Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ifoto y’umunsi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Ifoto y’umunsi

Ifoto y’umunsi

mardi 9 Myandagaro 2016, par Jean De Dieu

Museveni yagize umubonano hamwe nabahoze ari abakuru b'igihugu c'Uburundi. (Pierre Buyoya, Domitien Ndayizeye hamwe na Silvestre Ntibatunganya)

IGIHE

Messages

  • Bavugane Ibikizuburundi Bavuganye Ibisambura Ntantambwe Bizotera Turimaso ,

  • Bavugane Ibikizuburundi Bavuganye Ibisambura Ntantambwe Bizotera Turimaso ,

  • Voila les representant du Burundi. Nkurunziza ari mu ndaki, no gutera amavoka i Ngozi

  • Voila les bons Leaders du Burundi .Est-ce que où Nkurunziza? La Politique de Pierre Nkur,c’est Pour Planter des avocatiers àNgozi tout simplement.

  • Voila les bons Leaders du Burundi .Est-ce que où Nkurunziza? La Politique de Pierre Nkur,c’est Pour Planter des avocatiers àNgozi tout simplement.

  • Nagira nkebure jean craud mib kukongira sumurundi!! Wewe wobuzi ivyanze ubutegetsi bwa Ntibantunganya!!?uzobaze.Buyoya arafisivyo yakoze yoshimigwa mugihe ciwe nyene-na Domisiano nawe nuko mugiheciwe nukocarikiri yoshimigwivyo-na Micombero yarakoze ibihuye nigihe ukocarikimeze-na Bagaza mugiheciwe yakoze ivyoyagomba gukora . Arikibibihe vyose vyababantu kimwecose gifise abakiririramwo!!! Ntawukwiye kujimbere yabandi ngonimwiza,murivyobihenyene harababinezererewemwo nabababaye.ntagishasharero twiteze kiruta kuko ndibazako nka Buyoya uwomuha gutegeka uburundi murikigihe yocagwara umutwe uretseko atonavyemera.ibiheturimwo sivyaturaturye niterambere turimwo siryakera habobagabo,niwaba urumuhinga urabaza kahise kumwumwewese uzotangara.ubutegetsiburiho uzocusanga ivyobwoshimigwa arivyishi kuruta !! Umwewese arafisagashimwe kajanye nibihe yakozemwo.arikwica Barundi bakeneye yaramahoro gusa kuko mumahoro umuhoro uramwa inzembe bakaziheba-ikibazo nitwe twibuzamahoro mukubingayi nivyotwari dufise tukavyonona tukirigwa turarira aritwe tuvyitera .ariko bacumuganingo ugaya murugogwawe ngonihabi ukahavyukira ukanahirirwa kandukaharara,ntamutegetsi umwe azoza kurara araririye amazu yabatwara ngobikunde azabemwiza imbere yabo-bose bagiruko bamera kukonabantu nkawe!!tudafatanije nabo mugushitsa imigambi badufitiye tuzama dutanakumwikomo gusa.duhaguruke dufashe abatuganza tuzoba twifashije natwe mukubaho kwacu.murakoze Imana nyenamahoro ihindure abarunditwese twiyumvanemwo dukundane.

  • Birababaje kubona nta mu Leader yogaruka gutabara I Burundi. Iyo tutabura Bagaza Vyari kudufasha abarundi. Twinginge basi Buyoya agaruke gutabara igihugu agifashe bumvikane nabo yagihaye abigishe gutwara neza. Erega ibibera i Burundi n,ibiterasoni ku Burundi mu gihugu n,amahanga. Cangwa mugihe ndayizeye nawe nta kabi kiwe.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.