Accueil > Amakuru > u Burundi > Imigenderanire hagati y’Uburundi n’Urwanda ntiyifashe neza
Imigenderanire hagati y’Uburundi n’Urwanda ntiyifashe neza
mercredi 7 Gitugutu 2015, par
Reta y’Uburundi yafashe ingingo y’ukwirukana (Personna non gratta) ku gataka k’Uburundi Desiré Nyaruhirira, umushikiranganji w’ububanyi n’ayandi makungu mu Burundi, akaba n’umuhanuzi mukuru mu buserukizi bw’Urwanda mu Burundi.
Ubuserikizi bw’Urwanda mu Burundi buremeza ayo makuru y’iyirukanwa mu Burundi rya Desiré Nyaruhirira, ariko bakamenyesha ko ata vyinshi baramenyeshwa kuri iyo ngingo yafashwe na Reta y’Uburundi.
Iyo ngingo yafashwe mu gihe ubutegetsi bw’i Bujumbura bwaheruka kumenyesha ubuserukizi bw’Urwanda mu Burundi ko hari bamwe mu bakozi b;ubwo buserukizi bafatanwe ibirwanisho batunze badafitiye ububasha, ariko uwuserukira igihugu c’Urwanda mu Burundi, ariwe Rugira Amandin akaba yavyamiriye kure, amenyesha ko ari irementanya.
Iyo ngingo ifashwe mu gihe Reta y’Uburundi iherutse kumenyesha ko ifise ibimenyetso bikwiye vyerekana ko igihugu c’Urwanda gifise uruhara mu bikorwa vyo guhungabanya umutekano mu gihugu c’Uburundi.
Imigenderanire hagati y’Uburunndi n’Urwanda ikaba isa nk’iyatosekaye kuva aho Petero NKURUNZIZA afatiye ingingo yo gusubira kwitoza mu kibanza c’umukuru w’igihugu kuwa 26 Ndamukiza 2015.
Egide NDUWIMANA
Messages
7 Gitugutu 2015, 23:18, par kazoviyo
N ubundikukazi baribaratevye gufatwa ivyemezo.erega about ntinkavyabindi imbeba ik urya iguhuha ukazagusanuka yakumaze.
8 Gitugutu 2015, 04:45, par mewne harimesh
Naho nukuharaba neza urwanda ninkoma Kagame muvyo yize nukwica kandi numunyamacakubiri yubwoko aharaho nukoashaka ko azopfa atamuhutu avugwa aho mubiyaga binini. Biramaze nukumenyekana ko afise nuruhara rubi mumatira yi Tanzania mugushaka ko hotsinda umututsi Mwene wabo WO mumugabwe Wa upinzani haramasezerano mabi bafitaniye bashaka kwigarurira akarere naho rero kubu Burundi tuhabere amaso.
8 Gitugutu 2015, 04:48, par eric Didi
Mbega mana nibiki presidant Nkurunziza yishimimirije ngo ahangane n"isi yose union European tannumwe ushigikiye mandat yiwe usa iyo btashobora gihabwa ijambo none ageze kurwanda mbega ko tanigisirikare amfite azarwanisha imbonerakure nizo nterahamwe yazanye uwiyahura tibanuririra.abamushuka tibanzi ikotanyi
8 Gitugutu 2015, 05:25, par Arakaza
Nihatari.vyose bizotinda bimenyekane ahubwo abanya Rwanda bari muburundi bose barakwiye kuraba ko bose bafise vyangombwa.kuko nibo baduteje akaga.ihonya bwoko Kagame yateguy ngo izober mu Burundi izogumiwe.
8 Gitugutu 2015, 06:19, par marc
ntmuntu nwe azogerageza kuburabuza unurundi nabarundi bashoborakutwinyegezamwo nimurabe nabandi nabo barugereka siyororo ntimugire uwomitinya uburundi nubwabarundi ntitwemere abadusambura bitwaje ubwoko nyabirunga yarumurundi ntiyarumuhutu canke umututsi komerezaho ndongozi ntandongozi nkamwe twaribwabone zidatamikwa ijambo canke ngozigugwe nka gode niyombare.
