Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Imyaka 22 irarangiye umugambwe FRODEBU utsinze amatora - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Poritike > Imigambwe > Imyaka 22 irarangiye umugambwe FRODEBU utsinze amatora

Imyaka 22 irarangiye umugambwe FRODEBU utsinze amatora

lundi 1er Ruheshi 2015

Imyaka 22 irarumanye neza, umugambwe Sahwanya FRODEBU utsinze amatora, aho hari kw’igenekerezo nkiri.

Mu matora ya mbere yari agiyemwo imigambwe myinshi kandi harimwo n’iyitavuga rumwe na Reta y’ico gihe yari irongowe na Petero Buyoya, umugambwe Sahwanya FRODEBU urongowe na Melchior Ndadaye, ukaba waciye utsinda amatora, abo bahiganwa yaba Petero Buyoya yari yaserukiye umugambwe w’Abadasigana UPRONA na Petero Karaveri Sendegeya yari yaserukiye umugambwe PRP barashima ko barushijwe, ndetse baraheza, bakeza Melchior Ndadaye ku ntsinzi y’ayo matora, ku wa 1 Ruheshi.

Ariko mukamenya ko intwaro y’uwo mukuru w’igihugu wa mbere yari yitorewe n’abarundi, ndetse akaba yari anabaye n’uwuva mu bwoko bw’Abahutu atwaye ubwa mbere Uburundi, itashoboye kumara ikiringo c’imyaka itanu yari yatorewe n’abanyagihugu, aho inyuma y’amezi atatu, akarwi k’abasirikare kaciye kamugandagura, co kimwe na bamwe mu bategetsi b’uyo mugambwe. Inyuma y’ukwica Melchior Ndadaye, umukuru w’igihugu, ubundi bwicanyi butandukanye bwarabaye, abantu batari bake baragandagurwa.


IGIHE

Messages

  • Nibakoreko Kuri NKURUNZIZA tubereke umututsi ingene ata agaciro abanje kumeswa

  • JEWEMBONA NUBU NTIBAREMERA KO AMASEYAKERA ADAGIHOMA URUTARO BAGUMA BARONDERA KUDT ARIKO KAGAME AGIYE YASHIKA KWISIMBOYINUMA IRYAKUDETA MWARAHATWSE MURAZOYISUBIRA MURABE SIBIMWE JEWEMBONA NUBU NTIBAREMERA KO AMASEYAKERA ADAGIHOMA URUTARO BAGUMA BARONDERA KUDT ARIKO KAGAME AGIYE YASHIKA KWISIMBOYINUMA IRYAKUDETA MWARAHATWSE MURAZOYISUBIRA MURABE SIBIMWE VYAKERA

  • Non koyatowe nabanyagihugu yishwe nabanyagihugu bamutoye ahubwo twosaba ko abamwishe boja ahabona bagakubitwa inkoni mugahanga Murakoze

  • Kakuma abatutsi nibwa bishe ndadaye badahevye imyiyerekano bazotemagugwa nkomurwanda kukobakoze ibibi vyishi kubahutu kuvakera kagame arabahenda kuko ubu igissirikare nicabahutu tanzania niyabahutu abatutsi bagabe aaaaaaaaaaeeeeeeeeeee ooooooooooooo yoooooooooo

