Accueil > Inkino > FOOTBALL > Imirwi y’umupira w’amaguru ya mbere itunze kw’isi
Imirwi y’umupira w’amaguru ya mbere itunze kw’isi
jeudi 8 Rusama 2014
Umupira w’amaguru ni kimwe mu bintu bukunzwe n’abantu benshi kw’isi, ku bw’ivyo ikinyamakuru Forbes co muri Reta zunze ubumwe z’Amerika gihejeje gusohora urutonde rw’imirwi 20 itunze kurusha iyindi kw’isi nzima.
Ku mutwe w’urutonde haza umurwi wa Real Madrid. Ikinyamakuru Forbes mu matohoza cagize kuva mu mwaka w’i 2012-2013, casanze ubutunzi bw’uwo murwi hanini buzanwa n’amahera umukinyi w’igihangange Cristiano Ronaldo yinjiriza
uwo murwi. Ikindi n’uko hari imirwi itahora iboneka k’urutonde nk’uru ariko aho imariye kuja mu minwe yabafise amahera menshi bakagura n’abakinyi bakomeye, yashoboye kuja mu yindi. Akarorero n’umurwi wa Paris-Saint -Germain. Aho ugiriye mu minwe y’abagwizatunga bo mu gihugu ca Quatar, ukagura n’abakinyi b’ibihangange nka Zlatan Ibrahimovic na Thiago Silva, waronse ikibanza c’i 15.
Igitangaje n’uko iyo mirwi yose iri kuri urwo rutonde yose ariyo k’umuhagabane wa Buraya gusa. Nta murwi wa Afrika, wa Amerika, wa Asiya canke mu bindi bihugu bitunze uri kuri urwo rutonde.
Imirwi irushanya ubutunzi uku gukwirikira, amahera ari mu madorari, mushatse kumenya agaciro afise mu marundi, twobabwirako idorari 1 ry’abanyamerika rivunjwa amarundi 1555(kuri iri genekerezo).
1. Real Madrid – Imiriyaridi 3,44 z’amadorari y’abanyamerika
2. FC Barcelone – Imiriyaridi 3,2
3. Manchester United – Imiriyaridi 2,81
4. Bayern Munich – Imiriyaridi 1,85
5. Arsenal – Imiriyaridi1,33
6. Chelsea –imiriyoni 868
7. Manchester City –imiriyoni 863
8. Milan AC – imiriyoni 856
9. Juventus – imiriyoni 850
10. Liverpool – imiriyoni 691
11. Borussia Dortmund – imiriyoni 600
12. Schalke 04 – imiriyoni 580
13. Tottenham –imiriyoni 514
14. Inter Milan – imiriyoni 483
15. Paris Saint-Germain –imiriyoni 415
16. Galatasaray – imiriyoni 347
17. Atlético Madrid – imiriyoni 328
18. Hambourg –imiriyoni 326
19. AS Rome – imiriyoni 307
20. Naples –imiriyoni 296
Chérif Nkeshimana
Messages
22 Ntwarante 2016, 21:12, par ntihinduka abel
mumugwi nka Real madlid urakomeye cane naho mwiyi misi uvyi genzamwo nabi mugabo ndatanga jwe nokubona uri kubutunzi nku bwo ndasha ka kumenya umukinyi kwisi afise amafara kuruta bandi
29 Ntwarante 2016, 16:32, par ERIC
NDASHAKAKUMENYA.UMUKINYI.KWISIAFISE.AMAFARANGA.KURUSHABANDI
8 Ruheshi 2016, 22:49, par Jamari
Fc Barc
5 Mukakaro 2016, 05:56, par CIZA
CIZA
8 Mukakaro 2016, 21:14, par NTEZIMANA Janvier
NONE MESSI BAZOMUPFUNGIRA IKI NSHAKA MUMPE INKURU ZIWE
16 Mukakaro 2016, 20:35, par Niyobuhungiro.Obedi
Ntanumweafisamaherakukoboseniyobahigamugabonkarealmadridndayifanaitsindwayarekandayifanamugabondayisabakoyogirkuraj
5 Nyakanga 2016, 17:42, par Niyibitanga J’dodieu
nivyizacane nagombamdababaze ko E.F.BARCRONA NA LEARMADRIDE bizobiragukina?
