Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Imiduga mishasha mu mwaka wa 2013 - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Imiduga mishasha mu mwaka wa 2013

Imiduga mishasha mu mwaka wa 2013

mercredi 26 Kigarama 2012

Mu gihe umwaka wa 2012 ugiye kurangira,mu mashirahamwe ahingura imiduga ntiyagurishije ku rugero rushimishije ivyo bigatuma bazorondera abakozi bangana n’incuro zibiri.Uno mwaka wa 2013 bakaba baduteguriye imiduga mishasha itari mike.

Umwaka wa 2012 ntiwabaye mwiza ku mashirahamwe akora kandi akadandaza imiduga kuko imiduga yadandajwe atari myinshi nkuko bavyipfuza. Ivyo rero bikaba vyatumye bashira mu kazi abakozi bashasha bangana incuro zibiri kubo bahorana ibizotuma bahingura imiduga myinshi kandi myiza izoja ahabona muri uno mwaka uza wa 2013.

Ayo mashirahamwe rero akaba ari Peugeot na Renault aho bariko bakora imodoka yitwa Renault captur,iyindi ni Ferrari izoshira ahabona imodoka yo mu bwoko bwa F70 bikaba bizobera I Geneve, Mercedes nayo izoshira ahabona imodoka yo mu bwoko bwa Mercedes CLA,iyo ikaba isumba gatoya iyahahora. Ishirahamwe Peugeot naryo inyuma yaho rishiriye ahabona imodoka zibiri, rizoshira ahabona imodoka yo mu bwoko bwa Peugeot 2008.

JPEG - 33.7 ko
Mclaren-P1

Ayandi mashirahamwe akaba ari Porsche izoshira ahabona Porsche Macan,Citroën izoshira ahabona Citroën C4 Picasso,BMW,Nissan,Mclaren.

JPEG - 15.6 ko
Peugeot-2008

Uretse rero mu gisata c’amahinguriro atandukanye, no mu bindi bisata, mu ntango z’umwaka, barashize ahabona ivyo bateguye muri uno umwaka uba ugiye kuza.

JPEG - 8.6 ko
Ferrari-F70

.

JPEG - 53.9 ko
Mercedes-CLA

Mugisha Van Naris

Portfolio

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.