8 Gitugutu 2015, 06:22, par Kariyo
Dufise Abategetsi Bajejwe Kugwiza Abansi
8 Gitugutu 2015, 06:36, par Nkurunziza
Abo Wirukana Ubura Kurekura Igihugu Abandi Ngobatware!Wibaza Abowikeka Karibo Bazokwica Abazokwica Muragendana,Ubacunge Bagucung Mpaka Bakwishe Ndaguhaye Amzi2
8 Gitugutu 2015, 07:36, par DESIRE
NDASUBIYE GUSABA KUBA UMUHUZA WABARUNDI KUMPANDEZOSE NTIMUZE MUBIFATAMINENERWE NUKO MUSEVENI YANANIWE NTIYANANIWE YATINYE KUVUGA UKURI
8 Gitugutu 2015, 08:08, par fidelite
@ kariyo
Mu rwanda nta bakunzi bigeze babayo,hari abarose ngo ni ababanyi ubu nibazako bakangutse
8 Gitugutu 2015, 08:09, par ras amza
Ariko iyo mbwa ngo ninyamitwe niyo ngo ni nkuru.mbi baretse kwica abantu kweri nububundi abahutu uretse kwicana ntakindi bsshoboye puuu
8 Gitugutu 2015, 08:49, par Jules Nijimbere
Ahubwo Leta Y Uburundi Yarikwiye Kubandanya Yigeza Kure Abobansi B Uburundi.Mb Kagame Ababazwa Nuko Peter Yitoje Nkande?Harico Bimutwaye.Iconicerekanako Harho Ikindi Kintu Ashaka,hamw Nizindi Nyanka Burundi.Barundi Kanure!
8 Gitugutu 2015, 09:50, par Kayoya
none mwibazako u Rwanda arirwo rwazanye ikiringo ca 3? none nirwo rwishe ababikira 3? none nirwo rwishe Feruzi? nirwo rwangaje abanyagihugu? abari Tanzanie, Rwanda, Uganda, congo, etc.... muriko muronderera aho ikibazo kitari nagaatoyi!!!!!! murihenze aho!!!!! None nimufunge na ambassade yose ahubwo bice biboneka ko mukommeyee!!!! Murikwije da!!!! dit Nyarutwe .....
8 Gitugutu 2015, 09:56, par Kayoya

8 Gitugutu 2015, 10:06, par Dukuze
Haaa,mbega uburundi n abategetsi babwo bashaka kuba banyamwigendako!baranakumbure biyegereze ababanyi nayahandi birabagoye kandi ntibate ibibazo ku rwanda sirwa rwatumye bahonyanga ibwirizwashingiro.
8 Gitugutu 2015, 10:29, par fidelite
yoooo ngirango uburundi buraruhutse ibihano bikuweho, abagaruwe bagiye amerika baragiye, bane bafatiwe ibihano barabariwe uwatezaga ingorane aragiye ubu nta muntu numwe uzosubira gupfa, mandat ya gatatu ni sawa ubu ni bon nabahunze kagame bose babaga iburundi b abanyarwanda bose turabamushiriye abice
8 Gitugutu 2015, 10:30, par fidelite
yoooo ngirango uburundi buraruhutse ibihano bikuweho, abagaruwe bagiye amerika baragiye, bane bafatiwe ibihano barabariwe uwatezaga ingorane aragiye ubu nta muntu numwe uzosubira gupfa, mandat ya gatatu ni sawa ubu ni bon nabahunze kagame bose babaga iburundi b abanyarwanda bose turabamushiriye abice
8 Gitugutu 2015, 10:47, par fidelite
yoooo ngirango uburundi buraruhutse ibihano bikuweho, abagaruwe bagiye amerika baragiye, bane bafatiwe ibihano barabariwe uwatezaga ingorane aragiye ubu nta muntu numwe uzosubira gupfa, mandat ya gatatu ni sawa ubu ni bon nabahunze kagame bose babaga iburundi b abanyarwanda bose turabamushiriye abice
8 Gitugutu 2015, 11:04, par Kabura
Barundi mwese muzi ubwenge!!! abo ba dd ntibabahende ngo ikibazo uburundi bufise ngo ni Rwanda!!!!!! oya nagato!!!! none u Rwanda nirwo rwaturiye isoko nkuru ya bujumbura???? nirwo se rwaturiye amasoko ya Kayanza, Gitega na Kinindo? none ni u Rwanda rwabariye Nkurumbi ngo afate ku nguvu ikiringo ca 3? none abantu bariko bapfa muri cibitoki na Mutakura ni Rwanda ruriko rurabica si aba dd bariko barabikora??? Interahamwe zuzuye mu gipolisi ahubwo ziratuma ivyo mwikeka bihava biba!!!!!!! ntaco murondera inyishu ahatariho muhenda abanyagihugu n amakungu ngo ni u Rwanda!! oyaaaaaaaaaa yeeeeeee. , oyayeeeeeee
8 Gitugutu 2015, 11:20, par Kabura

8 Gitugutu 2015, 11:44, par intore
nibakomeze badusotore Buriya bashaka ko tuza kubarangiriza ibibazo bafise..méfiez vous de notre silence nimba mugira ubwenge
8 Gitugutu 2015, 12:50, par momo
Nkurunziza,agakecuru mugupfa kaja mubutinyanka,wewe ugomba ukozagati munyo inkotanyi,banzumarurwuriko,ndakurahiiye mundwi gusa akogahara bobabamaz kugahonda mwinyundo!!!komezubasotora
8 Gitugutu 2015, 13:02, par kageorges
Aba police barihekuye kuko bishe inbonerakure zariko zitera ama grenade kumutakura nomucibitoke.nukurasa iyo mihinbiri itumva.nabado;habe icobaye hagati yurwanda nuburundi.urwanda rurihenda kandi rurebere Kure iryo murundi kuko uburundi sinka RDC.basoda burwanda karibu iwacu muburundi avec attention.

