Accueil > Poritike > Imigambwe > Ibirego vy’umugambwe UPRONA vyarabwe irarirari
Ibirego vy’umugambwe UPRONA vyarabwe irarirari
vendredi 17 Mukakaro 2015
Ibirego vy’umugambwe Uprona ishami rishigikiwe n’ubutegetsi ibirego vy’abo ku matora vyarabwe irari rari n’umurwi ceni.
Uyo mugambwe ukaba wari watatse ubutungane ko iharurwa ry’amajwi ritagenze neza aho amajwi y’impfagusa yatawe uko, aho uyo mugambwe ukaba wabona ko waca uronka izindi ntebe mu nama nshingamateka no mu bahanuzi b’amakomine. Ibirego vyabo bikaba bitahawe agaciro, ahi uyo mugambwe wagumanye intebe zibiri gusa mu nama nshingamateka, nayo mu gice c’ukwongerereza abashingamateka kikaba catahukanye umugambwe CNDD FDD, abatwa bafise abashingamateka batatu, n’urunani Amizero y’abarundi.
Mukamenya ko urwo runani rurongowe na Agathon Rwasa hamwe n’umushingamateka Karori Nditije rutigeze rwiyamamaza, mbere rwari rwasavye abanywanyi barwo kututaba amatora.
IGIHE
Messages
17 Mukakaro 2015, 15:14, par Scott
Wamupfasoni nukuri ubu waza wabona ko wahenzwe gusa ntakindi mbona ushigaje nukuvuga ko amatora yibwe mwihangane kuko uja mwishamba utazi ugaca inkoni utazi.
17 Mukakaro 2015, 15:54, par xxx
Ihangabe mufasoni consiriya rôle yawe yaraheze. Icaba dd bagushakako cararangiye.
17 Mukakaro 2015, 16:34, par Nice
Awa!! Ntubona abatwa batekereza ko barushije UPRONA?
17 Mukakaro 2015, 16:37, par Nice
Awa!! Ntubona abatwa batekereza ko barushije UPRONA?
17 Mukakaro 2015, 17:17, par kwizera
hahah ewe concilia aho waragiye urarama niminkanyari mumaso ngo ushaka amatebe?je mbona zikwiye kuko 1ni rwawe iya2ni ya sindimwo koko niwe yagufasha propagande none izo zindi ntebe urondera niziki?canke uriko usabira jeacques barabahenze ngo uburobe burotswa
17 Mukakaro 2015, 19:58, par niragira
ntaco wobona wa ntumva we.ntiwaruzi ko wakurikiye ubwije ..abo bicanyi waruzi ko harico bokumariye.
17 Mukakaro 2015, 20:00, par niragira
ntaco wobona wa ntumva we.ntiwaruzi ko wakurikiye ubwije ..abo bicanyi waruzi ko harico bokumariye.
17 Mukakaro 2015, 20:25, par Dede
Izo Ntebe Ni Nyinshi Kuko Ibintu Vyinshi Bihera Kuri Bibiri Nagumane izo Nizo Zimukwiye
17 Mukakaro 2015, 21:19, par MUHANUZI
UWO MUKENYEZI CONCILLIE NUKURI NDAMUSAVYE YIHANGANE. NONE UKORANYE MISSION NUMUNTU ATARI SERIEUX UBA UGOMBA BIGENDE GUTE ? NTA KUNDI GUSA NDITIJE ACA AMUTWENGA . ARI NKA JEWE NOMARAMARA NGACECEKA ! GUSA ABA POLITIQUE NIBABIRYE BARABIKORERA ! JEWE UMU FUNGA KIWANI YARANDIYE 500000 UMUGORE SINUBAHUTSE KUMUBWIRA IVYANSHIKIYE ! NONE ABO NABO BITE ? EGO MAMA !
17 Mukakaro 2015, 21:55, par Sikobizohora Subizivyabandi
Ohooooo! Biragoye! Bave inyuma, uvuge n’amabanga woba wari waranumye usabe imbabazi Imana, abo mwari musangiye umugambwe, uzisabe n’abarundi bigishoboka kuko buhava bwira atawugishoboye kwihana no kubabarirwa.
Ahubwo nawe niwanke mandat ya gatatu!
Mw’isi nuko nyene bimeze murahendana maze agasumba akandi kakakamira!
Ihangane!
