Accueil > Amakuru > Ubutungane > Ifoto y’umunsi
Ifoto y’umunsi
jeudi 19 Ruhuhuma 2015, par
- Bob Rugurika, directeur de la Rpa
IGIHE
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
Accueil > Amakuru > Ubutungane > Ifoto y’umunsi
jeudi 19 Ruhuhuma 2015, par
IGIHE
Messages
19 Ruhuhuma 2015, 11:50, par SERUKIZA
hehhe ariko MANA URI IGITANGAZA NDASUBIYEMWO AMASENGESHO NASENZE NTAZAGENDERA UBUSA...NIBITSE AMABI CNDD FDD YANKOREYE MUKUMPEKURA ABANJE NGO NI UKO TUDASANGIYE UMUGANBWE IMANA GUSAAAAAAAAA BUCA NABO BAHEKURWA NIBARINDIRE GATOO
19 Ruhuhuma 2015, 15:02, par ww
yooh,polé sana,ayo marira yawe ntazogira ubusa,Imana yonyene izoguhoza kk ntanakimwe cijana vyose birihigwa hano kw’isi bitebe bitebuke
19 Ruhuhuma 2015, 16:05, par ww
Abo bicanyi, abo bagesera, abo bakunzi binda twarabatoye tubizeye ngo baje guhabuza abahutu nayo baje kudufukama mu nda. Abo bahemu bahemukiye abahutu benewabo naho tutakiri mu macakubiri kubera inda ndende !!!! Yuuuu maramara buke.
19 Ruhuhuma 2015, 19:26, par ww
NIMUZANE ABO BANYAKIBI BISHE ABAKECURU BABA MASELA TUBATERE AMABUYE IGIHUGU KIBONA . BISHE BENSHIII BARYA BAKECURU BARATUBABAJE !!!! AMARASO YABO AZE AHUMIRE UWO WESE YAGIZE URUHARA MURIVYO BINTU. TWESE TWARABAYE CNDD MUGABO TWABIVUYEMWO KUBERA UBUBEGITO BWABO; DOLUFU, BUNYONI, EVARISTE, NUWO MUTUTSI WIGITO NGO NI EDUARD NDUWIMANA, BITEBE BITEBUKE TUZOBABOHERA AMABOKO I MUGONGO NAMWE KANDI MUZOPFANA INTUNTU ATAWUBAHA NIRWERE
19 Ruhuhuma 2015, 22:35, par Cheddy Niyonkuru
Nakaga