8 Gitugutu 2015, 14:51, par intore
@kageorges que des bla bla..ubu Kubera ko mufise izo nterahamwe mubitse ngo niho mwogira ico mugerako urihenda pe. ico utazi n umunyarwanda c toi qui doit faire attention pauvre type intambara yanyu n iyumunwa gusa mwirigwa mugandagura kazoza k ejo
8 Gitugutu 2015, 15:58, par yes
Nne ugira urwanda nirwo yatumy peter kwitoza nibamaramarir hirya
8 Gitugutu 2015, 15:58, par yes
Nne ugira urwanda nirwo yatumy peter kwitoza nibamaramarir hirya
8 Gitugutu 2015, 17:56, par Nyanana
wewe wiyse Kageorge biribonekeza ko uri imwe muri za nterahamwe ziri mu gipolisi c uburundi!!!!
Ntaco wigira umurundi kunguvu , jenocide mu burundi nti muzopfa muyishoboye!!!!!! taha iwanyu mwemange amaraso y abatutsi b abanyarwanda mwanyoye ! Kagame azobagirira ikigongwe ateko abahe inka nk uko yazihaye baso na ba nyoko
8 Gitugutu 2015, 18:19, par fidelite
@Intore
reka kwiyemera murakanga abandi atari twebwe,tugumize ivyo bigesera vyanyu mu gihugu cacu ngo nuko muri inkotanyi?N’abandi bose batuvireho .
8 Gitugutu 2015, 18:23, par liLi
ibyo abarundi bilirwa bamoka nkibwa zo kumuhanda ntamunyarwanda numwe biteye ikibazo. dukomeze gahunda yacu twiyubakira igihugu cyacu . naho baliya bakomeze balindagire.
8 Gitugutu 2015, 19:39, par Gakozi Emmanul
Mbega yaramaze imyaka ingahe aho mu burundi? kugira arinde ashika kugikogwa nkico aru Mu Diplomat.
8 Gitugutu 2015, 20:05, par vugukuri
BARUNDI NIMUKENYERE kandi mukomeze KAGAME ashyigkiiwe cyane n’ABAZUNGU kuko ari IGIKORESHO CYABO arwaye indwara yo kuyobora akarere k’IBIYAGA BIGARI uko yashyizeho KABILA JOSEPH muri CONGO no mu BURUNDI arashaka gushyiraho umurundi W’IGIKORESHO CYE kugirango NICKEL ya MUSONGATI bayitware. KAGAME yatangiye koreza mu BURUNDI abasirikare batashye mu RWANDA b’umuhari FDLR kugira ngo azereke amakungu yuko mu BURUNDI hari interahamwe na FDLR.
CNDD FDD yarwanye imyaka icumi muzamwereke yuko MUMURUSHA KUMENYA ISHYAMBA ntimuryame mukomeze kuba MASO. iBYO AHERUTSE KUVUGIRA MURI HOLLANDE ntaho yababeshye. Mutoze ABARUNDI B’’UMUTIMA KURWANIRA IGIHUGU CYACU NAHO UBUNDI EMPIRE HIMA TUTSI yazatuma mutongera no gukaraba mu maso.
NIMUTOZE ABARUNDI MU GIHUGU CYOSE KWIVUNA UMWANZI MWIYAMBAZE IBIHUGU BY’IBITURANYI NKA TANZANIYA , ANGOLA , AFRIKA Y’EPFO ZIMBWAMBWE kuko ABAZUNGU batinya cyane gutera ibihugu by’AFRIKA BYISHYIZE HAMWE.
