Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Bangladesh: Imyiyerekano y’abakora impuzu - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Bangladesh: Imyiyerekano y’abakora impuzu

Bangladesh: Imyiyerekano y’abakora impuzu

vendredi 26 Ndamukiza 2013

Imyiyerekano yakabuwe n’ururpfu rw’abantu barenga 290 baguye mu nyubakwa yasidutse, yakoreramwo abatunganya impuzu ku munsi wa gatatu.

Abari mu myiyerekano bamenaguye imodokari baturira n’inyubakwa ku murwa mukuru Dhaka,basaba ko bene amashirahamwe y’impuzu yakorera mu nyubakwa yaguye ku bantu igatikiza inganda ku munsi wa gatatu, kugumayo kandi hari ibimenyetso ko ishobora guhenuka.

Abajejwe gutabara kugez’ubu baracariko baragerageza kurondera abakiri mu bihomoka baharurwa mu majana, mu gihe abamaze kumenyekana ko bapfuye ubu bageze ku 290.
Ayo mahinguriro yakorera mur’iyo nyubakwa akora impuzu zija mu bihugu vya Bulaya na Leta Zunze ubumwe za Amerika.


Floxella Karire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.