Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Ifoto y’umunsi
Ifoto y’umunsi
vendredi 12 Myandagaro 2016, par
Umukuru w’igihugu c’Urwanda Paul Kagame yakiriye Umukuru w’igihugu ca Repubulika iharanira intwaro rusangi ya Congo, Joseph Kabila kuri unomunsi wagatanu i Rubavu
IGIHE
Messages
12 Myandagaro 2016, 13:51, par akarorero
Raba akarorero keza k’iterambere. Gufatanya no kuja inama n’ingingo hagati y’ibihugu niryo ntango ry’iterambere. Gufunga imipaka no kugara uruja n’uruza hagati y’ibihugu ni iteranyuma. Burundi va ku giti uje ku muntu
12 Myandagaro 2016, 13:59, par Hicuburundi
Raba sha kizigenza President Kagame,ico duha ukanategeka n’u Burundi,murabe ukungene Kabila yambuka akaza kurahura ubwenge kuncabwenge,ureke uw’u Burundi we yibereye mundaki
12 Myandagaro 2016, 16:26, par Wapi
Congo yarafashwe. Uko niko Kagame ashaka kugendera ku Burundi. Abarundi na ba Congomani baratandukanye mugabo. Uragira abaja bawe aba congo, apana Abarundi ntitwigeze tuba esclaves.
12 Myandagaro 2016, 19:05, par Mahoromeza
H.E PAUL KAGAME, URINTWARI PE ,URUMUGABO ABUSHITSE URAJWE ISHINGA NUGUTEZA IMBERE IGIHUGU URONGOYE ,HAGOWE ABARUNDI ATAKINDI ABIHAGIYE UBUTEGETSI BAMARIYE ABARUNDI ATARI UKUBICISHA UBUKENE N’INZARA
12 Myandagaro 2016, 20:25, par ntiwihebure
Ako kagabo kagame, ndakendimbwa utamenga ni "poilissime oscar"!
13 Myandagaro 2016, 12:37, par turaje
courage Rwanda rwabanyarwanda hamwe na HE Paul Kagame ushakira abanyarwanda ibyiza gusa abinyujije mugushaka umubano nibindi bihugu naho intumva ntizizakorana nawe
RDC
Uganda
Tanzania
Kenya
Africa yepfo
umubano nurwanda umeze neza cyane uburundi buracyamangamanga.
13 Myandagaro 2016, 14:29, par Lili
Dore abagabo baberewe no kuyobora
Ureke ibigoryi byagiza igihugu nka nkurumbi wataye umutwe yokangwa mu maguru ya nyina.
13 Myandagaro 2016, 19:10, par Gasopo
@Ntiwihebure,HE Kagame si akagabo sha ujye witonda mubyo uvuga utazabyicuza one day, ni umuyobozi w’u Rwanda,ndakwibutsa ko yabazimirije isoko rya Buja anabishyurira muri EAC,our President is the best in Africa,be carefull
13 Myandagaro 2016, 19:24, par umusaza
@ntiwihebure jye ndabona warihebuye ahubwo. Ngo akagabo Kagame..... ntasoni? Ko ayoboye igihugu cyubashywe kuri iyi si wowe wakoze iki gituma umutuka ?
13 Myandagaro 2016, 23:55, par Parena
@Ntiwihebure,wihebuye kera ndaq,uravuga Kagame gurtyo?ntasoni?none iyo ataba we ninde wari kuzimya isoko jya Buja?ko indege ziwe zinjiye zikadufasha! ndakubwire Peter natisubirako,zijya uzozibona zifata Buja muma seconde!
14 Myandagaro 2016, 00:25, par Kanyaru
@Ntiwihebure u Rwanda ni Israel yo muri Africa,twe turi ku mupaka turabizi,iyo turwaye baratuvura, securité iri mu Rwanda ntiworaba, turahizera cane gose niho tubitsa amahera yacu,ivyo uvuga ntubizi
14 Myandagaro 2016, 07:40, par turaje
mfite ishema ryo kwita umunyarwanda kuko nigihugu cyubashwe nisi yose bitewe na HE Paul Kagame
14 Myandagaro 2016, 08:49, par Inkotanyi
Diplomacy y’u Rwanda igeze kure ureke izo njiji zaba DD inyinshi zanakoze Genocide mu Rwanda,zitigeze zifata na comune n’imwe y’i Burundi ngo zishaka guhangana n’uRwanda ruyobowe na HE Kagame, tutawacapa fimbo
16 Myandagaro 2016, 09:26, par copy
Erega u Rwanda ruzi kubana.
16 Myandagaro 2016, 09:55, par Proud to be rwandan
Dore umugabo sha utumye tugira agaciro ku isi our president Paul Kagame..... Naho Gusubiza ba sinihebura nuguta igihe kko ikinyabupfura mwita indero cye kiragerwa ku mashyi. U Rwanda ibikorwa birivugira.
16 Myandagaro 2016, 16:15, par Huuuu
Hanyuma imibonano iheze ako kanya nyene abantu barenga 50 baca baragandagurwa bunyaswa muri Beny RDC. Vyarangira, ngo ikigandaro c’imisi itatu. Genda mwa ba president 2 muragisibije. Muzobazwa vyinshi.
17 Myandagaro 2016, 16:39, par ndagijimana juvenal
icyodushaka nuko tubana neza kumpande zombi.
17 Myandagaro 2016, 16:40, par ndagijimana juvenal
icyodushaka nuko tubana neza kumpande zombi.
17 Myandagaro 2016, 16:40, par ndagijimana juvenal
icyodushaka nuko tubana neza kumpande zombi.
17 Myandagaro 2016, 16:43, par ndagijimana juvenal
icyodushaka nuko tubana neza kumpande zombi.