Accueil > Kwidagadura > Abacuraranzi > Icuka casubiriye kuba kibi hagati ya Big Fizzo na Lolilo
Icuka casubiriye kuba kibi hagati ya Big Fizzo na Lolilo
jeudi 7 Ntwarante 2013
Bigg fizzo na Lolilo bose ni abaririmvyi b’abarundi , abo si ubwa mbere bagiriranira ibibazo kubera indirimbo, umwe yagiriza uwundi ko yamwiganye canke yamutwaye indirimbo ivyo muravyibuka ku ndirimbo yitwa baza Fizzo yaririmbanye n’umuririmvyi wo mu Rwanda Tom Close aho Lolilo yavuga ko Fizzo yiganye indirimbo yiwe.
Ivyo vyateye ukutumvikana hagati yaba babiri hanyuma barabiganira birahera babana amahoro.
Ubu icuka casubiye kuba kibi kubera indirimbo nshasha ya Lolilo yitwa “uruwambere” yakorewe muri Kisu record n’umuhinyanyuzi A-Tizo Technology iyi ngo ikaba ifise vyinshi ihuriyeko n’indirimbo ya Fizzo yitwa “nakulove” yakorewe muri Buja record studio n’umuhinyanyuzi Lizer Classic.
Iyi ndirimbo ya L olilo yayiririmbanye na Black.G, Lolilo avugako iyi yatanguye kuyikora imbere yuko “nakulove “ ya Fizzo isohoka kuko avuga ko yashatse kuyiririmbana na Fizzo bihinduka gatoyi hanyuma ayiririmbana na Black.G.
Abandanya avuga ko bihuje umudiho ariko ko bidahuye na gatoyi ngo uretse utujambo two mu ndirimbo ya P- square bahuriyeko.
Naho Fizzo wewe avuga ko ivyo atavyo azi kiretse ko azi ko mu gihe yaza mu Burundi Lolilo yamusavye ko baririmbana indirimbo ariko iyo ngo yashaka ko bayandikira mu ruhinyanyuriro hama Fizzo avuga ko bitoba bisiguritse ngo bazoyitondera.
Iyo uravye neza nuko izi ndirimbo uko ari zibiri mukuzikora bagendeye ku ndirimo ya ba P- square yitwa “shop my money” kubwa Fizzo avuga ko uretse ko umudiho wa zouk udahinduka ariko ko bidasa ikindi avuga ko naho vyoba bisa Lolilo atobigira urwitwazo rwo gukora indirimbo ishaka gusa nkiyo.
Ubu ikigiye gukorwa ni kwegera abahinyanyuzi bakavuga uwuvugisha ukuri muri aba , hama tukazana n’indirimbo mukazumviriza namwe mukavuga uko muvyumva, ivyo tuzobigarukako mu nkuru ikurikira iyi.
Joel Sengurebe
Messages
7 Ntwarante 2013, 07:28, par mila hassan
so jw bose sindabemera kuko bakoreshej beat zabandi sa c trop nul
7 Ntwarante 2013, 08:13, par D.Pac Didiano
none uwatanguye kwiyumvira gukorera muri iyo Beat ya P.quare yoba ari nde?
biragaragaza neza ko mu Baririmvyi Benshi Ba East Africa Bigana ivyabandi.na niyo mpamvu bo muri east africa atari kidum Gusa akora nkuwikorera abandi bo turacari unyuma cane.Aba baririmvyi barazi kuririmba mais ikintu kimwe mundirimbo zabo nyinshi barigana rero bisubiyeko bakamera nka Kidum u Burundi
bwoba buteye imbere mumicokama nakaranga kiwacu i Burundi
7 Ntwarante 2013, 08:20, par D.Pac Didiano
none uwatanguye kwiyumvira gukorera muri iyo Beat ya P.quare yoba ari nde?
biragaragaza neza ko mu Baririmvyi Benshi Ba East Africa Bigana ivyabandi.na niyo mpamvu bo muri east africa atari kidum Gusa akora nkuwikorera abandi bo turacari unyuma cane.Aba baririmvyi barazi kuririmba mais ikintu kimwe mundirimbo zabo nyinshi barigana rero bisubiyeko bakamera nka Kidum u Burundi
bwoba buteye imbere mumicokama nakaranga kiwacu i Burundi
8 Ntwarante 2013, 03:05, par A two(ei tu)
jendiko ndaraba yoba ari fizzo yayitanguye!naho ivyo kwigana beat nimuri america ariho bateye imbere kusumba abandi music bariganana muga bigaca mumategeko.kandi ico nohanura abobaririvmyi babiri sibimwe vyakahise baririmba aribabari bakaririmba bimwe ubu sivyo umusic muburundi warateye intambwe.aho twovuga ntindirimbo ya lolilo yitwa kuvyukuri ndibaza muruwo mwaka nyene na fizzo yarayifise yitwa ukunyene kandi baboneka kwari ibihangange vyose muga ubu nibarabeneza ndabakebuye ntamwenewanyu!!
