Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Imyiteguro y’ikibazo "concours national" irabandanya - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Amashuri > Imyiteguro y’ikibazo "concours national" irabandanya

Imyiteguro y’ikibazo "concours national" irabandanya

mardi 15 Ndamukiza 2014

Imyiteguro ijanye na ca kibazo giha uburenganzira abanyeshure bo mu mashure mato mato kwinjira mu mashure yisumbuye isa n’iyiri mu kurangira.

Ibikorwa vyo kwitegurira ikibazo ca Reta gitanga uburenganzira bwo kwinjira mu mashure yisumbuye birabandanya ukuri kwamye.
Ico kibazo ca Reta giha uburenganzira bwo kuja mu mashure yisumbuye co muri uno mwaka kizokorwa mu kwezi kwa Rusama. Imyiteguro irabandanya, nk’uko bimenyeshwa na Abraham Mbonerane, umukuru w’umurwi ujejwe gutegura ibibazo.

Naho amafaranga azokoreshwa muri uno mwaka yagabanijweko imiriyoni 100 z’amarundi, mu murwi utegura ibibazo barizeye ko atakabuza ibikorwa vyose bizogenda neza, nk’uko Abraham Mbonerane abandanya abishikiriza.

Abraham Mbonerane akamenyesha ko igenekerezo ico kibazo ca Reta kizokorerwako igiye kumenyeshwa mu minsi ya vuba.


Floxella Karire

Messages

  • NDABIPFURIJE ABO BAZOTORA IKIBAZO BAZE BAGIRE IMYITEGURO MYIZA NTIBAZE BATORE IKIBAZO KIGOYE CANE CANE IBIHARURO NKO MU MWAKA UHEZE.,KANDI NIPHURIJE ABANYESHURE BOSE IMYITEGURO MYIZA NTIBAZE BAGIRE UBWOBA BAZOGITORA BIZERE IMANA .

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.