Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Ifoto y’umunsi
Ifoto y’umunsi
mardi 18 Munyonyo 2014
(OPDAS Burundi 18 11 2014) Sensibilisation Parlementaires Burundais implication des Hommes dans l'éTME
IGIHE
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Ifoto y’umunsi
mardi 18 Munyonyo 2014
IGIHE
Messages
18 Munyonyo 2014, 22:26, par Karirekinyana
Ndamubonye nimama wacu umutambukanyi wumumuru wigihugu cu Burundi.
19 Munyonyo 2014, 07:46, par philbert
Mama Burundi komera! Turashima ibikorwa ukora
19 Munyonyo 2014, 22:39, par Nwari
@philbert we vuga uti mama wanje apana mama burundi ?wewe nduva ko ucibereye muntwaro zacami ??bahonye,ntibavuga gutyo
20 Munyonyo 2014, 08:02, par kabuga
nshima ko uri mu ka perezida ukaba urangwa n’ubwitonzi pe we. Ariko se rwose uje ku mavi kuko umugabo wawe inkotanyi, abadede batamwubaha bari muri système, ikibiri, société civile ikora nka opposition, n’abandi barisonzesheje ngo babone ingene bamuniga nka ndadaye. Ariko bazahava bagira erreur d’appréciation nk’iyo mu 1993. Ni baje mu matora tuzihitiramwo, dore ko intambara nabo yobahitana
23 Munyonyo 2014, 13:21, par Pascal CIZA
Uwo muvyeyi wuburundi ndipfuza kumusaba salle mukigo cibuye UBUNTU yo kwigishirizamwo urwaruka inyigisho zerekeye iterambere ry umuntu zitwa mukinofonofo EDUCATION FONDAMENTALE uwoba ashoboye kumushikira akamunsabira iyo salle Mungu azomuha imigisha
contact : 79470222
23 Munyonyo 2014, 13:24, par Pascal CIZA