Accueil > Poritike > Imigambwe > Imigambwe itavuga rumwe na Reta irashima kubona haje uwundi (...)
Imigambwe itavuga rumwe na Reta irashima kubona haje uwundi muhuza
mardi 23 Ruheshi 2015
Imigambwe itavuga rumwe na Reta ivuga ko kubona ishirahamwe mpuzamakungu ONU ryarungitse uwundi muhuza mu biganiro, ari ikimenyetso c’uko amakungu yose arajwe ishinga n’ibibera mu Burundi.
Rwasa Agathon umukuru w’urunani Amizero y’Abarundi akaba n’umukuru w’umugambwe FNL wigenga, akaba ndetse mu murwi wari wasavye ko umuhuza Saidi Djinnit yotanga imihoho, mu gihe bamwagiriza guhengama co kimwe n’abari mu mashirahamwe ataho yegamiye mu vya poritike atipfuza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza.
Umuhuza mushasha avuka mu gihugu ca Senegal Abdoulaye Bathil, bikavugwa ko aza gutanguza ibiganiro kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 23 Ruheshi, uwu mwaka. Uwo muhuza mushasha mu biganiro bihuza abanyeporitike, amakuru twagiye turakura hirya no hino, akaba yemeza ko atarakirwa n’umutegetsi n’umwe w’igihugu, ndetse n’ivyo biganiro bishobora kutitabwa n’abari muri CNDD FDD n’imigambwe bacuditse.
IGIHE
Messages
23 Ruheshi 2015, 13:42, par Bucumi
Barabesha bazobijamo kunguvu banse naho ibihano birahari.
23 Ruheshi 2015, 13:51, par Bonavanture
Kuki Cndd-fdd Yanka Ibiganiro??? Itaba Mubanyugwishe Nkuko Muhora Mutunyugwisha Muma Meeting!!! Atavyo Mushobore Muntume Jewe Nje Kubajijura Kuko Jewe Ndi Karuhariwe Muguharira!!!
23 Ruheshi 2015, 13:59, par dfggu
byabananiye rwasa none wumva ONU ishigikiye amatora ikindi ukivuga niki UA ko ivuguruzwa na onu wumva igisigaye ariki
23 Ruheshi 2015, 14:22, par fnl.nyanza.makamba
batinya icobazi nibanyarukenyabona.nahandi birabatekurukana.intenderi yaseshe umuti.canke bamufatire ibihano yase kwitaba.batebeje.murakoje.bye
23 Ruheshi 2015, 14:39, par Joseph777
Gwasa,numugabo,muburund,tuzogutora
23 Ruheshi 2015, 20:16, par adony star
Sa Fait mal ces gens qui ne voulent point les dialogues avec ses oposants. ns les autres ns sommes affames de la paix. ils voulent ê bimari? Ns n voulons pas ê coe l’ALGERIE , CÔTE D’IVOIRE.
23 Ruheshi 2015, 23:52, par nduwayo
gira mbazitamb mbarose akanya ndimbaza kwatacombiyagiriza
24 Ruheshi 2015, 02:44, par davekamaro@yahoo.com.au
Baracabaza "abavyeyi" ikizovamwo!!!! Ya ’nkona ntirabarekura bayitumye kubaza ntiragaruka!!!!
24 Ruheshi 2015, 06:19, par kelly
Urumva mwebw muphnga reta non mwemw mutemera reta na reta nabah banyay nka rwasa 2010 baramubesh batako bamutwara umugambw rindi charl nditij amusubir ahubwo 29 haras kugera tuj gutora
24 Ruheshi 2015, 06:20, par kelly
Urumva mwebw muphnga reta non mwemw mutemera reta na reta nabah banyay nka rwasa 2010 baramubesh batako bamutwara umugambw rindi charl nditij amusubir ahubwo 29 haras kugera tuj gutora
25 Ruheshi 2015, 15:25, par nsavyimana innocent
DD nibaturure ntanvura idahita.
2 Mukakaro 2015, 10:21, par bayimenye divin
ntivyoroshe ahubwo
2 Mukakaro 2015, 19:40, par ntakarutimana
uwomutam,ndamukunda.cane,aharinarambe.n’umuryangowiwe.ahobarihose,ndacamukunda.imana.,imujigam