Accueil > Imibano > Ifoto y’umunsi
Ifoto y’umunsi
samedi 18 Ndamukiza 2015, par
- Cérémonie de Présentation du Nouveau Gouverneur de la Province Rumonge en Commune Rumonge (17 04 2015)
IGIHE
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
Messages
18 Ndamukiza 2015, 16:59, par Nuwera
Nezacane jandajanda iwacu Rumonge nyenicubahiro umukuru wigihugu Petero Nkurunziza.
18 Ndamukiza 2015, 17:30, par vuganeza
komera perezida,iyi proximité n’abo mwagwaniye niyo irya mu mutwe abansi,kuko abanyagihugu bakwiyumvamwo mutama ,ntibageza kutdutsinda tukuri inyuma!!
18 Ndamukiza 2015, 18:09, par SERGES NDAYIRUKIYE
KOMERE MUTAMA TUKWITEZEKO VISION20-25,ABAKINDA NIBAKINDE,NIBARIRINDIRE BASURI KUGUTANGA,MU RUMONGE NI100%
18 Ndamukiza 2015, 20:45, par Maputo
Jewe ndabona gose ataco ubaye yewe Niwirambire.uzogume ukunda abo Imana yakuragije kuko ukuganza kwawe kwaje hageze.
20 Ndamukiza 2015, 08:12, par chrys
Jw sinshigkiyek hab intara ya rumonge kuk ukwo ni ugusesagura.
Peter ni yigire amarembe kuk ubu yaborew ibutegetsi non asigaye akor ibitajanye na gato
20 Ndamukiza 2015, 11:49, par maria
iyo mbonera ni iyahe?????
20 Ndamukiza 2015, 14:18, par iradukunda
uwo mutegetsi ko asa na kingwendo
wo mugakino gaca kuri tele rema
14 Mukakaro 2015, 17:12, par minani jacques
peter Nkurunziza ni wirambire , uwukwanka akwandureko
24 Myandagaro 2015, 09:05, par waleed
Jw sinshigkiyek hab intara ya rumonge kuk ukwo ni ugusesagura.
Peter ni yigire amarembe kuk ubu yaborew ibutegetsi non asigaye akor ibitajanye na gato
http://forum.el-wlid.com