Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Ifi yarokotse inyuma y’isanganya ry’ibaba
Ifi yarokotse inyuma y’isanganya ry’ibaba
vendredi 8 Ruhuhuma 2013
Ngo iyo fi yari ifise ingorane yo kuza iriteragura iri mu mazi bivuye kugihimba cayifasha kwoga cononekaye.
Ntiyaheza rero ngo ishobore kuduga canke ngo imanuke ije kurondera ivyo ifungura,n’iyo mpamvu nyene kuyitunga yaciye yiga umugambi wo kuyikorera akuma koyifasha kubandanya kubaho.
Kubw’ako kuma gahanitse, ngo iyo fi ubu irashobora kwidagadura mu mazi nkuko bisanzwe. « Ntivyakunda ko yiteragura iri mu mazi yo nyene »,ivyo n’ibivugwa nuwakoze akuma gafasha isamaki kureremba kumazi. Yivugiye ngo : « Ako kuma gasa n’akantu katagira ikimazi ».« Ngo vyotuma hakuguma yugaranywe mu kazu k’amafi umunsi wose ».
Marielle Bukuru