Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Igice ca kabiri c’ireresi "Suzana" cagiye ahabona - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Amareresi > Igice ca kabiri c’ireresi "Suzana" cagiye ahabona

Igice ca kabiri c’ireresi "Suzana" cagiye ahabona

mardi 11 Ruheshi 2013

Umuririmvyi akaba n’umukinyi w’amareresi azwi kw’izina rya Kook-k kuri uyu wa kabiri w’igenekerezo rya 11 Ruheshi 2013 yashize ku mugaragaro igice ca kabiri c’ireresi yiwe yise "Suzana"

Aganira n’ikinyamakuru IGIHE yamenyesheje ko iyo reresi yayiyumviriye afise intumbero yo kwigisha abantu ko bakwiye kutishura abandi inabi babagiriye kuko agaragazamwo cane umukobwa yakundanye n’umusore kandi azi ko se w’uwo musore ariwe wishe se ariko ntivyotuma badakundana. Kubw’iwe urukundo rurakomeye aho avuha ati:"Burya urukundo nyarwo ntaco rurabirako.”


Joel Sengurebe

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.