  • Ndadaye abarundi barasimvye bamuhunda amajwi aratsinda amatora, ariko akarwigatoya ka barundi karagenda kumbira amabwire ya Kagame kunama yabagiriyo abanje kubabwira umugambi wapanzwe wa Empire hima acarababwira ati akakoko nimube nurajuyeho atikandi mucemurondera igihugu mugiterere kwiyontebe yumukuruwigihugu nubenurahumwe amaso ibindibihutu canke novuga abarundi kuko hariho abatutsi beshi bakoneje kuzabaritirirwa imigambi mibi ikunze gukorwa nakarwi gatokabatutsi bagisibije mubihugu vyomubiyaga binini gakomeje gukwega ingorane kandi zigahitana abantubeshi usanga amokoyose ahasiga agatwe. Nagombakubabwira kwakokarwi nabatutsi nahonyene bakeya bomubiyagabinini cane cane Rwanda, Burundi, Uaganda, na Congo ntanahamwe bazagukoribara batabanje kurondera ibihutu kandibibabibonekana kobizi ubwenge bagajorana bakabihijambo keshi bikavuga vyibanda kubizotuma abahutu bakwankwa urunuka kubwamajambo abariko aravurwa nivyobihutu, ivyobihutu ninkaba Mayugi naba Ngeze nabandi mugihe ca Ndadaye mu Burundi, murwanda Twovuga nka Twagiramungu arikowewe yaranaze kwenerako yakoze ibitaribikwiye gukorwa mbe kumushimira ntiwobawihenze harihonabantintibuka mu Rwanda beshi ndavuga mugiheca Habyarimana, Bugande, na Congo nahonukwo. Mugihecikigihe turimwo mpereye muburundi akokarwi kinkorabara nabatutsi kabonye kubutegetsi bufise ubudahangarwa ntagere kubera power afanye nabahutu nabatutsi akokarwi gakomeje kurondera vyabibitu vyishi gukomeza kuvuga urutavanyako yabibiri mu Burundi, canke ibiri mubihugu vyonze biravuga ukamengo vyanyoye urumogi, nkakarorero Pancrac Cimpaye, P,C Mboninpa, canke ca Coloner giheruka gutera kudeta Nkurunziza nabandibeshi mengobafashwe namadayimoni. Murwanda ivyabahutubahovyovyo vyabaye akumiro kuko uwugize aravuga ahagurujavugango abahutu numwaravutse akwiye kuzokwama arihasi yumu Tutsi ngokubera amabi yakozwe nabasokurubacu! Bakibagirwako nabobatsutsi atahobatandukaniye nabo kuko amabiyakozwe nabobabifisemwo uruhara. Igiherero hakiruho akokarwi nabatutsi bake binkorabara, nivyobihutu vyibigugu abahutu nabatwa, na batutsi nukwama turiko turapha kubera abobavukanyibacu barozwe akabudindi.ariko turaje twiruke turondere uburyo abahutu bomu Rwanda bosangira ubutsmegetsi nabatutsi bomurwanda mugihugu cabo birashobora kuzogabanya ubukana bwakokarwi ka batutsi navuzeko kagisibije mubiyaga binini . Akokarwikabatutsi binkorabara nikabicane gashakagushikakukintu runaka kakabona kovyokunda arukwo kabanje kwica abotwokwita kobasaje ubwoko bwagi Tutsi karabuyfeta canke kagateza icotuma bapfa nikabicane nogusenga Imana ntimuvyibagire kuko ninayo ishobaravyose, ikibabaje nukonibiguvyarutura bitaramenya amayeri yakokarwi nimba atarivyo vyagatumwe turindire bizomenyekana.

  • yoooo!!! masikini!!! RIP

  • Vyukuri birababaje abarundi kubona reta ya Nkurunziza ibika Buyoya nkumweranda kandi azi vyinshi kurupfu gwa Ndadaye aho kumushengeza! Ehe bagaza umengo abarundi ntibazi ivyo yakoze asigaye ukumva ngo nabakenguza mateka kabisa ivyo ni akamaramaza. Ehe kandi kuvya agakengere k’abatutsi biyugumuje Ntaryamira mucishije kuwaruguru ubutegetsi buraho ntibuvuga ngo batinya Kagame kandi we atabatinya ukumva bahendwa nabatutsi ngo baje mumabara ngo bagwanye MANDA ya 3!!! ahubwo biranatwengeje reka ndavyite ubujuju bwabategetsi babahutu canke bwabahutu birababaje murambabarire.

  • muri ibicucukugusa maze iyobibananiye mubimbira kubatutsi murikongo niyo itangira imbabazi

  • AHUBWO BUYOYA ARIW GISTAVE AKWIY KUJANWA ILAHI KWANZA AGACIRIBWA URUBANZ RUHUY NIVYO YAKOZ APANA KWIYIBAGIZA NKUWERA!!URAZI UBWICANYI BWIW?A?NIRYO ZINA BARIMUTAZIRIY KUBER YARYA ABAHUTU MUKWICA NKAYA NGONA GISTAVE!!SHAA AHUBW MUNZURIY AKABOZ INGEN NSIGAY NDI MPFUVYI KUBER WE.ICO MUNSHIKIRIZA NOMURYA AYO KWIZOSI ARAKARUSHWA!!

