Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ihiganwa rya PRIMUS LEAGUE buca risubira gutangura : Uko imirwi (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Ihiganwa rya PRIMUS LEAGUE buca risubira gutangura : Uko imirwi (...)

Ihiganwa rya PRIMUS LEAGUE buca risubira gutangura : Uko imirwi izohura

jeudi 29 Gitugutu 2015, par egide

Inyuma y’ukwezi kwose ihiganwa rya PRIMUS LEAGUE rihagaze ku mvo z’abakinyi bariko bategura amahiganwa mpuzamakungu atandakanye, iryo higanwa rigiye kubandanya ukuri kwamye. Imirwi ya mbere izohura kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 31 Gitugutu 2015 hamwe no ku w’Imana igenekerezo rya 1 Munyonyo 2015.

Amakuru dukesha urubuga ngurukanabumenyi bw’ishirahame ry’umupira w’amaguru mu Burundi arerekana uko imirwi izohura, amasaha n’ibibuga izokinirako.

Kuwa gatandatu igenekerezo rya 31 Gitugutu 2015

Bujumbura City vs Muzinga FC (P.L.RWAGASORE isaha umunani)

Messager Ngozi vs Les Crocos (Stade Urukundo isaha icenda)

Messager BJM vs Vital’O FC (P.L.Rwagasore isaha cumi)

Les Eléphants vs Flambeau de l’Est (Bubanza isaha icenda)

Aigle Noir vs Royal FC (Makamba isaha icenda)

Olympic Star vs Nyanza United (Muyinga isaha icenda)

Ku w’Imana igenekerezo rya 1 Munyonyo 2015

Athlético Olympic vs Olympic Muremera ( P.L.Rwagasore isaha umunani)

Inter Stars vs LLB S04 Africa (P.L.Rwagasore isaha cumi)


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.