Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > SAT B > Inkuru > Imodoka Ikoh yahaye Satb ryabaye ibanga ribangirwa ingata
Imodoka Ikoh yahaye Satb ryabaye ibanga ribangirwa ingata
lundi 16 Ntwarante 2015
Intangwa ry’imodoka ishirahamwe Ikoh yahaye Satb ririmwo ibinyegezwa vyinshi, yaba SatB ntashaka kuvuga ikintu na kimwe kijanye n’imodoka yahawe, eka no muri Ikoh ntibantanga umuco kw’itangwa ry’iyo modoka.
- Satb hagati na Amili na Douce ariko ashira umukono ku masezerano
Amakuru atangwa na Douce Djumapili arongoye Ishirahamwe Ikoh Multiservice (Directrice de Ikoh) aremeza ko ishirahamwe arongoye ryahaye imodoka umuririmvyi SatB. Avuga ko iyo modoka bayimuhaye mu ntumbero yo kumuha ikimwunguruza. Mu kiganiro twagiranye na Douce, ntatomora ko iyo modoka ari nshasha, agaciro kayo, canke ko izosubizwa ishirahamwe inyuma y’amasezerano y’imyaka ibiri ishirahamwe rifitaniye na SatB. Douce kandi ntatomora neza igituma iyo modoka bari kuyiha Satb ntibahamagare abamenyeshamakuru basanzwe bakorana cane na Ikoh, ikindi gitangaje n’uko ata n’ifoto yafashwe igihe Satb bamuha urupfunguruzo rw’iyo modoka. Douce kuri ivyo bibazo aguma yishura ko ivyo biri mu masezerano ari hagati ya Ikoh na Satb. Aravuga kandi ko bazotanga ikiganiro ku bamenyeshamakuru, ariko ntavuga umunsi canke ukwezi, narirya Satb amaranye iminsi itari mike iyo modoka.
- Imodoka yahawe Sat b
Ku rundi ruhande, Satb nawe nyene bibonekako adashaka gutanga amakuru ajanye n’iyo modoka bivugwa ko bamuhaye. Tumusavye aduhe ifoto yayo n’inomero ndangamuduga "plaque" zayo, Sat b yaciye yinumira. Eka nta mafoto menshi y’iyo modoka Sat B aratangaza nk’uko tumumenyereye ashira ibintu vyiwe kuri facebook.
Tubibutse ko igihe Satb yagirana amasezerano yo gukorana na Ikoh, abamenyeshamakuru babimenyeshejwe, biranavugwa kandi birandikwa mu binyamakuru vyinshi, ariko itangwa ry’iyo modoka ryagumye ari ibanga.
Tuguma turondera gushika turonse amakuru atomoye kuri iyo modoka ya SatB.




Cherif Nkeshimana
Messages
16 Ntwarante 2015, 16:31, par K.J.A
NITWA K.J.A NIBAZA KO ARI IYO YAGUZE.
17 Ntwarante 2015, 13:48, par Nahimana Francois
Murakoze. Turashimira iryo ryi yumviriye gufasha uwo muririnvyi wacu satb, yamukuye mu menyo ya batwenzi. Abo na nabo bariko bararondera ivuya ngombwa kuri iyo modoka ya hawe na bagira neza. Nta wuzi ico ba muronderako, wosanga atari imodoka gusa bamuronderako. Kimwe gusa barazi ko ataribo bayi muhaye,nibiki bibagora mu mitima yabo? Murakoze!
31 Ntwarante 2015, 15:01, par eric
jewe ico nokwiyumvira nuko sat b yobishira ahagarara kuko umuduga aruwo bamuhaye none kwatawuzoza kuyimwaka?
1er Mukakaro 2015, 21:12, par wase pro
bamuhaye agashimwecanke?boromwongera!
29 Mukakaro 2015, 04:38, par saidi love sat-b
kuki? mumubazagiza sat-b arayikwiye pee
2 Myandagaro 2015, 23:07, par muruta steve
kimwe bayimuhaye batayivye rero nibashire ukuri ahabona badukure mumakenga
9 Myandagaro 2015, 06:06, par Fiston
Jew iciyunviro canje notanga n’uko ukuri kuja ahabona bikagaragara.je narinzi kw’ari modoka yiwe, kenny empire yose twar tuzi kwari iyi wiwe.