1er Munyonyo 2013, 07:35
Abo baririvyi uko Ari babiri Bose barapfuhiranira.aho gukunda bashira amajambo imbere
26 Kigarama 2013, 08:15, par claude
vraiment lolilo aacha kumfatilia fizzo,kwanza lolilo awezi fikilia fizzo kuimba
28 Ntwarante 2014, 12:34, par Rachid
ico nobahanura nuko bokumvikana bakaba abavandimwe nka kera apana kuraba ngo jewe ndamusumba kuririmba cank ngo ndamusumvy amaher ivy sivyo kuk mwes mur nkabavukana kur music mr6 bcp!p6.
6 Ndamukiza 2014, 18:40, par abdallah amani
twese turi abarundi kandi turi aba fans bindirimbo ziwacu;lolilo ntaho ahuriye na fizzo;fizzo amusunvya vyose ;apres kidumu ntawundi ni fizzo;nimubaze docteur jose cameleon igihe yaza muburundi;yavuze ko atawundi muririmvi mu burundi azi atari big fizzo
20 Rusama 2014, 04:59, par bertin butoyi
ariko muravye neza.kera fizzo na lolilo bose barabagenzi bahagufi chane kandi barahana ama ide yumuziki ubworero nico gituma indirimbo zabo zigomba gusa.....kandi bazoguma bafuhirana mpaka. kiretse bongeye bakumvikana kandi............
26 Ruheshi 2014, 23:19, par sadiki heritier
abo barimvyi bose ni bihangange mu kuririmba ariko akageso ko kwigana beat za bandi nibabireke bakore ivyiwabo.HERITIANO
15 Mukakaro 2014, 15:15, par Issa Salumu
Lolilo na Fizzo nikuma wote hajui kuimba kwanin wanatuzogoa mafala hao
22 Myandagaro 2014, 17:01
lolo ni mzima acana nay wala hakuna wa zaidi yak apa buja
15 Kigarama 2014, 11:44
IVI KWELI LOLO TUMIKISHA AKILI IVI UKI6KIA JINA LA FIZZO HAUSHITUKI GENERO NI GENERO NA ATABAKI KUWA GENERO TUWANIKA NA TUNAWANUA NA IKIBIDI TUNAWAPIGA PA6 I LIKE FIZZO CHACHA
16 Ntwarante 2015, 20:48, par BUKE JEANDAUDIE
LIZZO ATAKUA WAKWANZA NA ATAENDEREA KUA WANKWANZA USITUKANE MAMBA KABRA HUJA VUKA MTO.DOGO LIZZO WE BACK KWENYE LINE.
19 Ntwarante 2015, 14:06, par 8cent
acanana fzz yure nimuzee wa Bdi lolo asijifananish na.harin’amakur avugako fizzo ariw yamwandikira indirimbo kuvakera.Gusa Fizz n’uko adakor korabo hanze y’igihugu!!!!
21 Ndamukiza 2015, 17:33, par abou muyange cyti
roriro na fizzo kuber bakuze bunvikana bosabana imbabaz mbere bagaca baca batwemeze kumuziki mushasha wwabo aribabiri
22 Ndamukiza 2015, 19:36, par Irakoze Elvis
nibazako Lolilo amubesheraa Fizzo.ahubwo navuge ibindi bapfa kuko icitwazo nticokwama ari ico.
9 Rusama 2015, 21:54, par NESTA CIWALLO
JEWE NTAWE MPENGAMIYE MÉ NIYABA KARYA KAJAMBO IYE IYE KATANGUY KUVUG LOLILO FIZZ AZOBA YAKOSHEJ IBINDI VYO MBONA BOSE BASHOBOYE
20 Rusama 2015, 07:22, par Ndayiragije J.Berchimas
Fiz Achana Na Vitu Vya Ma Bifu,we Mwenyew Urisema Ivi Chuk Ya Nini?Asila Yake Furaha Ya Ko.We Ni Mtu Muzima Mweny Gram Kubwa Achana Nahayo Bwana,ni Muje Hamw Mwumvikane Mwes Mur Aba Rundi.