24 Nyakanga 2016, 20:58, par yves
kuberiki kenshi tubona f.c.b ariyo ifise amahigwe menshi yogutsinda ikaca iba iyakabiri ? nikuki burya ntibayirenganya ?
12 Munyonyo 2016, 22:33, par Samson
Ndashimye Kuri Urworutond Mudushikirij Ok
9 Kigarama 2016, 13:03, par Calixte Ndikumwenayo
None Amahera Abakinyi Baronka Binjirizumurwi Canke Nivyabo
14 Kigarama 2016, 18:27, par macumi j.mbatiste ari muntara yakirundo
Ndanezerewe Numurwi Wabarisirona Kuba Uza Ubwakabiri Bisaba Abakinyi Babarisirona Bakine Neza Tuze Ubwakabiri
7 Nzero 2017, 06:40, par Levis Mukungu
Noneamahe.Bakinira Abakinyi
Bacabayagabura?
11 Ruhuhuma 2017, 21:19, par nduwimana cyriaque
real madrid ifis ubutunzi bungana gut?
25 Ruhuhuma 2017, 11:51, par japhet
nonemessinacirisiyabazokinamumugwiwande
28 Ruhuhuma 2017, 21:25, par renovat mugishawimana
lionel messi na cristiano ronaldo ninde arusha umupira uwundi
6 Ntwarante 2017, 15:54, par 75506379
ruberintwari evode
12 Ntwarante 2017, 19:34, par manasse sabimana
Real Madrid Yanje Ndayikundcanee Kuba Irikumwanyawakwanza!
18 Ntwarante 2017, 11:57, par Celestin nsabiyaremye
Umukinyi Atunze Kwisi
25 Ntwarante 2017, 06:58, par Christophe
Jewendanezerewecane Kubona Umurwiwanjewa Fc.barcelone Uza Ubwakabiri Nivyogushimirira Imana Abakunziba.Fc.Barcelone Gumekuheto Jewesinzoyihemukira
27 Ntwarante 2017, 12:49, par Ndikuriyo PASCAL
nagomba mumbarire amahera LIONERI MESSI HAMWE NA NYMARY NA SWALAIZE NA INYESTA BAHEBWA Mbega Messi Na Lonardo Ninde ?Ahebwa Meshi Canke Afise Amanota Meshi.
27 Ntwarante 2017, 12:58, par Pascal Ndikuriyo
Niyumvirako Arabakundana Bariko Bararya Ikirori.
4 Rusama 2017, 09:19, par yamungu
nshka kumenya umukinyi ahembwa menshi dufatiye kuri Messi na Ronaldo
21 Ruheshi 2017, 20:01, par NGENDAKUMANA BOSC
NDATAHUYE REYAREMADRID IGEZEKUNTAMBWE ISHIMISHIJE
2 Myandagaro 2017, 07:36, par JIMMY
12 Myandagaro 2017, 17:29, par Pasifique Ruzocimana
nagombambambaze Messi Nubuniwe Arikwisonga Canke Ni Ronaldo?
9 Ruhuhuma 2018, 00:43, par Nsabimana Corneille
Ndashimye Cane Ko Umurwiwanje Real Madrid Aruwambere.Mumirwi Itunzekurusha Iyindi.Nkasabako Cristiano Ronaldo Yobandany Akinira Umurwi Wa Real Madrid.Neza.
16 Ruhuhuma 2018, 21:35, par Yusuf martin
Fc barca yanje niyakabiri ariko nzoyifana twongeze inguvu dufate ba lonaldo ;real madrid
4 Ntwarante 2018, 00:23, par Ndi mpawe japhet
Ugo rukino.ruzobera ingozi kwinjira azoba arangahe?