  • mwa bijuju mwe ninde wabaabriye ko aba tutsi aribo bagandaguye IKIROFA CUZUYE UBUGOME cashutswe na HAVYARIMANA ngo aze gukoresha genocide mugihugu cu Burundi?
    nari ruguru hatangiye gutwikigwa abatutsi babita abarozi,nta bimenyetso bafise, mu mashuri atandukanye ya secondaire abatusti batangiye kwicwa mbere yaho ico kirofa cuzuye ubugome kiva ku isi kikaja kusangira amaraso namwe mwese mwatangije kwica abatutsi i kuzimu.
    Mwubahe muri wese uko Imana yamuremye

  • @ Coco Macuni, umenyeko ivyuvuze wintegeje inyuma yiryozina ngonugi Coco Imana yoyo yakubonye wese ukowakabaye kandiwigabanuriye amahirwe yawe mubijorwavyawe wikwegeye ivyago vyishi, abasuma, abicanyi, ivyaduka, nama accident meshi witegeko mumwanya wariwowose mureha kandikubera ubutanenya ntabazomenya impavuzitumye ugirivyago nkibizoba vyakubayeko. Ikirutavyose kubera Imana icicaye kuntebe yimbabazi nyarutsa ugende kubakozib’Imana bagusengere nayo natabigirankukwo Imana yoyo ntikuna ariko igirikigingwe cishi kandi itebakurakara ariko imbwa nabarizi nababeshi ntibazoja mubwabibwayo kiretse juzohura nabiryavyago bavuze nibirenzebirya. Gusa urakihana.

  • Uwo avuze ndadaye ari ikirofa numvise umenga numunyarwand avuga ivyo atazi ariko murwanda ndadaye igihe abatutsi bicwa siyo yari ariko yogaruka yobona ko bamuhoye iyo yijana mwari kugaya abahutu sinkahamwe 1972 ubu twaraciye urwevu waraye ubibonye le13/05/2015 ko kirimwo abagabo bindyamunye harimwo ingabo twebwe turi urutare rutamenwa turura

  • Uwo avuze ndadaye ari ikirofa numvise umenga numunyarwand avuga ivyo atazi ariko murwanda ndadaye igihe abatutsi bicwa siyo yari ariko yogaruka yobona ko bamuhoye iyo yijana mwari kugaya abahutu sinkahamwe 1972 ubu twaraciye urwevu waraye ubibonye le13/05/2015 ko kirimwo abagabo bindyamunye harimwo ingabo twebwe turi urutare rutamenwa turura

  • Ibiri muburundi no murwanda ivyo bihugu vyose bopfuma babifuta bikava kw’ikarata ya africa. Bamwe bariko bapfa ubwoko abantu ururimi nirumwe, RDC,TANZANIA ivyo bihugu birimwo ubwoko bungah? Iyo yose n ’inzara mufise.

  • mubura kubaka igihugu mukirwa mu mazuru , gusa amoko niyo abuzuye ubukene bwabamaze ngo muracyareba abatutsi n abahutu ndabatwenze ngiryo ifaranga ryataye agaciro , yewe buurundi uteye agahinda

  • hahaha muransekeje cane NDANDAYE yize mu rwanda amashuri t’isumbuye ya yize muri groupe scolaire RILIMA kaminuza ayigira i butare nyuma yaho LETA Y’U RWANDA yuzuye ubugome namacakubiri iramybesha ngo ajye gutegura genocide mu brundi,amahera yakoresheje ashinga ishaka icyo gihe muzi aho yavuyte mwebwe?
    mu jye mwicecekera, gouvernement y’u rwanda kugeza ubu iracyishura amadeni HAVYARIMANA yafashe hategurwa uko NDADAYE yorongora u burundi nkuko u rwanda rwari rurongowe, namwe mwabonye icyo byabayriye u rwanda mutinde mu kwibuka RWAGASORE kuruta iyo ngegera.

  • Ntitukiri ibijuju. Akarorero n’ako kurya musi ngo igihugu mwagifashe. Ubu ndazi tuba twarubahanye sinkivyo kuri Ndadaye mwishe yitoje atamaraso asheshe. Abahutu ba ntega marangara ubona mwarabamaze mwe na buyoya? Cira birarura

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.