IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Ifoto y’umunsi

Ifoto y’umunsi

vendredi 23 Nzero 2015

JPEG - 118.7 ko
Muramvya : Amashirahamwe y’abamenyeshamakuru n’ayaharanira agateka ka zina muntu yagendeye Bob Rugurika aho apfungiwe kw’ibohero rikuru rya Muramvya

Photo: Jean-Régis Nduwimana


IGIHE

Messages

  • I photo iha agaciro Nyakubahwa Mutama Rugurika .amakungu yose ari inyuma yawe abo bagabo binzigo batize amategeko ,,ejo aho bukera turabereka twebwe aba FNL ...,,Ntamezi asigaye tudatwaye ..tuzohera kuri karya kazu ka Bunyoni dukureyo birya birwanisho biriyo hama dusubire kwa Adolphe .......we ntamisi uzomara murako gahinga kanyaga nade Imana dusenga irakanuye ntisinziriye ..Komera ,,,Komeza kwihangana

  • Ewe Mu FNL warahenzwe!! Nimba wibaza ko uzotwara uzopfira mukibira. Mbaga iyo nzu yabunyoni mwarayubakanye aho kurondera ivyawe uriko uriyumvira ingene uzokwiba BUNYONI? Uko niko FNL irota; ONE DAY ALL BURUNDIANS WE WILL BE ON MOON!!! Hahaha. Uwo mugabo afunzwe, ahubwo ababeshibose bakwiye gutabwa mumvuto. Kubesha nkuko is to undermine Nation Security.
    Jean Luc

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.