16 Ntwarante 2018, 20:59, par KWIZERA ELIAS
Andika hano:NUKURI DUSHAKA KUMENYA UMURWI NSERUKIRA GIHUGU MU BURUNDI
22 Ntwarante 2018, 22:02, par Landry Neymar
Mutama Messi Azobikor
7 Ndamukiza 2018, 21:47, par Ntiranyibagira
Urutonda Rwabakinyi Bakomey Kwisi
12 Ndamukiza 2018, 01:19, par b why Alferd
jewe shakakuwenya umukinyi wambere kwisi yose hamwe nuwakabiri!
22 Rusama 2018, 21:31, par nitwa niyokindi methoe
none ibi nivyaryar
28 Rusama 2018, 09:59, par nimbona meligie
umupira
16 Ruheshi 2018, 10:52, par Sabuchimike Léonçe
none uwomumenyere zamuc hacha wareale madride koye mezako messi ariwemukinyi wigihangange kandi ajekume nyereza kririsiano yakozama teka bizogendagut?azobanda nya ahayagiza messi.nkuko tu vyunva?
2 Mukakaro 2018, 07:05, par Yarandokoye Méthode
Ko Muvuze Ko Real Madrid Ifise Ubunzi Kubera Iki?
15 Mukakaro 2018, 00:58, par Pascal Key Love Pascal Nshimirimana
Nuwuhe Mukinyi W’umupira W’amaguru Kw’isi Afite Ibiro Vyish?Mbe N’abahe Bakinyi Umugwi Wa F C Barcelona Yoba Imaze Kugura Kuva Aho Algantina Iviriye Mur Couple Du Monde?Mbe Real Madrid Yo Vyifash Gt Kuvaho Ronaldo Aviriye Muruwo Mugwi?Mbe Bobo Boba Bamaze Kugura Abakingi Bangahe?Nk’aband?Mbe Urya Munyegori Yahora Asamira Real Madrid Kuvaho Bamukuriye Mururya Mugwi Ubu Agezeh?Ntahandi Araronka Yoza Gusama?
31 Mukakaro 2018, 16:40, par Sinzinkayo Leonard
Jew Nashak Ndababaze Umukiny Real Imaz Gusinyisha? Muzob Mukoz
12 Myandagaro 2018, 22:00, par Kubwimana Jean-Marie
Urutonde Rwaba Kinyi Cumi Bambere Bazi Gukina Kwisi
12 Myandagaro 2018, 22:06, par Kubwimana Jean Marie
Imirwi Itatu Yambere Mu Burundi Izi Umupira Wamaguru Namazina yabakinyi Bayigize
20 Myandagaro 2018, 22:48, par dushime fulgence,
nashaka kubaza umukiny marcelo konumvis ngwarimugukurikir critian lonard nivyo?
27 Myandagaro 2018, 19:44, par Irakoze Fabrice
Jenanj Nashaka Ndababaz Real Madrid Imaze Kugura Abakinyi Bangahe?Hoho Ntabandi Irondera Saw Muzoba Mukoze
1er Nyakanga 2018, 00:08, par nikiza ides
bt?ndabaramukit. nimbarir amku.pogba ari mur barça nivy?
12 Nyakanga 2018, 17:35, par Job Irankunda
Barcerona Izogura Abakinyi Bande Nabande? Canke Nibangahe Nyimba Izobagura?
12 Nyakanga 2018, 20:42, par Odric Iradukunda
Champion Zirig Izotangur Ryar?
17 Nyakanga 2018, 13:29, par Nzisabira Richard
Andika hano Aigle Noire Yagurishije Abahe Bakinyi?
9 Munyonyo 2018, 07:42, par #Minani_Samuel
Ayo Makuru Ni Meza Ico Nsaba N’uko Mwoza Muratubwira N’itunga Ry’Umukinyi Wariwe Wese.
11 Munyonyo 2018, 13:17, par NTEZIRYAYO Leopold
Nagomba Mbaze Muri Re.al Madrid Nindeyoba Afise Ibitsindo Vyinshi Ko Cristiano Yavuyemwo