Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
Accueil > Amakuru > u Burundi > Ijambo ry’umukuru w’igihugu (Audio)
jeudi 1er Nzero 2015
IGIHE
1er Nzero 2015, 17:54, par Niwe
Uyumukuru wigihugu cacu cu Burundi iyaba arinkakera yogumye kubutegetsi kukoturamukunda cane maze akazokurwaho nubusaza ariko ntakundi akaryoshe ntigahoramwitama utwaka dutanu dusigaye twokuva mumwaka uza wa 2015 gushika 2020 turamaze ndaje nongere ndamwisezeranye mukumwitorera umugirakabiri.
2 Nzero 2015, 03:36, par Liberation
Muvandimwe Niwe, Kwitoza muri 2015 ibwirizwa nshingiro rirabimubuza, tubaye turareka ivya Arusha abanyamerika bahejeje kumwibutsa. Turamurindiriye rero n,igishika cinshi. Napime ko ari umugabo. Kwiba amatora navyone bigire bibankire kuko CENI itegerezwa gusubirwamwo imbere y,amatora muvyanka muvyemera.
3 Nzero 2015, 09:14, par dushime paraclet
iyo umuntu akoze ibintu atisunze amategeko aba amenje vyiza mbona ko hokwirikizwa amategeko murakoze
5 Nzero 2015, 06:45, par Mvuyekure
Kweli Nakinjure.
5 Nzero 2015, 16:35, par Kiza
Icombona Nuko Yobisa Abandi Bagatwara Ari Co Yamariye Igihugu Turashima Kuvyiza Yagize Areke Guhora Avugishe Ukuri Ati Jewe Sinzokwitoza Arico Bitwaye Avuz’uko
Veuillez laisser ce champ vide :
Messages
1er Nzero 2015, 17:54, par Niwe
Uyumukuru wigihugu cacu cu Burundi iyaba arinkakera yogumye kubutegetsi kukoturamukunda cane maze akazokurwaho nubusaza ariko ntakundi akaryoshe ntigahoramwitama utwaka dutanu dusigaye twokuva mumwaka uza wa 2015 gushika 2020 turamaze ndaje nongere ndamwisezeranye mukumwitorera umugirakabiri.
2 Nzero 2015, 03:36, par Liberation
Muvandimwe Niwe,
Kwitoza muri 2015 ibwirizwa nshingiro rirabimubuza, tubaye turareka ivya Arusha abanyamerika bahejeje kumwibutsa. Turamurindiriye rero n,igishika cinshi. Napime ko ari umugabo. Kwiba amatora navyone bigire bibankire kuko CENI itegerezwa gusubirwamwo imbere y,amatora muvyanka muvyemera.