Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576 Ifoto y’umunsi - IGIHE Burundi
nn ko muvuga ngo uburundi buragoy nimuj mumakungu nkabandi!ntawanka kwonka nyina ngo agway amahere,ark uwihenda nuwugereranya intwaro ya nkurunziza niza ba micombero na buyoya!ni hamw uwukiz isemu yibagira icamwirukana!
Messages
7 Mukakaro 2015, 22:03, par mugezi
Ewe Burundi waragowe, ugeze ahatemba
7 Mukakaro 2015, 23:02, par mporeburundi
kera mwavuga nabi ubutegesi bwa bahima micombera - bagaza - buyoya ariko mbona ubu ubutegesi bwa ndakugarika - adolphe - bunyoni ntakigenda nakimwe
burundi waragowe mbona nihatari
8 Mukakaro 2015, 07:24, par Scott
Ariko hazoboneka umuntu azoza ahabure uburundi? Reka tubitege amaso turabe harigihe mubari inyuma hozoboneka umushingantahe atari bansumirinda.
8 Mukakaro 2015, 10:59, par LiLi
uyu nu musilikare kweli . arasekeje kabisa.
8 Mukakaro 2015, 11:29, par NDUWIMANA
ABO SHA NIBO BAHABUJE IGIHUGU KIGOMBA KIRWE MU KAGA
8 Mukakaro 2015, 11:38, par bizoza
igifise intango gifise niherezo.ingorane Imana,irababurira ntimwunve.ntagutabarwa nakumwe kwiza kutazova k, umana
8 Mukakaro 2015, 14:53, par mmmm
"Uwugutuka ntagutorera" gusa abarundi nuko banezerwa nuko yoba ari umurundi yitanze mukurinda umutekano w’abarundi,naho ikubijanye n’ibikoresho igikuru gusa nuko abanyagihugu ubutumwa bubashikira nakare ububasha burarutana.
8 Mukakaro 2015, 16:13, par mm
uyu ni geshi mukari sana!!!!! anajuwa kazi yake, fanya fujo uwone .
8 Mukakaro 2015, 21:51, par samy
nn ko muvuga ngo uburundi buragoy nimuj mumakungu nkabandi!ntawanka kwonka nyina ngo agway amahere,ark uwihenda nuwugereranya intwaro ya nkurunziza niza ba micombero na buyoya!ni hamw uwukiz isemu yibagira icamwirukana!
9 Mukakaro 2015, 11:21, par bururi
asha ingene afashe impoho biratwengeje! gusa ni umu niga haaaaaaaaaaaaaaaaa!
9 Mukakaro 2015, 21:29, par juin
pira aragatoboka ugworud
11 Mukakaro 2015, 18:54, par Gatafarli
Arazi ico ashinzwe sha nimumureke kuko uwahamushize aramwizeye! kandi mwe mukumutwenga wosanga ntakimwe muzi!
12 Mukakaro 2015, 05:43, par 2p6
Ntakindi gisirikar agifis ataricakiriba
18 Mukakaro 2015, 23:16, par gasongo
we kuraba nkuko umengo sihur namaho