5 Ruheshi 2015, 21:49, par mpawenimana lambert
ahubwo murazojishirayo tuyumvi ubanyagihugu nibo bajobacira urubanza thank you
12 Ruheshi 2015, 09:37, par JOHNSON SWALHE
NARUDIA TEN MMI JOHNSONI SWALEH NAKUNGAMUKONO LOLILO ACHA KESI UTAKUA MUSHINDI FIZZO ATAFERI UTAFAURU WEWE UNAJUA MWANAFUNZI NAMWALIM HAWALINGANI NIPO DZT BONGO LOLILO WEW SIMBA POPOTE UNAWINDA KAZ NJEMA MWANANGU
6 Mukakaro 2015, 08:54, par ARAKAZA ALAIN PRINCE
FIZ UK GENER MUNAONGE NIN?ACH BIT VY MA BIF ,
10 Mukakaro 2015, 12:01, par sandra sasa love
sandra sitaki maneno fizzo atabakikuwa fizzo lolilo unasema sana tabakiliya kusema fizzo nimukali napenda fizzo sana anajuwakuiba sana nikosawa tabakikuwa sawa
10 Mukakaro 2015, 12:53, par nyabendafabrice
kubwa nje lolilo niwe yiganye fizzo
10 Mukakaro 2015, 16:49, par ndayizeye jules
ewan ivyashits hamw bateraniye majambo ntivyongere kuko tubakunda bose twebwe turi abakunzi bimiziki yabo kandi tubumviriza kumwanya kumwanya
12 Mukakaro 2015, 07:34, par Nintunze Lièzer(YADUNIA)THE BEST KZB
Lolilo Arakwiye Kwegera Igihangange Twese Twesemera Generle Big Fizzo Amwigishe Gutunga.Big Ukotumuzi Ntikwiba Indirimbo Uwomwana.Upuzi Na Ujinga Ataki Tena
24 Gitugutu 2015, 19:26, par Fizzo.Nilofa.Nakome.Nyina.Iylamwba.Ubona.Lolo.Bangana.Nuyla.Mushezi.Welofawe (...)
fizzo.nimusenge.toka.welofawe
26 Munyonyo 2015, 15:38, par arakaza
kumbwanje lolilo niwe yiganye fizzo lakini fizzo anaendelea kumwambia upuzi naujinga hataki
20 Ntwarante 2016, 11:43, par SAKUBU DES.RE
FIZO NUMUSHENZ AHO KURABA IVYIW ARABA IVYABAND "AREKUZA AMATAMA NKIBISATE VY IGISUSU" SAKUBU D.
22 Ntwarante 2016, 17:32, par ASUMANI
RORIRO NUMURINVYI MWIZA NTANGORANE AFISE
24 Ntwarante 2016, 12:59, par NDAYIRAGIJE FULJENCE
ivyo ntivyotuma LOLILO NAFIZZO.bankana kuko barakundana kuvakera NUKUBAHANURA ese lolilo aripfiza kobumvikana
24 Ntwarante 2016, 22:29, par Charles Bigirimana
Big Fizzo Niwe ari Mukuri.Lolilo narekere Fizzo Kuko Aramurusha Kuririmba.
22 Ndamukiza 2016, 09:30, par Samuel
Abobaririvyi Bafakanagu Kandi Bose Arabarundi
12 Ruheshi 2016, 21:13, par Elyse Kigobe
Ico Nobasab Uze Muyage Muhuz Mwese Muri Bamwe Nyomb Fzz Yakivye Indirimbo Uraz Yuko Muburund Ur Uwamber Arik Ntawumara Ivysh Rek Abnd Barye Nimyak Irakjane Sorry Muyage Muhuz Yesu Abahuze Mwes Mwarakurany Mumuzik
23 Ruheshi 2016, 19:11, par kirundo
iconobabwiranukoborekakwiyuvirana
5 Mukakaro 2016, 19:26, par nsengimana,laurent
ico,novuga,indirimbo,niya,fizzo
18 Myandagaro 2016, 16:53, par Galaxy
Arko Lolilo Na Fizo Nimb Bob Bafitaniy Bif Indirimb 6bibi Kuyi Monta?
22 Nyakanga 2016, 19:16, par Vianney Sinzumusi
lolilo na big fizzo ivyabo bizohera gut vyananiranye bakwiye gukorera indirimbo hamwe kugira bihere
22 Nyakanga 2016, 19:18, par Vianney Sinzumusi
lolilo na big fizzo ivyabo bizohera gut vyananiranye bakwiye gukorera indirimbo hamwe kugira bihere
15 Gitugutu 2016, 19:16, par Big Fizzo
Kabisa Ahubwo Bokwunvikana Bakaza Barahana Ivyuyunvirontihagire Uwuza Amakena Kuwundi Ok
1er Munyonyo 2016, 07:26, par Giga Gizo
Nizere Ko Fiz Atokwib Ingom Lolil Kand Na Lol Ntavy Yokora Bos Nabhanzi Biyemer Turabzi Cyane Ahubw Bovga Ikind Bapfa
2 Ntwarante 2017, 22:15, par nziyisaba audace
none icambere nagomba kubaza fizo ari nabana .hama lolilo na fizo bavukahe.?
25 Rusama 2017, 07:48, par FRIJASI
DABARAMUKIJE DABIFURIZA IGITOTO CIZA
6 Ruheshi 2018, 23:08, par Gahung Appolinaire
Mbe Arubatse? Ubu Abarizwa Heh?