Accueil > Poritike > Ifoto y’umunsi
Ifoto y’umunsi
lundi 25 Rusama 2015, par
Mugisagara ca Bujumbura imyiyerekano yokwiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza yabandanije muri kano gatondo , Kinama , Cibitoke, Nyakabiga, Jabe
IGIHE
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
Messages
25 Rusama 2015, 11:41, par Citoyen Lambda
None Nyamitwe yoba abandanya yemeza ko ari ibintu vyo mukagwi kari kurushi ko mu bwoko bumwe?
25 Rusama 2015, 13:56, par Kirinyota
Erega nyamutwe aba kuri planète mars nico gituma atamenya ibiriko biraba mu igihugu.
25 Rusama 2015, 15:18, par vuganeza
@citoyen lambda
None si ubwoko bumwe?Abo ni bamwe bo kwa gwasa ariko abo umuti wabo abatutsi birigwana mu myiyerekano bariko barawubavugutira,ishano bariko barabaha n’ibikaya mu ndya nta minsi basigaje,nibiterure kuri benewabo kuko ataco babagira ariko rindira abatutsi babakanuze!!
25 Rusama 2015, 16:44, par Gasoni
nyamitwe mureke yamaze kuba nka sebuja mu mutwe, aho yonyerkamwo umututsi, nakure amacakubiri yu bwoko ngaho atureke abadashaka kwitwa abaja, kandi yibuke abatawe mu rusizi ko bari bavanze nabo nyene batigeze batayo ubwoko ariko batayeyo abarundi. pu namaramare
25 Rusama 2015, 17:39, par MISAGOMI CHERI
ABOBAJAMUMYIYEREKANO KOMUGIHUGU DUTEKANYE MURONDEKI NTACOMUZOGERAKO JAKUKIVI MWIGE ANDIMURIME NIWOMWUGAWATIZE CANKE KOBAGWAYE ABADAYIMONI BIBISAZI NIBAJEKWAROJANTE ESEPITAMWITWAZA ABANYAGIHUGUBAMURINYUMA MUHIGIKI MUKUREINDURU INYUMA UGUSUVYA INYASTI AGTWARA INKA
25 Rusama 2015, 18:46, par Balgin
Mubandanye twitange kugezaho tumukura kubutegetsi, Erega kapetero ntikazotunanira.
25 Rusama 2015, 19:31, par sara
Ako kagabo ka Peteo amanyama gafise ararenze igipimo ngira nakarozi sigusaaaa
25 Rusama 2015, 21:36, par Avec
None kwabobakora imyiyerekano ahobageze hacahahungabana umutekano? ahobatariko barayikora hakibera amahoro.
26 Rusama 2015, 13:14, par juventus
bandanya imyiyerekano mpaka akuye muri cni..agomba.gusera.amaraso muburundi.
26 Rusama 2015, 13:21, par agato rwasa
ndongeye nkurunziza yabeseko ikabonga hahunguce ibihumbi cumi,nikinyoma jewe niyondibera,,ntana 50,bagaruce,yagonvye kwihera ivyapamu,mustanteri wanyanza yidugirize amazu,mensi
26 Rusama 2015, 15:26, par Kajandi
Mbe ivyo tubona mu Burundi aho abanyagihugu badatinya kuvugana ivyo bagomba vyose na Police hari ahandi mwabibonye?? Burundi n’ubwo uno munsi ufise ingorane, Démocratie yawe Burundi nibandanye itera imbere kuko muri abambere kuri iyisi!!! Komera Burundi, Komera démocratie mu Burundi! Oye?
2 Ruheshi 2015, 19:16, par Innocent NTIRAMPEBA
ABANTU MUDASHIGIKIYE UMUKURU W GIHUGU!REBA UKUNTU MWOGABANYA AMANYAMA!JEWE NDAMWONGEYE 5 ans.
15 Ruheshi 2015, 15:33
ko bamwe mubanyapolitike bavuga ko mugihugu cose haratekanye tukaba tubona abiyamamaza batagera mugisagara cose ca bujumbura biyamamaza???bareke kubesha bavugishe ukuri ko ntmutekano uri mugihugu