Accueil > Amakuru > umutekano > Ikigo Centre Jeunes Kamenge catewe
Ikigo Centre Jeunes Kamenge catewe
mardi 27 Gitugutu 2015, par
Mw’ijoro ryo kuri uwu wa mbere rishira uwa kabiri, amasasu menshi yarumvikanye mu Kamenge. Yari igitero gikozwe ku kigo Centre Jeunes Kamenge. Umuporisi umwe yarakomeretse ku kuguru, nk’uko bivugwa n’umuvugizi w’igiporisi.
Nk’igihe c’isaha zibiri z’ijoro, niho humvikana amasasu menshi mu mihingo itandakanye y’uburaruko bw’igisagara ca Bujumbura, amasasu menshi yarumvikanye mu kigo Centre Jeunes Kamenge hamwe no mu nkengera zaco. Muri ico gitero, ibiyo vy’amadirisha n’imiryango vyaramenaguritse cane, ahasanzwe harara abapatiri hakaba harabangamiwe cane.
Mwomenya ko abamenyeshamakuru babiri ba ISANGANIRO, Raymond Blaise NDIHOKUBWAYO hamwe na Bernard BANKUKIRA bari bafashwe mu gihe bariko bafata amasanamu aho ku kigo ca Centre Jeunes Kamenge bakaba bahavuye barekurwa
IGIHE
Messages
27 Gitugutu 2015, 18:00, par FESTUS
Abobajinga mubabone bana apana kubareka bakidegemvya baragahambirwa
27 Gitugutu 2015, 22:45, par KUNAKU
NUWUNISHE ABA AVUZE IYO MANDA TUZAYIBONA
28 Gitugutu 2015, 16:01, par ribaba
Mwa bicanyi mwe mwa banywamaraso mwe ubika inda hasi nkurumbi ntupfe utehany!urupfu rwaw rugir rushike
28 Gitugutu 2015, 20:34
Mkkkhjhhhhh
28 Gitugutu 2015, 20:51, par Emmanuel
Imana Kweri nifashe Uburundi muribihe burimwe.
29 Gitugutu 2015, 08:51, par AREXSI
ARIKO ABARUNDI MUBONA MUZABAHOMUTE UMUNYABWENGE YAHUNGA IGIHUGU MUHAWE IKAZE MURWANDA
29 Gitugutu 2015, 17:05, par kabura
ha,abantu batabona kanura murabe jewe mbon’umuhirwe aruwovuga agatobora kwintambara in burundi arumurenga
1er Munyonyo 2015, 20:30, par Jn
Ahubw Ndumiw Mbega Kuk Muburund Haguma Hapfa Abant?Bazoharurwa Kuriband?Hakuna Ana Kisima Cha Maisha.
1er Munyonyo 2015, 20:32, par Jn
Ahubw Ndumiw Mbega Kuk Muburund Haguma Hapfa Abant?Bazoharurwa Kuriband?Hakuna Ana Kisima Cha Maisha.