INTWARO YA DEMOCRATIE MUYIKARISHYE MURI IKI GIHE,MUJYE MU BUSHINWA CYANGWA ANARUSIYA KUKO ABANYAMERIKA N’ABANYABURAYI MURI IKI GIHE BARATINYA CYANE ABARUSIYA...
MUKOMERE KU MUHETO TURABASHYIKIYE NTABWO TWIFUZA KUBURA UBURUNDI NKUKO TWABUZE U RWANDA KU NGOMA YA HABYALIMANA...
IMANA IBAHEZAGIRE.....MUKOMERE CANE
BURUNDI OEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEE
NKURUNZIZA OYEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEE
KAGAME puuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuu uuuuazicwe n’umuvumo w’amaraso y’abanyarwanda n’abanyekongo amaze kumena wongeyeho n’ABARUNDI...
8 Gitugutu 2015, 20:09, par pissed
Uru rwiyita ngo ni fidelite wagira ngo nta kazi kandi rufite ko gukora mu buzima bwarwo,toujours urusanga kuri buri topic rusukagura ibigambo bitameshe vyuzuye urwango n’ibindi bidafite akamaro aho gutanga ibitekerezo vyubaka,bigaragara ko ruba rwatumwe na leta y’abicanyi y’uburundi niyo mpamvu igihugu kiri kugwa mu manga kubera imyumvire y’abantu nkaba,u Rwanda muruveko muhangane nibyanyu bitaboroheye n’amacakubiri yabokamye.
8 Gitugutu 2015, 20:27, par NKEZABAHIZ CELESTIN
MANA WAFASHIJE UBURUNDI BUKAGIRA AMAHORO
8 Gitugutu 2015, 20:29, par NKEZABAHIZ CELESTIN
MANA WAFASHIJE UBURUNDI BUKAGIRA AMAHORO
9 Gitugutu 2015, 11:51, par nibyo
Consiel de ministre iyo igeze mu nama kumurongo wibyigwa kuva ku cyambere kugeza ku cyanyuma ni Rwanda. Rwanda komeza imihigo ureke ababuze icyo bakora!
9 Gitugutu 2015, 12:09, par Léonidas
Uburundi N,urwanda N,ibihugu Bisa Nkaho Turibamwe Ariko Kubera Mandat Yagatatu Murumva Ko Imigenderanire Ihagaze Ahubwo Nyabuna Nyakwubahwa Umukuru W,igihug C,urwanda Murakomeza Kuduha Ubuhungiro Muzoba Mukoze.Tubasigire Igihugu Cabo Kuko Tubayeho Nabicane.Muburundi.
9 Gitugutu 2015, 12:26, par che
Ikibazo kiri mu burundi si politique ahubwo ni amacakubiri arenze ukwemera. Biragaragara no mu bantu bandika hano ibyo bandika ni agahoma munwa.
9 Gitugutu 2015, 14:22, par nzoyisenga
Kino gicucu (ikijuju) ngo ni fidelite kirirwa gihurahura ibigambo biboze wewe ntaho utaniye na shobuja. Mwibuke ko uRwanda ruyobowe nabantu b abagabo bazi ico gukora tureke mwebwe mwirirwa murya abantu Wewe fidelite bandanya kwamamaza ubugome, urwango,ubwicanyi urisema . abantu nkamwe nimwe mwonona societe . Bandanya tot ou tard muzosanga mwarihenze
10 Gitugutu 2015, 04:53, par toussaint
nivy leta twemer niyobesh ahubwo nikugira amatohoza kandi bazohinyuka.
10 Gitugutu 2015, 04:54, par toussaint
nivy leta twemer niyobesh ahubwo nikugira amatohoza kandi bazohinyuka.
11 Gitugutu 2015, 09:18, par Neberacoz Mitta
Ewe Mana Tujehagati Abarundi Nabanyarwanda Twikundanire Uhindure Mumitima Y’abadutwara.
31 Kigarama 2015, 19:53, par phirippo
ntaconovuga
31 Kigarama 2015, 19:55, par phirippo
ntaconovuga
3 Myandagaro 2016, 12:41, par OLIVIER
NTACO MBIVUZE HO
20 Gitugutu 2016, 15:01, par Merik
Oya Muburundi Amacakubiri Yaravumwe Ahubwo Urwanda Nigwikebuke!