17 Mukakaro 2015, 22:01, par MUHANUZI
UWO MU KENYERERA RUGAMBA BARAMUHEMUKIYE PE ! MBE ARAFISE UMUTAMBUKANYI ? NAMWEGERE AMUHANURE NKEKA WEWE YOBA AKIMENYA AHO TUGEZE . WE URASHOBORA KWEMERA GUHIGANWA N ’UMUNTU AMATEGEKO ATEMERA ? AHUBWO KUBWAWE N’UMUNYAMAHANGA YOJAMWO IGIKURU KUBWAWE NUKO ABARUNDI BATOMUTORA ! MBE MUMURETSE AKITOZA ARI UMUNYAMAHANGA ABARUNDI BAGACA BAMUTORA TWOCA TWEMERA GUTWARWA NUWO NYENE ? MURI POLITIQUE URATEGEKANYA ! ! ! ! ! ! ! ! !
17 Mukakaro 2015, 22:05, par MUHANUZI
UWO MU KENYERERA RUGAMBA BARAMUHEMUKIYE PE ! MBE ARAFISE UMUTAMBUKANYI ? NAMWEGERE AMUHANURE NKEKA WEWE YOBA AKIMENYA AHO TUGEZE . WE URASHOBORA KWEMERA GUHIGANWA N ’UMUNTU AMATEGEKO ATEMERA ? AHUBWO KUBWAWE N’UMUNYAMAHANGA YOJAMWO IGIKURU KUBWAWE NUKO ABARUNDI BATOMUTORA ! MBE MUMURETSE AKITOZA ARI UMUNYAMAHANGA ABARUNDI BAGACA BAMUTORA TWOCA TWEMERA GUTWARWA NUWO NYENE ? MURI POLITIQUE URATEGEKANYA ! ! ! ! ! ! ! ! !
17 Mukakaro 2015, 22:07, par MUHANUZI
UWO MU KENYERERA RUGAMBA BARAMUHEMUKIYE PE ! MBE ARAFISE UMUTAMBUKANYI ? NAMWEGERE AMUHANURE NKEKA WEWE YOBA AKIMENYA AHO TUGEZE . WE URASHOBORA KWEMERA GUHIGANWA N ’UMUNTU AMATEGEKO ATEMERA ? AHUBWO KUBWAWE N’UMUNYAMAHANGA YOJAMWO IGIKURU KUBWAWE NUKO ABARUNDI BATOMUTORA ! MBE MUMURETSE AKITOZA ARI UMUNYAMAHANGA ABARUNDI BAGACA BAMUTORA TWOCA TWEMERA GUTWARWA NUWO NYENE ? MURI POLITIQUE URATEGEKANYA ! ! ! ! ! ! ! ! !
17 Mukakaro 2015, 22:07, par awa
pole sana mme concilie harya wabona abandi bamuvako ukagira ngo nibijuju mbe ntasoni gutukisha umugabwe uprona wa Rwagasore mbe imyaka wakoze nturahaga itonde ubwo murazi ingene kadaffi na mobutu bapfuye batagira ikibahamba bari guhabwa runtu hari uwababuza gukomera jewe nibaza ko hari ubugoro bukaze muri politique ntanisoni ufise ukubahuka kwitwara harivyo bari bagusavye
17 Mukakaro 2015, 22:16, par josua
Nibara. Abatwa basigaye barusha umushimamo ABA Tutsi. Abatutsi basigaye arabasezi muba Hutu
ewe kanyaro mwamanye, ABA Tutsi basigaye barya ivyabahutu babatereye kurujo
17 Mukakaro 2015, 22:17, par KAZIRI
consiriy narabe aho yicara arye ivyo yarondey amanyang yari yakoz aramwereye!ivyonibimaramare.ntacigw birabaha kubon urunan amizer rubarush amajw kand rutigez gwiyamamaz,iyorurinda gwiyamamaz nayobarons ntayoborons.nasubir kwiga poltk
17 Mukakaro 2015, 23:34, par Kirinyota
hahahahah mwarihaye ibara ahubwo. Con cilia na bagenzi be méritent la guillotine vous avez détruit le parti. Bon vous avez eu ce que vous méritez d’ailleurs qu’on vous enlève même les deux députés. Mwinjire muri dd niwo mugambwe wanyu.
18 Mukakaro 2015, 07:22, par webi
Itanguriro. Ry. Umuhanza. Na masoso. Uprona. Ntajambo. Izosubira. Kugira. Mugihug. C’UBURUNDI nitikubita. Agashi. Raba. Abatwa. Mwahora. Muhera. Kurujo. Ubunibo. Bagomba. Kuza. Babah ijambo. Concil. Ikebuke. Ureke. Gusambura. Umugambwe. Wabasogokuru. Kuku. Muriko muragenda. Buheriheri. Ntajambo. Mufit. Ntategeko. Narimwe. Muzofata. Konigisoda. Canyu. Casambuts. Icibwigwa nicumva
18 Mukakaro 2015, 09:54, par aime mugisha
abagore nta bwenge, murenga n,ubwo burabarengeye!!baraguhushije concilie!!
