IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ifoto y’umusi

Ifoto y’umusi

lundi 12 Nzero 2015

JPEG - 5.2 Mo
Ngozi : Denise BUCUMI NKURUNZIZA, mw’iyimbura ry’ibiraya mu mirima y’umuryango w’umukuru w’igihugu

Messages

  • IVYO vyarataye igihe

  • Erega wewe wiyita Kuri, ifoto y’umusi ntibisigura ko ari ifoto iba yafashwe uwo musi!! Ni ifoto iba yafashwe naho hoba haheze ukwezi canke umwaka, ariko uwuyishizeho agashima kuyigira iy’uwo musi bivanye n’ivyo yashatse kwerekana. Uwuyishizeko aba yayihisemwo mu zindi nyinshi, kubera imvo ziwe, kandi si mpaka azisigure. igikuru gusa n’uko ryoba ariryo rya mbere ayishizeko

  • Umusi wanje eheze nabi!!kandi nari narahevye kuraba amafoto sinzi ingene zezese jakuraba ngira barahinduye none ndawunyoye

  • ariko mana mutwara akai kabakozi ngonuko mukomeye abashonge nibenshi iyareka kwikorera abarara neza baba aribenshi ntamutegesti wukuri yikorera naje ntariw nkoresha umukozi kugira ndamutezimbe namw ukonukuzana inzara mu abarundi

  • Ndanezerezwacane nuko abategetsibacu kobatwerekako kwikorera ibiribwa kwataruguhangayika Ko ahubwo arivyerekanako ufise ibigutunga. Mutambukanyi wumukuru wigihugu ndahukuuuunda bimwebivuye kumutima.

  • Oya, oya....! Nta mupfasoni nka wewe yikorera igitebo. Aka ni akamaramaza!!!!

  • Oya, oya....! Nta mupfasoni nka wewe yikorera igitebo. Aka ni akamaramaza!!!!

  • Aho ni ugukebura abarundi bose ngo bijukire ibikorwa boye kwica n inzara.
    Kandi arazi aho yavuye, nivyo yabonye mu buzima bwiwe.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.