10 Myandagaro 2015, 11:28, par vyamungu trésor
kwel vyobavyiza bigiye ahabon naho sat-b atavyemera bavugango imisiyigisuma ni40gusa 1jaur bizomenyekana bije ahabona kandi muzoce mubishira kurubuga twese tubimenye muzoba mukoze
19 Myandagaro 2015, 00:54, par baptiste
mbeg wkwima agshimw sat-b hma ukgaha nd? rkana nuw mu pet wcu man
10 Nyakanga 2015, 14:42, par sinzinkayo chadrack
s6 ivyobint birimw amanyang kumbwamber babisiz ahabon?ubu,nigik catumye batabishr kumugaragar?
1er Nzero 2016, 21:56, par Bukuru Joseph
Je simbona ico bashaka kuri iyo modoka satb yahaw.Ahubwo nibamukure kw-induru.Satb urayikwiye pe!
4 Nzero 2016, 14:59, par munezero ayubu
vyos nn mushak mubimeny" rek amabang amw ayatstimb kuk ni freesh
12 Ruhuhuma 2016, 12:31, par eustache
nibnga birumvikan ham sat.b mutam wanj komera
12 Ruhuhuma 2016, 12:33, par eustache
nibnga birumvikan ham sat.b mutam wanj komera
27 Ruhuhuma 2016, 09:04, par GIRUKWISHAKA
birash kugasanga bavugany yukovyobibanga.urumvantiyoc bisakaza?
21 Ntwarante 2016, 06:20, par Niyokindi Inn100
Bantazira I Cent,Sat B Kabisa Nibamureke Arayikwiye Ntawndi Yoyihabwa Kabisa Sat B Baho Nkisima Yakera Nayiyubuyo Ninkubuyi.
28 Ntwarante 2016, 17:59, par Eric
Nn bashak gushik kuk
7 Rusama 2016, 20:29, par SHADYG
JE NDI SHADRACK EK FROM MUYINGA OK SAT B TURAKWEMERA ARIKO NKABAFANA BIWE NATUBWIRE IMVO NIMVANO YIYO MODOKA NI SHADRACK OK SAT B NDAKWEMERA MPAKA MFUYE OK
10 Rusama 2016, 18:20, par rukundo criss
yankakumenibanga erega numufreemasone mugashaka yobivuga nkatwe abafani vyaratubabaje murakoze
5 Myandagaro 2016, 22:27, par Ngezumugongo Bernard
Sat-b Naduhe Umuco Kwitangwa Ryiyo Modoka Niryoshirahamwe Batubwire Ko Bataromwaka Kandi Ko Bamuhaye Shasha ?
15 Myandagaro 2016, 16:29, par INNOCENT IRAKOZE
NTACO TWOBIVUGAKO BOBO NIBIGUMEMWO
26 Myandagaro 2016, 10:08, par Desir
nibamurek kuko ivyiy modoka ntibibara sat b songa mbere
3 Gitugutu 2016, 12:11, par gerard igiraneza
ndimuba fanzi biw bakund akaz kiw ivyiz numv k yobitomor nuk naw natw tukabimeny merc
3 Gitugutu 2016, 12:12, par gerard igiraneza
ndimuba fanzi biw bakund akaz kiw ivyiz numv k yobitomor nuk naw natw tukabimeny merc
13 Gitugutu 2016, 09:10, par niyo.nkuru.shadra.ck
kunberi.ki.mu.bimu.baza,cane
sa.tb.
13 Gitugutu 2016, 09:17, par nitwa.shadra.ck
Basha.ka.Gushi.Ka.Kuk
Nibamure.Ke.Twe.Nka.Bafazibiw
Tubo.Nako.A.Bikwiye.Ok
4 Munyonyo 2016, 12:18, par RENARD
SAT_B MAMBO
31 Kigarama 2016, 07:16, par idi
none sat.b ntiyovugisha ukuri iyomotoka kwariyontirano
5 Ntwarante 2017, 20:11, par Paster and Paster
by sat-b nibamurek kumubazagiz hiy modok yayikuy kwer arayikwiriy
16 Ntwarante 2017, 21:34, par NIMBONA
NDAMURAMUKIJE Ndamukunda Cane Sat B
21 Munyonyo 2017, 11:24, par NIYONSABA
ego kbsa arabikwiye