Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Igiteramo c’umugwi nserukira gihugu w’abaririmbiramana - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Gospel > Igiteramo c’umugwi nserukira gihugu w’abaririmbiramana

Igiteramo c’umugwi nserukira gihugu w’abaririmbiramana

jeudi 21 Ruhuhuma 2013

Kumunsi wa gatanu igenekerezo rya 15 Ruhuhuma uno mwaka turimwo mukigo ndangamico c’abafaransa (IFB: Institue Français du Burundi) haratunganijwe igiteramo c’indirimbo z’imana n’umugwi nserukiragihugu w’abaririmbira mana(choeur national du Burundi)mururimi rw’igifaransa.

Ico giteramo catanguye nkigihe c’isaha imwe z’umugoroba,kikaba cari kigizwe n’indirimbo ziri mundimi nyinshi zitandukanye zo muri afrika.Nkuko bamwe mubari baje kurorera ico giteramo babimenyesheje ngo n’iciyunviro ciza kubona hariho umugwi nkuyo wiyunvira kuza bararirimba indirimbo zigizwe n’indimi zo mubindi bihugu vya afrika ngo kuko nikintu batamenyereye kubona hano mu Burundi.

JPEG - 11.8 ko

Uwo mugwi nserukiragihugu w’abaririmbiramana ukaba ugizwe n’imisore n’inkumi basazwe baririmbira muma shengero atandukanye yo mugisagara ca Bujumbura,ukaba urongowe na J.Bosco Beiz NIYIBIZI.asanzwe anarongoye urunani rwa afrika rw’imiziki y’ama korare (Federation Africaine de Musique Chorale) ‘’Famuc’’munpfunyapfunyo y’igifaransa

Igiteramo kikaba carangiye bemeye kuza baratunganya ibindi biteramo vyinshi bene ivyo


Alexandrine Keza

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.