Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Icegera c’umukuru wa FDLR yafatiwe i Goma - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Icegera c’umukuru wa FDLR yafatiwe i Goma

Icegera c’umukuru wa FDLR yafatiwe i Goma

dimanche 8 Rusama 2016, par egide

Abategetsi muri Repubulika Iharanira intwaro rusangi ya Congo bavuga ko bataye muri yompi icegera c’umuyobozi wa FDLR, umurwi w’abarwanyi bagirizwa na Reta y’Urwanda ko bagize uruhara mw’ihonyabwoko ryabaye mu Rwanda mu mwaka w’1994.

Umuvugizi wa Reta ya Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Congo, Lambert Mende, yavuze ko Général Leopold Mujyambere icegera c’umukuru w’abarwanyi ba FDLR bavuga ko baharanira intwaro rusangi hamwe n’ukubohora Urwanda.

BBC ivuga ko Général Leopold Mujyambere yafatiwe mu buseruko bw’igisagara ca Goma.


IGIHE

Messages

  • Ego bona bamufashe ariko simbibona kumuti urama.iciza nukwemera uwomugwi ukavugana na Kigali.kuko azoca a sub irizwa

  • NIBAMUREKE ABOHOZE URWANDA KUKO KAGAME YARWIBOHEYEKO

  • hhhhhhhhhhh.yarafashwe se afungiyehe ?uwo mu gnr ?

  • Narekugwe ivyo kagame yagiriza FDLR ntabwo bifashe,ihonyabwoko ryakozwe nakagame,gusa yarabitanze ahubwo nibanyarutse urugamba tuje kunywa icayi i kigali

  • Ahubwo Nibajehamw Baganire Kumufata Siwomuti Umara Ibibaz Bibahanze

  • JEWE ABANYAFIRIKA MURASETSA UMUTIMUTORANUKUBAFATA UKOMUBAFATA NIKONAMWE MUZOFATWA KUKI MUBAGIRIZA NGOBARICHE KAGAMEWENTIYECHE WOFATIGIHUGU UTICHE NIMUBAREKE KUBATOTEZA NAGWAMURIHENDA NIBO BADAKWIYE GTTWARA MURI HENDA BAZOGIFATA REKURA ABOBATEGETSI BACUMUGANI BATI UWARINBERE AZOZINYUMA KAGAME SIWEYABANJE UGWANDA SIWE AZOBA UWANYUMA BAREKURE SIBO BAREMEWE KUGUMA MUGASOZI NAMWEBAGWANYI TWIZEKO MUDACIKA INTEGE AHUBWO EREKANAKOMUHARI KANDIMUGIRE IBIVYI KANDITURABIZEYE

  • NIBABAFAT IZONKORABARA ZIHAY KWICA GUSAHURA KWONONA GUHUNGABANYA UMUTEKANO MUBIHUGU BITANDUKANY

  • Nibabafate Bose atanumwe asigaye ntibabigere nabari uburundi gufasha nkurunziza kutumarira abacu ahubwo jewe mbona barafata nkurunziza ikibazo ca fdlr ntikizohera batibagiye na Joseph kabila kuko aboba bagabo bompi nibo bashigikiye fdlr ubu nkurunziza yirirwa yegeranya ibirwanisho vyokuziha Ngo zitere urwanda

  • Mbega kobadafata kagome ngo ni Kagame ahubwo niwe yakoroye indege aca yirara mubahutu aranyikiza, none mwashaka bagume bareze amaboko? Ahubwo natabwe muriyompi kagome abazwe kuvyo yakoze nico gituma aguma yihambira kubutegetsi atagomba kurekura nuko yibaza koyoca atabwa muriyompi yamara umusiwiwe urahari ahenda twege abantu ariko imana yoyo ntabwo azoyibesha iramurindiriye

  • URWANDA FDLR NTACYIBAZO BADUTEYE KUKO BABA IBURUNDI NO MULI CONGO . HANO BYARABANANIYE HASHIZE IMYAKA 22. SO NABO BARABIZI KO BIDASHOBOKA NIBAGUME KWA NKURUNZIZA ALIKO HANO BARABIZI UKUNDU BAHAVUYE BIRUKA. KUVA UMUHUTU ABONYE AHO BAMUHA IBYO KURYA. HEHE NI NTAMBARA.

  • Abarundi muransetsa, aba mubona batsinda inkotanyi? Ntakintu nakimwe bafite gihagije kugira ngo batsinde urugamba.
    1. Nibake cyane,
    2. Ntabikoresho bafite,
    3. Ntamyitozo yigisilikari bagira, nubwiyahuzi fuss,
    4. Icyanyuma arinacyo gikomeye batagira nubwenge, mumutwe ni zero ubanza batiga, nta diplomacy bafite basa nabatazi icyo bashaka. Ariko wamugani ntanicyo bafite barwanira usibye ubwoko, kandi abahutu mu Rwanda nabakire barakora, ninayo mpamvu batanashyigikiwe.

  • murabasazi ngo musha kunywa ivyayi ikigari mufite izihe mbara zimbonerakure barabashuka.

  • Nafatwe atahe nk’abandi bose na bagenzi biwe baratashe kandi bameze neza. Kiretse nimba harico yiyagiriza yakoze muri genocide, naho ubundi azokwakirwa nk’umunyarwanda atashe. Narabire kuri bakuru biwe batashe kandi bakakirizwa yompi nka General Rwarakabije n’abandi benshi. Erega u Rwanda rwubu n’urwabose ntirukiri nk’urwakera rwa Nyakubahwa Habyarimana ngo rwari rwaruzuye nta wundi munyarwa yemerewe gutaha!! Tureke amacakubiri kuko ntaho azotugeza, jewe narabibonye aho yangejeje.

  • abavuga mujye muziga,kuko isi ntisakaye.afashwe ari umusirikari mwe muyomba muri civilians,ofcourse nothing else,leave politicians play their politics.iyo tuvuga cyane kandi byinshi tuba dushaka gusenya inorder to build.so,friends

  • Uwiyita Lili raba ibikuraba byiyo iwanyu I Burundi nimukemure ivyanyu ivyurwanda ni ivyacu wavugishijwe wacitse ururondogoro,nimumurane sha muzohera kuri ivyo!!

  • muzoza kunywa icyayi Kigali nikaribu rwose muzoze neza kuko muje nabi tuzobaha icigwa mutigeze muboba naho abavuga FDLR murasetsa cyane kuko ntamwanya bafite mu Rwanda twabakubise izuba riva kd nuzobashigikira wese tutitaye kubucuti afitanye nu Rwanda tuzamusekurana nabo gasopo Ku Burundi na Congo

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.