruheshi 2017, 13:45, par ndihokubwayo denis
none wobwira iki? umukobwa kugira mukundane rwose
1er Myandagaro 2017, 23:27
9 Myandagaro 2017, 11:38, par Niyonkuru Elvis
Ivyo bintu nivyo kandi nivyiza aRiko nkomugihE mwoba mumaRanye nkimyaka 2 ntibimubwira ?
19 Myandagaro 2017, 00:00, par divin
Kari karyoshe
8 Ntwarante 2018, 11:51, par REVERIEN
JEW UMUKOBWANKUNZEWES EBACABAMUNTWARA.KANDIYAMBARIRAKONDUWAMBERE NONEMUMPANUYEGUT?
13 Mukakaro 2018, 22:55, par shukuru
nivyiza
21 Mukakaro 2018, 04:29, par AMBAZIMANA ABEL
NON? UMUKOBWA WOMUKUNDA POURCENT ZINGAHE? KWIJAN?
3 Gitugutu 2018, 17:42, par Niyonyishu Divin
nimunfashekumenyakuresa