18 Mukakaro 2015, 09:58, par ffgghh
ahubwo iyo uhereza mu mpimba
18 Mukakaro 2015, 09:58, par ffgghh
ahubwo iyo uhereza mu mpimba
18 Mukakaro 2015, 10:55, par Renovat
Non Konsiriy Yari Yigishije Abanywany Ngo Baze Batore Impfagusa Ngo Maze Bazimuhe! Urabonye Noneho Ko Batamenyegwa! Cakenge
18 Mukakaro 2015, 10:58, par Renovat
Non Konsiriy Yari Yigishije Abanywany Ngo Baze Batore Impfagusa Ngo Maze Baya muhe!!! Urabonye Noneho Ko Batamenyegwa! Cakenge
18 Mukakaro 2015, 11:53, par Ndababonye
Sha,imana Ihora Yihoreye Abo Ba Prona Bataye Umurungo Bari Bazi Ko Bazorenza Zibi?Iyaba Barabandi Bohambije Abandi Mukwiyamiriza Ikiringo Cagatatu.
18 Mukakaro 2015, 13:55, par Kanyange
Ahubwo n’uko usanze aba DD bacanyemwo kare bagifise akanya bari kubanza kukwabira ukazotahira inzanyi zabo bagaca baguheba wabaye ikidaji. Wanegeje ngo urafise ibindi ukurikira wononera abarundi. Urazi mwe na bagenzi bawe aho mugejeje igihugu. Jewe sinzigera ndabarekurira ndashaka nje mu muriro wa gitabanga we
18 Mukakaro 2015, 23:42, par igor
koma musosi
18 Mukakaro 2015, 23:45, par igor
koma musosi
19 Mukakaro 2015, 20:35, par Birigimana Aimé Clovis
Emwe Ivy,uburundi Nakayobera Bahinga None Iyo UPRONA irongowe nuwo nokwita umupfasoni naho yahemukiye umuganwa atarumugani RWAGASORE mbega ama energie yakoresheje mukwimaramaza(kwiyamamaza)yakorera intebe zibiri nareke bafise ivyo banshirimbere bikorere kuko yanze iswa mu mugamba
19 Mukakaro 2015, 20:42, par Akimana chadrack
siweyobona
20 Mukakaro 2015, 07:17, par bucikopa
Imbeba Mukukurya Irahuha None Ga Consilie Ntuvyiboneye Nawe Ivyo Abandi Bavuze? Ntabugenzi Bw’aba dd.
21 Mukakaro 2015, 07:40, par NSENGIYUMVA
HAKOZ AMATEGEK,CONCILIA NASHIM NIVYO BIMUKWIRIY.
23 Mukakaro 2015, 00:11, par karekezi
waruziko karori,akwanka?kawuka birahera.intabarirwa......?
23 Mukakaro 2015, 14:36, par Dodo
yayaaa!!iyo ni IPRONA yobirikirataka nogutyoza iyindimigambw kwayo!!ngobatinye amatora!ahubwonayo nayabantu bihenz bibazak ari nditije ahandiho yaronka ubusa!canke nah cndd-fdd yarabagabiy utwasagutse
23 Mukakaro 2015, 15:09, par Dodo
yoo!Imana ntizigera yemerako ibitabanga birengana k1gusa cndd nirabe imuhe akaz azarakubura kungoro nshingamateka,iryo nisomory1!Nejonejobund ntuzosubir rab Agatho na charle amijw abasanga muhira!ntuzohirahir gusubira gutukish riryabara ryera ni ritukura ntuzi ibiboko RWAGASORE yakubiswe mukurirondera
25 Mukakaro 2015, 20:02, par cumugabo
waragokeye ubusa, wakundanye n’abataribo, baragu profise mugabo ntaco uwukwenze rimwe ntaba akumaze!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!
14 Myandagaro 2015, 13:19, par ingabire eric
nibaza ko hari uguhiganwa ugatsinda canke ugatsindwa ariko nukwiba birimwo kand uprona barayi ye ukwo nukuri
14 Myandagaro 2015, 13:22, par ingabire eric
nibaza ko hari uguhiganwa ugatsinda canke ugatsindwa ariko nukwiba birimwo kand uprona barayi ye ukwo nukuri