Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
"Igice c’imfungurwa zimbuka kw’isi zitabwa zitariwe" - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > "Igice c’imfungurwa zimbuka kw’isi zitabwa zitariwe"

"Igice c’imfungurwa zimbuka kw’isi zitabwa zitariwe"

jeudi 10 Nzero 2013

Icigwa gishasha cerekana ko hagati ya 30 na 50 kw’ijana y’ibifungurwa vyimburwa kw’isi bitabwa bitariwe.

Ikigo The Institution of Mechanical Engineers in Britain, kivuga ko gusoroma nabi, ububiko bubi hamwe n’ukwinenaguza kw’abantu ari ibintu nyamakuru bituma ibifungurwa vyononekara.

Ico cigwa kivuga ko igice c’ibifungurwa bigurwa i Buraya no muri Reta zunze ubumwe za Amerika bitabwa bikigurwa.

Abakoze ico cigwa bavuga ko mu gihe uguhumana kw’ikirere kuzokwiyongera imiriyaridi zitatu gushika mu mpera z’uno mwaka, ngo hakenewe umugambi wo kugabanya kwonona ibifungurwa.


Grâce Irimbere

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.