Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Imiti yaraturiwe mu ntara ya Bururi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amagara y’abantu > Imiti yaraturiwe mu ntara ya Bururi

Imiti yaraturiwe mu ntara ya Bururi

lundi 25 Ruhuhuma 2013

Imiti yataye igihe ifise igiciro kirenza imiliyoni 119 z’amafranga y’amarundi,niyo yaturiwe kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 23 Ruhuhuma 2013 mu ntara ya Bururi.

Kubw’abajejwe amagara y’abantu mu ntara ya Bururi, iyo miti yononekaye bivuye ku kungene yabitswe nabi mu bubiko bwayo, aho yarisanzwe ibikwa.

Barongeye barameneyesha kandi ko, imfashanyo y’imiti yashitse, mu gihe iyari ihasanzwe yari yegereje guta agihe. Basabwa kubungabunga iyo mishasha baronkejwe.


Mariella Bukuru

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.